Perezida Neva ati Abasoda Buburundi bibwa amahera, Museveni nawe ati Uburundi bwari bwiza kuri Bag

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 1 лют 2025

КОМЕНТАРІ • 159

  • @JanvierTURABUMUKIZA
    @JanvierTURABUMUKIZA 11 днів тому +60

    Never ntikigenda Moses courage abarundi mukunda Moses mumpe like

  • @Burundistartv
    @Burundistartv 11 днів тому +16

    Uvuga ukuri🎉From BURUNDI STAR TV

  • @PatienceHb
    @PatienceHb 11 днів тому +19

    Ndashima uburyo uhumura amaso abarundi

  • @ديانابروندي
    @ديانابروندي 11 днів тому +12

    Je ndakwemera🎉🎉

  • @NshimiyimanaPaster
    @NshimiyimanaPaster 11 днів тому +12

    Mugabo ndagukunda cyane kuva murwanda iyabantu binjiye muribyo bintu byogusenga cyane basubira inyuma cyane

  • @nshispat1675
    @nshispat1675 11 днів тому +8

    Mu Rwanda ni ho dufata abarundi nk'inshuti ndetse n'abavukanyi

  • @Mashami-w5
    @Mashami-w5 11 днів тому +10

    Uburundi bubakiye kumoko gutera imbere biragoye

  • @JosetteMugisha-z8e
    @JosetteMugisha-z8e 11 днів тому +12

    Najye ndemeranya na Museveni tukiri abana indirimbo z' Ikirundi twarazikundaga cyane!

    • @amolam97
      @amolam97 10 днів тому

      Indirimbo zikirundi zije gute?

  • @Nkangata
    @Nkangata 11 днів тому +7

    Turashima umwihwezo n'impanuro mutanga Ku barundi n'abarundikazi

  • @nyishumucutiwabose4871
    @nyishumucutiwabose4871 11 днів тому +9

    Ukuri kuzuye p

  • @GiseleUwera-m6g
    @GiseleUwera-m6g 11 днів тому +7

    Museveni yavuze ukuri mugihe ca Bagaza umutekano wari 💯 , abantu bari baryohewe, abantu barasohoka bakanezerwa, hataraza abicanyi b'imbonerakure ziteza akajagari, zirica, ziranyuruza, ziranyaga ngubwo uburundi bw'ubu. Burundi cari igihugu ciza

  • @JosetteMugisha-z8e
    @JosetteMugisha-z8e 11 днів тому +7

    Uko bimeze kose twese dukeneye kukorera hamwe mukubaka umunyafrika ufite agaciro kandi utekanye❤

  • @nyiraminanijudithibaduheam3502
    @nyiraminanijudithibaduheam3502 11 днів тому +1

    Brother ndagusuhuje ndakwemera sana❤❤❤❤❤

  • @DMOfficial-wn7nw
    @DMOfficial-wn7nw 11 днів тому +4

    Sha Ndayishimiye nta muperezida umurimo...yakabaye nka pastori wigisha ibijyanye nibiryo mubyaro byomu Burundi.

  • @HavugimanaSam
    @HavugimanaSam 11 днів тому +8

    Bigaragare ko nabaguye muri congo baracyahembwa

  • @ButoyiThierryve
    @ButoyiThierryve 11 днів тому +4

    Nukuri chimamanda nubesha peee Burundi turakenye cane kandi tukenye muri vyose

  • @NgobokaDervey
    @NgobokaDervey 11 днів тому +4

    Courage wangu ❤ uvuga ukuri

  • @JosetteMugisha-z8e
    @JosetteMugisha-z8e 11 днів тому +5

    Abazungu tubigireho ibintu byiza buteza imbere tureke kubigiraho imoco yabo mibi!

