INTAHE ZO KU WA MBERE 27/01/2025 by Chris Ndikumana
Вставка
- Опубліковано 4 лют 2025
- Mushaka kumenya ivyerekeye Kanguka, mwoja kuri www.kanguka.com muce kuri "KI" hejuru i buryo.
Mushobora kuturungikira intahe (ubuhamya) muciye kuri WhatsApp: +257 71 11 11 32
Murashobora gukurikira utu videos hamwe n'amajambo vyo gutera intege mukugira abonnement kuri page yanje kuri Facebook muciye ngaha : facebook.com/profile.php?id=100044498286814&mibextid=ZbWKwL
Amen Mwami ndagushimiy kubantu Bose wakijije nanje Ndakwingize unkize umpe uruvyaro nanje nzoshinga intahe mvuge ubukuru bwawe nukugiraneza kwawe Mwami wanj Amen
Ndizeyeko nkira mwizina ryayesu Amen 🙏🙏🙏🙏 ndagushima kubwabariya wakijije Amen 🙏🙏🙏🙏🙏
Amen kandi Amen 🙏🙏🙏🙏, Mana ndagushimiye kubwaba bantu Bose wagiriye neza ,nkashimira na Chris Ndikumana ubandanye umuzigama ,nanje ndashimye kubankiriho numuryango wanje,nibisigaye uzobinkorera
Amina cane
Ijambo ry Imana tugaburirwa muri Kanguka vyukuri rirafise ubushobozi bwo kuduhindura no kutubohora muri vyose
Imana Ikomeze kuduhezagirira abatanga intahe bose
Amen Amen Imana ihabwe icubahiro ❤❤❤❤❤
Amen nanje nizeye ubutabazi bwawe Mana yo mw'ijuru
Amen amen amen 🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌
Mukama Mana ndakwingize natwe abarundi uduhe gutahura ko kanguka ariwe wayiturungikiye mukurokora ubuzima bwacu 🙏
Amen najye nizeye ubutabazi Mana
Imana yomwijuru lhabwe lcubahiro cose , yarakwoze kuduga kanguka nukuri izintahe zirafashije gose ntah lmana ltokurumunt, nanje ndizeyeko atah itongeza 🎉🎉🎉
Imana ihabw icubahir
Amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙌🙏
Amen 🙌🏾
Amen Amen Amen 🙏🇬🇦
🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽amen
Amen 🙏🙌🙌🙏🙌🙏
Amen Amen Amen
Urakoze mana kubwizo ntahe najye nizereko uzama umukunzi nukuri ndategereje kuba warambaye akazi ndabizi nubundi uzabikira dushimiye kurabo Bose nabonye ukuboko kwawe
Nanje shaka umukinzi twabana
Imana idufashe
🙏🙏🙏
Amen
Chalom
Mana nanje ngusabye umukunzi twabana usenga
Imana yo mwishuri ibidufashemo
Amen amen 🙏
AMEN AMEN AMEN