Coopérative COCOD yo mu Kayanza-Muruta yafashe iyambere mu kwegeranya no guhingura umwimbu w'amata

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 5 жов 2024
  • Umushikiranganji w'Uburimyi n'ubworozi Déo Guide RUREMA yaragendeye ihinguriro ry'amata n'ububiko bw'ivyimburwa vya coopérative COCOD yo muri komine Muruta mu ntara ya Kayanza mu ntumbero yo kuraba uko umwimbu wo ku mpeshi wagenze hamwe no kuwegeranya no kuwuhingura

КОМЕНТАРІ •