  • @BazimazikiAmani
    @BazimazikiAmani 11 днів тому +5

    Njewe ndumurundi arko umukuru wigihugu cacu nibacanke baza mpitore umukuru wigihugu cacu ntashoboye😊

  • @HavugimanaSam
    @HavugimanaSam 11 днів тому +9

    Neva nta Gihugu ya kubaka ndakurahiye

  • @clemmudage9417
    @clemmudage9417 11 днів тому +3

    Imana iturimo turayigendana .yaduhaye ubwenge ngo tubukoreshe nitutabukoresha biratureba . Barabura gufungura imipaka ngo abarundi bambuke imipaka kugera naza Kenya . . Burundi yari icyize kuburyo abanyarwanda bajya gushaka akazi iburundi no kwivuz iburundi none byarahuhuste ..baz kwivuza mu Rwanda 🇷🇼 abarwaye ibikomeye .baca panya . Bakaza .birakaze iwanyu .pu .

  • @HavugimanaSam
    @HavugimanaSam 11 днів тому +4

    Hhhhhh mbese Abarundi ntibazi ningabo bafite

  • @MH-nq7wy
    @MH-nq7wy 11 днів тому +6

    Factories ni inganda

  • @jeannyiridandi4724
    @jeannyiridandi4724 11 днів тому +4

    Wangu wangu👍

  • @ElvisKana-z5j
    @ElvisKana-z5j 11 днів тому +6

    Nico kiganiro cawe nkurikiranye nkumva uvuze ukuri.kuri bagaza twari dufise amahinguriro none ubu bayagize uburaro bwa baplice naba sirikare
    (cotebu kuruhande rwa ruguru hegereye isoko ya cotebu. Leteri national imbere ya OBR
    Mukigobe inyuma ya ambassade ya american
    Rofinco imbere ya onatour bakora uburengeti nahandi heshi hugaye nka verundi bakora amacupa ya brarudi niheshi nitonze nokwandika vyishi.
    ❤BAGAZA )

  • @JosetteMugisha-z8e
    @JosetteMugisha-z8e 11 днів тому +5

    Uburundi ni karahanyuze!

  • @FiacreRWIGAMBA
    @FiacreRWIGAMBA 11 днів тому +4

    Ariko se ko u Burundi bwagiraga Abashingantahe bagiye hehe?

    • @fn2921
      @fn2921 11 днів тому

      Babimye ijambo😢

  • @IshimwePacifique-g6h
    @IshimwePacifique-g6h 11 днів тому +8

    Kwisi yose NEVA niwe mu president uzi kuvuga byinshi ntakore na gato, we na entourage ye barimo barakira cyane kuri expense y'abaturage, kubera ko azi gukina comedy araza agakinira abaturage ariko nta gikorwa(demagoguery)

    • @nzizavincent3542
      @nzizavincent3542 11 днів тому +3

      Nukuri iyaba Never akora Ibyo avuga Shaa Burundi Yaba Eden

    • @ButoyiThierryve
      @ButoyiThierryve 11 днів тому

      Nukuri nubesha peee jew ndemera kagame yifitiye amagambo make cyane

    • @MrNuurofficial
      @MrNuurofficial 10 днів тому

      Uramenya ko hari itegeko iyo udafise icemezo werekana muruciko womukurako gut ko petero nkurunziza atavyo yavuga niwe yarimwiza be mutekereza

    • @IshimwePacifique-g6h
      @IshimwePacifique-g6h 10 днів тому

      @MrNuurofficial ntabwo minister cg undi muyobozi uwariwe wese akurwaho n'urukiko akurwaho n'umashyizeho cg abamushinzwe, kuba Abarundi barushye byo biragaraga, uwo Nkurunziza ntiyavugaguzwaga nka ndayishimiye, mbese Nkurunziza namugerenya na Kabila naho ndayishimiye namugerenya na Kiromba, uburundi bukeneye umuyobozi ureba inyungu z'igihugu, uvuga macye, ureba kure, w'umukozi kandi uva muri politics z'amazuru agakoresha meritocracy, ntabwo igihugu gitezwa imbere n'amasengesho cg za Comedy, utugambo turyoheye amatwi tudaherekejwe n'ibikorwa

    • @MrNuurofficial
      @MrNuurofficial 10 днів тому

      @@IshimwePacifique-g6h inyungu zigihugu nugura bagume biba erega uramenya abo biba igihugu ntibatanguriy kuri Evariste bamyeho niyompamvu ubona bigoye kubafatira kucaha , jewe iconzi never bategerezw kumugwanya kuko bobo bagomba kuguma birira ikindi naco uzibe namwe mwubatse igihugu kubera inzahabu zo mur Congo🤫🤫

