Nciye nibuka ko ama jus ageze kuri 2500 ariko ugasanga hariho aho uyironka kuri 2000.None iyi écart itumwa niki? Ubu nuwiga kudandaza aca adandaza jus kuko imwe ashobora kuyungukako hagati ya 500-700.Murumva ko ibintu bitoroshe.
S'il vous plaît, dites à votre président NEVA de créer un département de tenue vestimentaire présidentielle car ce type s'habille comme un clown et manque de respect envers vous, les Burundais, même son garde du corps portait mieux que lui, iyo myambarire mugabo n'ama-singlet mu kote Kweli mbe imisoro yanyu ijyahe niba itabasha kwambika Uwo Mukuru w'igihugu. Quelle honte 😢
Uganda ntibaryama baba barakesh ariko ubanzumeny impamv bakesh amatara amazi vyakwiy hose .
Urw nuruhendo ibintu vyàrayogey
Ndagukunda president
❤❤❤❤❤❤🎉🎉
Nibakore iryarumonge rihere vyofasha cane gose
Mubis umuganda agura inkok yose agenda arayirya mwicarany kand ntaguhak aho rr ibayikej
Ivyo vyokurabira kubandi sivyo kora ivyawe utange akarorero
Nciye nibuka ko ama jus ageze kuri 2500 ariko ugasanga hariho aho uyironka kuri 2000.None iyi écart itumwa niki? Ubu nuwiga kudandaza aca adandaza jus kuko imwe ashobora kuyungukako hagati ya 500-700.Murumva ko ibintu bitoroshe.
Gerageza gutungana ibintu amakori imashine hama ibiciro no kushiraho abazi ibintu
Nonekwariwewambere mukure nganya mukwibama faranga yomubihugu bitaribike mugihugi mbere mumpunzi arugukogota hosewirira ntubahe ivyobagusa vyentubibahe twaraguhinyuye
Mutama yaratevye arasarara pe
Amakamera mubuzi bwa reta nahandi
S'il vous plaît, dites à votre président NEVA de créer un département de tenue vestimentaire présidentielle car ce type s'habille comme un clown et manque de respect envers vous, les Burundais, même son garde du corps portait mieux que lui,
iyo myambarire mugabo n'ama-singlet mu kote Kweli mbe imisoro yanyu ijyahe niba itabasha kwambika Uwo Mukuru w'igihugu.
Quelle honte 😢
Mbe umunyamahanga arafise uburenganzira bwokugura parcelle mugihugu?
Nibaze kobaheruka kuvyemeza kirya gihe cinama ya bagwizatunga
Turashima ikiyago ciza muduhaye arik ikibazo kihar Kiri mundongozi zimwe zimwe
Zidutobera
Ariko hari abarundi bagomvye kwubaka hama bazorirongore nkimyaka kanaka baronse inyungu barishikirize
Kuvug birorosh nabivugir mukaz😂
Nyakubahwa sebarundi abaporisi baragihemeje ntaco wo bakorana mwijoro nomuri vile ntawurenza 22h bacabirukana abarindiriye bisi
Ngerageje kwumviriza imvugo yanyenicubahiro biragaragara neza ko atangingo ihari canke umuti wibibazo vyigihugu bihari ndafise intererano 2
1.Nuko postes zihari zojamwo abatandukanye kuko bibonekako ubuzi butangwa kubera umugambwe ndetse bugahabwa nabatabushoboye
2.Canke atange igihugu gitwarwe nababishoboye
Boss agiye kuba auditeur kbsa azakoresha ubwenge afise
Diaspora bahe kaze ubereka Nivyo bofasha Canke gushinga amacampanye
😮😂
jewe ndashima kubwikiyago umukuru wigihugu yahaye abene gihugu.
jewerero ndafise iconterera kunyishu yi bitoro,duhiriweduhishije kuko igihugu kimazeguhabwa imbonakazoza yigihugu.
Intererano yanje niyi ,.
1: himiriza abantu bagura amamodoka mashasha batangure kuzana amamodoka acajwa numuyaganguba :
2: komerezako kugwiza ama baraje yu muyagankuba .
abobazibira ibitoro mumyaka 3 yonyene bazoca bavyinwera.
ahorero ntitwibagira nama moto yunguruza abantu.
murakoze
😂😂😂
Mutama turagukunda ariko igihugu kirimwo gitwarwa nabasaza bakera barushe bashaje plz tugusabe hindura system ivyobicocoro bihave
Wewega .urakomeye?.mumutwe
@FatumaNtirampeba-pk3yq nawe urigicocoro gishaje ukeneye guhindurwa
Uganda nakajumbu kokej bakarir mubis nutuyoba tubabuy turik namashish bagushirir mugashash ariko rr ingorane iburundi ntanubushash buriy ngo barabwirujany
Aho nivyinza mutama turashima imana yakunzanye I burundi wame uko uri ntibakuhidire mutama