Intahe ibabaje//Umukunzi wanje yapfuye turiko dutegura MARIAGE k'umunsi wa SAINT VALENTIN//Agahinda

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 14 кві 2024
  • Intahe ibabaje//Umukunzi wanje yapfuye turiko dutegura MARIAGE k'umunsi wa SAINT VALENTIN//Agahinda
    #urukundo #depression
  • Розваги

КОМЕНТАРІ • 26

  • @cadeauwatanga5686
    @cadeauwatanga5686 3 місяці тому +2

    Intahe y’urukundo rwukuri kabisa kandi ibabaje cane 🤦🏾‍♂️🤦🏾‍♂️🤦🏾‍♂️but ni vyiza yuko wahavuye uba strong 💪🏾 kandi ukanaronka n’uwundi ashobora kuja mukibanza cuwo muhisi gusa ico nogusaba nuko womwibagira hama ukareka kuza urashavuza uyo muri kumwe .God’s plan is so great ,uwo mûri kumwe niwe Imana yari yaraguteguriye 👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾,komera @Juste Gaël,love from Sweden 🇸🇪

  • @mireille2452
    @mireille2452 3 місяці тому +2

    Je mbona umengo ntamwanya munini waronse wa deuil umutype wawe yarakwiy kukuba hafi bizogenda birahera bukbuk hama naw rwa rukundo wakundo wakundo uwambere rwimukire iwiwe pole sana sister kubura umukunzi birababaje

  • @renovatnsabimana4961
    @renovatnsabimana4961 3 місяці тому +2

    Mukobwa ico nogusaba nuko wokwitondera urukundo. wari ukwiye kubanza gufata umwanya ukwiye kugira uririre umukunzi yagiye hanyuma uheze. Kuko naho uzubaka ivyo ntibizoguheramwo vuba
    Uwo mukunzi wawe nawe akwiye kukwiyegereza akagerageza kuja mu kibanza c'uwagiye.

  • @user-yy2rk4wi3p
    @user-yy2rk4wi3p 3 місяці тому

    Poresana dada yetu intahe ibabaje haraho bishikira abakundanye turaguhaye pore ❤

  • @NdayikejeElvis-en7gi
    @NdayikejeElvis-en7gi 3 місяці тому

    What a pity

  • @arnaudirakoze
    @arnaudirakoze 3 місяці тому

    Feeroz my friend 😢

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 3 місяці тому

    Pôle sana dada birababaje cyane 😢😢😢😢😢😢😢💔💔💔💔💔💔💔

  • @PaulKivuto-yj3wf
    @PaulKivuto-yj3wf 6 днів тому

    None charbella Asigaye ajejwe iki mugihugu c’Uburundi? Ivyo anabesha ntanubwenge burimwo umengo ntiyaciy na 1ère primary kand se wiwe uwutamuzi amubaze ntamuhungu yoshikana iwabo

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 3 місяці тому

    mpore goseee 😢😢😢😢

  • @user-wr9xc7bf7l
    @user-wr9xc7bf7l Місяць тому

    None nkibi nibiki?

  • @angeburundifggfgg8755
    @angeburundifggfgg8755 3 місяці тому

    😢😢😢😢😢😢

  • @audreillenintoye161
    @audreillenintoye161 3 місяці тому +1

    Ibintu avuga biraboneka k harimw ububeshi

  • @boashamah3642
    @boashamah3642 3 місяці тому

    None uyu wewe uvundurutse hehe ?? Erega isi bibazako ifunze nigufuri 😅😂😂😂

  • @andyclausnduwimana1945
    @andyclausnduwimana1945 3 місяці тому

    Chrabella gabanya ububeshi wamukobwa wee😏😂😂

  • @alinenduwimana5859
    @alinenduwimana5859 3 місяці тому

    Ba mutubwira ibintu vyakamaro biteza imbere abantu apana amanyanga nkayo👎👎👎

  • @alinenduwimana5859
    @alinenduwimana5859 3 місяці тому

    intahe zuburofa kweli

  • @user-no9ji3je8m
    @user-no9ji3je8m 3 місяці тому +4

    Any bibi kubesha ww turazinany aho nj noca nkubeshuza nivy yarapfuye muga eee ntabirebire mvuze

    • @PrincEloge
      @PrincEloge 3 місяці тому

      🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂sha uy mu dada arabesh kbsa ati?🙄🤔🤔😂😂😂

    • @igirimbabazisania9768
      @igirimbabazisania9768 3 місяці тому +2

      Oya kugira mureke kuducanga cubivugira ahanyene vyume vyumye😂😂😂😂

    • @Jirhley
      @Jirhley 3 місяці тому

      Bivuge di

    • @user-tt3ln5qh1j
      @user-tt3ln5qh1j 3 місяці тому

      😂😂😂😂bivug n ukuri araboneka kwariko abesha😊

    • @NiyonkuruAimable-to5ry
      @NiyonkuruAimable-to5ry 3 місяці тому +1

      Abantu muri ibigugu ivyo ubona ari ibintu yoza kubesha 🤔 pole sana sha sista