  • @mutavu
    @mutavu 11 днів тому +3

    Chimama ibyuvuga ndabyumva pe ntawakibagirwa bagaza pe yarumuhanga umukozi 😢

  • @nzizavincent3542
    @nzizavincent3542 11 днів тому +10

    Economic system of Burundi ninki y Urwanda mumyaka yaza 1995-1997 iyo system Urwamda rwayisize inyuma cyera ,sha none uburundi buracyayikoreramo pee😢😢sha birababaje muriki kinyejana ndabifuriza gushyiramo imbaraga cyane naho ubundi ntimukigereranye Nu Urwanda

  • @dogiteri_Ryamukuru
    @dogiteri_Ryamukuru 11 днів тому +3

    Turamwemera kuko uvugisha ukuri

  • @NshimirimanaCedrick-i3p
    @NshimirimanaCedrick-i3p 8 днів тому +1

    Erega sinarinzi Yotibemosessabonner

  • @IyaguhayeJeandelacroix-r8v
    @IyaguhayeJeandelacroix-r8v 11 днів тому +1

    Ndakwemera

  • @NdayisengaElisa-t6d
    @NdayisengaElisa-t6d 11 днів тому +3

    Burundi 🇧🇮 ntago bumva

  • @uwimanaelvis5899
    @uwimanaelvis5899 11 днів тому +2

    NICO GITUMA BANARUNGITS CONGO NTINAZOBAZ AMAHERA YABO

  • @casienkeshemana4984
    @casienkeshemana4984 10 днів тому

    Turakeneye kw'Imana itabara uburundi

  • @claudinebigirimana5408
    @claudinebigirimana5408 11 днів тому +2

    Mbega abayobozi b’iburundi y compris le Président même ko ari abanyeshamba n’imico yabo n’abanyeshamba. Ariko amaraso y’ abanya gihugu azobakoraho.
    La justice divine existe.

  • @HAMUDUDURestaurant
    @HAMUDUDURestaurant 11 днів тому

    Irambire mugenz

  • @mutamablaise5503
    @mutamablaise5503 11 днів тому +1

    U Burundi buheruka kubahwa kubwa Bagaza. Ababuzi bavuga ko bwari bwiza, isuku, n ubwenge abanyagihugu bari bari babufite.

  • @soleilm823
    @soleilm823 9 днів тому

    Chimamand raba witoze kuko ivyuvuga nukur ntacomvuze narengana🚶🏻‍♂️🚶‍♂️🚶🏻‍♂️🚶🏻‍♂️

  • @emerynintunze538
    @emerynintunze538 11 днів тому +2

    Akantu kishamba kagumye ari kenshi kubacigatiye ubutegetsi kuko nabandi baravuye mwishamba bateza imber aho bari. Aba bo barasahura bagakingiranira

    • @hitayezuanselme9112
      @hitayezuanselme9112 11 днів тому

      Imyaka 11 ni myinshi mu ishyamba. Natwe nuko twagize umugabo udakina kuko arabahonda bya sana

  • @nsaolivier-dk6gf
    @nsaolivier-dk6gf 11 днів тому +1

    Neva ni comedy kbx

  • @Khalidniya380
    @Khalidniya380 10 днів тому

    Iki mbabaza President wacu avuga nk'umuntu ari muri opposition 😂😂😂😂😂 akibagirwa ko ari umukuru w'igihugu

  • @Kirisu
    @Kirisu 11 днів тому

    Mukubaka tour ya babel muko bananirwa batanguye kuvuga indimi nyishi ntibahuze. Murabe neza ako kajagari i burundi nukuvuga Imana ukongera ugakora ishano

  • @uwimanaelvis5899
    @uwimanaelvis5899 11 днів тому +3

    INGORANE YA NEVA ARABAZI ABO BASUMA MUGISIRIKAR ARIKO NTASHOBORA KUBAFATA KUKO BARAKOMEYE. NKUBU ABAVUYE SOMALIE NTIBARAHEMBWA AMAHERA YABO 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 NAREKE KWIRIZA NEVA

    • @DungaDunga-y6j
      @DungaDunga-y6j 11 днів тому +1

      Igihugu kibaho kubera itegeko ntabwo kigirwa nabategetsi bakomeye nta mategeko uburundi bugira ?

