Basha, inda n'ingwara biva mugusambana umuvyeyi avuze ngo ntuzomuzanire inda aba ashatse kuvuga mukinyabupfura ntuzoje gushurashura Tatiana avuze neza bakobwa mube ferme, agusavye umwime ntaho akwitwarira, il faut s'interdire au plaisirs sexuel et concentrer vous à vos études. Après l'échec la vie continue mal ntibababeshe
Ico nobaterera ama pilule kubakibwa à la longue aratera ibivyimba muri uterus yabakobwa bazinwa cane en plus de ça bishobora no kuguteza cancer zo muma partie atandukanye yumubiri wawe.
Birababaje kubona Umuntu ategura ikiganiro nkico agaca atumira abantu bafise amakuru yo mwibarabara alors k hariho abavyize bakabinonosora bahari bashoboye nokwishura ibibazo bitari bike maze abakurikirana iyo TV yanyu bakahakura ubumenyi. Si no umuziki nivyo kwamuganga mubihuje mwibaza mwiyishura muba nyene mwashatse gutesha umwanya ababakurikirana.vous etes des profane dans cette filière 😢
Alvin is unprofessional as a host. Umengo nta organisation kandi nta respect ihari entre aba host pe. And for this type of subject, vyari kuba vyiza habayemwo umu professionnel de la santé sexuelle et reproductive kubera yuko ntawavyigiye muri mwebwe, ivyo mwovuga vyose ni nk’inkuru zo mu kabare, nta crédibilité bifise.
Try to educate yourself kuk si buri gihe uzoronka um professionnel w santé kugir aguh inyigisho kuvy utazi… har abandi bantu baba bazi utunt nutundi knd atar ab professionnel ugasang ivy bavuz bifashije benshi nimb atac wize muvyavuzw vyos kubr atam professional wavy wabonyemw that’s a big big issue u have…. Mug nimb warusanzw ubizi naho nivyiza kurusha🫶🏾
Il faut invite Nice Sky je vous jure ça va peter😂🤣 à propos de sujet je laisse pour les autres 🤩
Dushakaaa lino g💥
Dushakaaa lino g 💥
Dushakaaa lino g💥
Muraryoshe can knd kuzana Hosy une femme courageuse ndabakunda mwese love from kenya
Pole sana Alvin Smith kubatari bamuzi asanzwe agendana umugera wa sida vraiment 😒🤔
LINO G
LINO G
LINO G
LINO G
Mubona gute, ubutaha mutumiye Docteur canke Pharmacien!
Mwabaye abaganga
Maman siren vibes ❤❤❤❤
Yaga ndabakunze kubona mwanzaniye Hosy wanje ndabumviriza kwel mpaka ikiganiro gihere Alvin nawe urantwenza ukina iziguruka Hhhhhh ahuri ntarungu
🔥🔥🔥🔥🔥❤️❤️❤️❤️❤️
Basha, inda n'ingwara biva mugusambana umuvyeyi avuze ngo ntuzomuzanire inda aba ashatse kuvuga mukinyabupfura ntuzoje gushurashura
Tatiana avuze neza bakobwa mube ferme, agusavye umwime ntaho akwitwarira, il faut s'interdire au plaisirs sexuel et concentrer vous à vos études.
Après l'échec la vie continue mal ntibababeshe
Izidatera allergie zirahari ntacitwazo nakimwe kihari
Ingorane nuko muriko mubwira intumva😂🤣ivyo vyose babirengako babizi kandi n'ibigirankana😂
Abavyeyi bubu ntibahimiriza abana babo kwikingira ingwara zifatira mubihimba vyirondoka nzogutwara inda utipfuza ubu abana baravyironderra kuma réseau sociaux.
Ico nobaterera ama pilule kubakibwa à la longue aratera ibivyimba muri uterus yabakobwa bazinwa cane en plus de ça bishobora no kuguteza cancer zo muma partie atandukanye yumubiri wawe.
Lino G Next
Lino G📸
Birababaje kubona Umuntu ategura ikiganiro nkico agaca atumira abantu bafise amakuru yo mwibarabara alors k hariho abavyize bakabinonosora bahari bashoboye nokwishura ibibazo bitari bike maze abakurikirana iyo TV yanyu bakahakura ubumenyi.
Si no umuziki nivyo kwamuganga mubihuje mwibaza mwiyishura muba nyene mwashatse gutesha umwanya ababakurikirana.vous etes des profane dans cette filière 😢
Juuuuuu🎉🎉🎉🎉
❤❤❤
Hosy na alvin iyi sujet ntibaberey kweri 😂😂😂 baratanga Ama conseil bakajugumira
😂😂🤣urumuvyonzi
🔥🔥🔥
Mwese muri bamwe ubunsambanyi nibwo. Munshira imbere or guhebaa icaha ncubunsambanyi Solution niguheba gunsambana mwese muri bamwe nta mukuru nta muto
None wewe ko ubacira urubanza uri parfait uwutarabikora nabatere amabuye
😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Alvin is unprofessional as a host. Umengo nta organisation kandi nta respect ihari entre aba host pe. And for this type of subject, vyari kuba vyiza habayemwo umu professionnel de la santé sexuelle et reproductive kubera yuko ntawavyigiye muri mwebwe, ivyo mwovuga vyose ni nk’inkuru zo mu kabare, nta crédibilité bifise.
Try to educate yourself kuk si buri gihe uzoronka um professionnel w santé kugir aguh inyigisho kuvy utazi… har abandi bantu baba bazi utunt nutundi knd atar ab professionnel ugasang ivy bavuz bifashije benshi nimb atac wize muvyavuzw vyos kubr atam professional wavy wabonyemw that’s a big big issue u have…. Mug nimb warusanzw ubizi naho nivyiza kurusha🫶🏾
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
😂😂😂😂😂