B FACE: KIDUM SIWE ATANGA AGASHIMWE MURI RAP // EL PRO NTABWO YISHUYE B FACE

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 27 жов 2024
  • B FACE: KIDUM SIWE
    ATANGA AGASHIMWE MURI RAPU
    //EL PRO NTABWO YISHUYE B FACE ‪@bfaceofficial‬ ‪@TheRealKidum‬

КОМЕНТАРІ • 27

  • @JeandeDieunshimirimana-u1z
    @JeandeDieunshimirimana-u1z 5 місяців тому +4

    Uwemerr ko b face yavuze ukure ampe amashugwe na like nigire 🎉🎉

  • @boaseniyimbona4810
    @boaseniyimbona4810 5 місяців тому +2

    Be face ndamwemera saaana uwo yubahwe kuko arazi ivyarimwo big up saaana

  • @katimanojustin9606
    @katimanojustin9606 4 місяці тому +1

    Rap Killer💥💥💥

  • @quelosupendo6227
    @quelosupendo6227 5 місяців тому +2

    ❤❤

  • @amolam97
    @amolam97 4 місяці тому +1

    Mens mufise studio nziza mukarishe ubwenge mwige indimi zamahanga iyo studio irabereye nokwakira abanyamahanga🤍💚❤

  • @JonathanJoji-n4u
    @JonathanJoji-n4u 5 місяців тому +2

    Ubu myurko mubikora nezaa

  • @NiyorugiraGeorge
    @NiyorugiraGeorge 5 місяців тому +1

    Rp yud

  • @Nestor800
    @Nestor800 4 місяці тому +1

    B face aracabahetse mumugongo

    • @IduhangazePrince-pp3pn
      @IduhangazePrince-pp3pn 4 місяці тому

      Niw Ahets

    • @Nestor800
      @Nestor800 4 місяці тому +1

      @@IduhangazePrince-pp3pn tekereza azacabakoma Bari barayivyonze aragarutse ibibamba va munzira intare yaje ibi bunda vyegereyo

    • @IduhangazePrince-pp3pn
      @IduhangazePrince-pp3pn 4 місяці тому

      @@Nestor800 Nimba Uzi Rap Icarico B face is not Rapper Niwashaka Kubamenya Uragenda Wumviriza bariya Baririmvyi baririmba Rap cancan Hariya yaj izanany Wumv ko hari Ico yoba Yaranageragej!?
      Aririmba Neza I salut him Ark .......... Ntarapubashoboy Urya arahibongoza Nkuririmvyi wa Gospel Niyo Song yiw nshasha Yasohoy Ni Faux Rap Si Rap yuzuy🙌🌷🇧🇮

    • @Nestor800
      @Nestor800 4 місяці тому

      @@IduhangazePrince-pp3pn ntamakur ufise ww abarenze incurijana muvyank muvyemera rap taich rap yuda

    • @IduhangazePrince-pp3pn
      @IduhangazePrince-pp3pn 4 місяці тому

      @@Nestor800 Ikintu mbony naw ntacurico ntanico Uzi kuri Rap! Umez nkawe nyene Niminwa gusaaaaaaaaaaaa.......
      Rab Ni nkurya 19th akora cnk Jisho Cypher!! Cnk uj Muri Kenya Urab ØG ukwaririmba Irya niyo Bita Rap naho amajambo Yogutuka nokwiyemera Kumajambo atagiraninsiguro ni Murek Wanaaaa Ngo Rap Yuda Nkivyo nibiki!? Wobisigura!???

  • @amolam97
    @amolam97 4 місяці тому +1

    Ewe sha boniface wee ngo kidum uwahe? 😂😂 aka kanya warumwibagiye mugani wawe rap ntandero igira😂😂😂

    • @IduhangazePrince-pp3pn
      @IduhangazePrince-pp3pn 4 місяці тому +1

      Ibaz nukuntu yamupfukamiy Ngo Amuh kumushaha Ark aramwibagiy!!!😏😏
      Nta ndero Vrmt

    • @amolam97
      @amolam97 4 місяці тому +1

      @@IduhangazePrince-pp3pn 😁😁😁agomba guprofitaa uwo mutype nicarusha abandi ba rapper

    • @IduhangazePrince-pp3pn
      @IduhangazePrince-pp3pn 4 місяці тому +2

      @@amolam97 J sindamuharura Muba Rappers!!

    • @amolam97
      @amolam97 4 місяці тому

      @@IduhangazePrince-pp3pn 🤣🤣🤣naje sinkunda rap yiwe muga numu rappeur

    • @IduhangazePrince-pp3pn
      @IduhangazePrince-pp3pn 4 місяці тому +1

      @@amolam97 😂😂 Erga Ndaguy ndagarits Umuntu Wes Yiyita Igisuma Tubadukwiy kubimwubahira Ukooo🙏😂

  • @niyonzimasamuel4732
    @niyonzimasamuel4732 4 місяці тому +2

  • @JonathanJoji-n4u
    @JonathanJoji-n4u 5 місяців тому +2

    Ubu myurko mubikora nezaa