  • @CizaRemy-l1m
    @CizaRemy-l1m 10 днів тому

    Ayo tubonye siyo IMANA izobikora igihugu gisubire gutoha2

  • @DungaDunga-y6j
    @DungaDunga-y6j 11 днів тому

    😂😂😂😂 Chima urantwenza uti ibyihebeeee ayigaaaa perezida weeee

  • @NovatoRubeni
    @NovatoRubeni 11 днів тому

    Factories namahinguriro bwana

  • @SindayigayaDeo-ox8bx
    @SindayigayaDeo-ox8bx 10 днів тому

    Burundi bariko babutwara nkigisazi

  • @Semavumba
    @Semavumba 11 днів тому

    Ku ntwaro ya Bagaza higa ubwoko bumwe amashure mazima abandi bakiga inderabigisha...

  • @RucimanaAudace
    @RucimanaAudace 10 днів тому

    Jew mbona icotuma uburund busubira kwubahwa nuko bosubizaho igihano cogupfa ari ikibazo ko abateare arivyobisuma vyokwiyica?????😂😂😂

  • @AmaniRubayiminsi
    @AmaniRubayiminsi 10 днів тому

    None Bagaza yagwanye ntambara zingahe erega intambara nizo zisubiza Igihugu inyuma

  • @DavidNdaha
    @DavidNdaha 9 днів тому

    Bimwe uvuga Sivyo ubwenge ntukoreshe bwinshi!!.Museveni atanze ivyiyumviro Mbega uganda bafise iki!?

  • @Mashami-w5
    @Mashami-w5 11 днів тому +1

    ❤❤❤❤❤

  • @niyonkurucanesius7773
    @niyonkurucanesius7773 11 днів тому

    hariho n'abarekuwe kandi bandikiwe umunyororo w'agatsindikiro aca ashika atema umuntu ubu yasubijweyo

  • @ErnestIninahazwe-t5d
    @ErnestIninahazwe-t5d 11 днів тому +1

    Kubera iki batabasubirira

  • @fobty2872
    @fobty2872 11 днів тому

    President aravuga ariko ntaco akora kuko ubutegetsi abusangiye nabandi(ndakugarika, prime niyongabo, reverien, etc…)
    Abo bose ntashobora kugira ico banse. Ivyo vyo kuza kugira comedie inbere yacu turabihaze.
    Igitoro, amatara, amazi, abasoda muri congo, etc) vyose vyaramunaniye. Yari akwiriye kwiha ubuki aravye aho igihugu kigeze.

  • @claudinebigirimana5408
    @claudinebigirimana5408 11 днів тому

    Ah oui, c’est vrai UBurundi bwari bwiza kuri Bagaza, jewe nkiri muto cane namenye Bagaza kuri mandant yiwe yanyuma kandi ntawundi mu président iburundi buzongera kubona nka Bagaza, i Burundu bwa Bagaza hariho agaciro, ubu abarundi bwabaye ivyondo bibi cane 😢

  • @MichelManirambona
    @MichelManirambona 11 днів тому

    Yewe wavyanka wemere nihe wabonye amahoro iyuri muri America singorane😅😅

  • @DungaDunga-y6j
    @DungaDunga-y6j 11 днів тому

    Ayigaaa perezidaaa weee yuuhuuuu uti ntibahuza ibiharuro huuuuu none ukora iki mugabo yoooo pauvre Burundi biramaramaje nukuri

  • @GivasNgezaho
    @GivasNgezaho 10 днів тому

    Ariko ivyo bintu vyubusuma nivyo bituzingamitse

  • @NayabagaboSerge-t4z
    @NayabagaboSerge-t4z 11 днів тому

    None siwe President ntafise Ububasha kur'Irivyo vyihehebe kuberiki Atabifata????? Abo basuma kwabazi kuber'iki Atabafata??? Har'inguvu bamusumvya?????

