MUVYEYI by Canjo Hamisi - Covered by Kajo Guitar

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 19 вер 2024
  • #kajoguitar #moongalaxytv #muvyeyi #canjohamisi #derrickdondivin #sherryuwase #faidasebuhoro #isimbitv #afrimaxtv #yagotvshow #xlargetv #philpeter250
    LYRICS
    MUVYEYI (Canjo Hamisi)
    --------------------------------------
    Reka nkuyage muvyeyi
    Wewe wanyibarutse
    Nguhaye nguhayagize
    Nibuke ivyiza wampaye
    Mvyeyi rugori rwiza
    Eka sinzokwibagira
    Mvyeyi rugori rwiza
    Eka sinzokwibagira
    R/ Sangwe tiro ry’inka
    Muvyeyi wanyibarutse
    Wanyeretse ivy’isi
    Muburaro muburamuko
    Eka sinzokwibagira
    Eka sinzokwibagira
    Narakugoye nkiri muto
    Yamara ntiwarushe
    Wamye umbungabunga
    Witwararika indero yanje
    Mbega muvyeyi
    Nogushimira gute?
    Mbega muvyeyi
    Nogushimira gute?
    INSTRUMENTS
    Ese icompa ukaramba
    Nkamana nawe
    Nkakubwira ikimbabaje
    Ukampumuriza umutima
    Nzokwamana umunezero
    Utagira uko ungana
    Nzokwamana umunezero
    Utagira uko ungana

КОМЕНТАРІ • 24