  • @WillyKado-mm9ts
    @WillyKado-mm9ts 9 днів тому

    Muta uravuga ukuri pe nikobimeze

  • @Therencenzohabonimana
    @Therencenzohabonimana 11 днів тому

    Mwosetsa nuwuvuye gushingura nyina

  • @DeniseUWIMBABAZI-v6z
    @DeniseUWIMBABAZI-v6z 11 днів тому

    Wowese wakoze ik?

  • @UBUMENYINYABWOTV-1
    @UBUMENYINYABWOTV-1 11 днів тому +1

    Ntiwasiguye neza ibyo museveni yavuze

  • @mahirwe980
    @mahirwe980 11 днів тому +1

    Ibihungu byibikene kwisi ni Burundi na Congo

    • @ButoyiThierryve
      @ButoyiThierryve 11 днів тому

      Wew uvuga amajambo yuburofa gusa Rwanda urumva muratuze cyane amajambo yu burofa gusa

  • @ericciza926
    @ericciza926 11 днів тому

    Kuri Bagaza ngo Hari Amahinguriro erega ww wigira umuturage nikirundi cacu uragacibagira nyene

  • @soleilm823
    @soleilm823 9 днів тому

    Ijambo ryimana rivugango dusenge dukora dukora dusenga

  • @FabriceNiyonsenga
    @FabriceNiyonsenga 11 днів тому

    Moses,
    Hamagara buyoya, aze
    Hamagara domicien
    Hamagara ndadaye
    Hamagara nkurunziza,
    Baze babisigure,

  • @El_g22
    @El_g22 11 днів тому +1

    Ahubwo bazosubizeho igihano cogupfa

  • @KIZALeo
    @KIZALeo 4 дні тому

    Nonubu vyankirahe?

  • @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
    @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty 11 днів тому +1

    Ntamuyobozi wabayeho ngakomere atazi kwivuna umwanzi uhere nokuri Musa muribibiriya.

  • @DungaDunga-y6j
    @DungaDunga-y6j 11 днів тому

    Ariko disi nibyihebe bitegereze mu maso ntanumwe wabonana ibyishimo mu maso

  • @mjlan10
    @mjlan10 11 днів тому

    Uzorondere uwugufasha translation icongereza cawe kiri kurwego rwo hasi ariko ivyiyumviro vyawe birarashe

  • @jchuma5417
    @jchuma5417 11 днів тому

    Na Zambia turarushe

  • @akajendegetishow1692
    @akajendegetishow1692 11 днів тому +2

    Aho atavuga ko bwari bwiza kuri bagaza,siwe yamugambaniye akamwaka umugore, agaca umushora kwa buyoya,tekana, ntibwari bwiza yicisha ntare 5,akorana na micombero,uyu muzehe niwe kirya gihe yariko yopera akakarere ataradekona kumwamerika kagame ataraseruka ngo amurye idiri,

    • @GiseleUwera-m6g
      @GiseleUwera-m6g 11 днів тому +2

      Reka kumubeshera, Museveni ntiyari bwatware, hari Idi Amini niwe wamutanze, Kandi Museveni siwe warungitse Bagaza iBurundi uzotohoze neza umenye ingena yatashe muBurundi ntimugasebanye

    • @kanimary5642
      @kanimary5642 11 днів тому

      Ni vyo nareke kubesha ivyatazi, aho Ntare V yapfa hari kuri Idi Amin Dada, Museveni ntiyari bwatware. Muze muravuga ivyo muzi Guys. 🙁

    • @GiseleUwera-m6g
      @GiseleUwera-m6g 11 днів тому

      @@kanimary5642 Aba bantu batunzwe n'ibinyoma nk'ibi binyoma bishobora kuyobya benshi.

    • @akajendegetishow1692
      @akajendegetishow1692 10 днів тому

      Hama aca amutwara umugore bahuriye he ,ga shaa ,mutuveko simwe mwaturemye

  • @ntibaali3865
    @ntibaali3865 9 днів тому

    Nibyo u Burundi bwari bwiza kuri Bagaza

  • @spesirakiza7063
    @spesirakiza7063 11 днів тому

    Nkunganire M7 agize ati Bagaza yarubatse amahinguriro hama uburundi bushorera hanze ibintu vyinshi ariko ubu vyose vyaratemvye (collapse)

  • @thierryntwarimutesa736
    @thierryntwarimutesa736 11 днів тому +1

    Abarundi barindwa ni imana ko numvise Tanzania namwe yanafungiye bigenda bite

  • @niyukuriprotais5029
    @niyukuriprotais5029 11 днів тому

    Urahanura Ibintu vyishi Kandi vyubaka ariko nanje nagira ndaguhanure *kwita amashengero NGO ni imigina* iryo Jambo urisubize iyo urikuye Imana ntivogerwa UZUBAZE HARIHO UBUDASA BUNUNI HAGATI YINTWARO NAMASHENGERO KUKO MUBIRO NO MWISHENGERO HARATANDUKANYE NIBIKORWA BIKORERWA MUMA BUREAU NO MUMASHENGERO BIRATANDUKANYE

  • @Amafaranga300
    @Amafaranga300 11 днів тому

    HHHH ibikamikaze!

  • @NshimirimanaCedrick-i3p
    @NshimirimanaCedrick-i3p 8 днів тому

    Moses Moses Moses Moses incuro 1000

  • @Mkel890
    @Mkel890 11 днів тому

    factories : amahinguriro

  • @jeanspierres1
    @jeanspierres1 11 днів тому

    Moses we urumugabo uburundi mufite umunyabwenge

  • @SNOOPGee-vf1je
    @SNOOPGee-vf1je 11 днів тому

    Moses ✊

  • @JosetteMugisha-z8e
    @JosetteMugisha-z8e 11 днів тому +4

    Hagihe Urwanda rwigiraga ku Uburundi!

    • @MisterGoodman.600
      @MisterGoodman.600 11 днів тому +1

      Cyane nonese mbere ya Genocide yakorewe Abatutsi Uburundi ntibwari bukize inganda ziriho ubu

    • @mutavu
      @mutavu 11 днів тому +3

      @@MisterGoodman.600cyane kubwabagaza uburundi ninabwiza ariko iyo igihugu cyajemo amoko biba byapfuye burya

    • @MisterGoodman.600
      @MisterGoodman.600 11 днів тому

      @mutavu
      Cyane nicyo abazungu bashakaga none bakigezeho bokarindagira ariko ndabarenganya ni gute umuntu umutanya numuturanyi we akabyemera nawe kdi uwo ubimubwiye agahita yigendera 🥹😢
      Ubundi si ukwicana kakahava🥹😢

  • @BizimanaPromise
    @BizimanaPromise 11 днів тому

    Uyushenzi abarundi murakwiye kutaza mumwunviriza uyumimbiri

  • @efeneeroivir-q8b
    @efeneeroivir-q8b 11 днів тому +1

    Ushaka umuhutu amutumundi

  • @DavidNdaha
    @DavidNdaha 9 днів тому

    Raba Tanzania kuri Magufuri niho bateye imbere.Muri congo harubutunzi ko bakenye!? Gusa muburundi ikibazo nuko abasirikare bari mubutegetsi bukomeye!Kubakura biragoye

  • @Kirisu
    @Kirisu 11 днів тому

    Amabingira mutama aruzuye isi yarahumanye

  • @ndikumanafiacre5099
    @ndikumanafiacre5099 10 днів тому

    Gura mikoro

  • @SaidNimubona
    @SaidNimubona 11 днів тому

    Factory n'inganda

  • @ezekielsabiyumva8048
    @ezekielsabiyumva8048 9 днів тому

    Amashengero niyo wita imigina????

  • @NdayishimiyeEtienne-d6n
    @NdayishimiyeEtienne-d6n 11 днів тому

    Impamvu mudatera imbere nuko muhora muvarangiye

  • @ClovisNtirubuza
    @ClovisNtirubuza 11 днів тому

    Factories industries(Amahinguriro menshi,havamwo ivyo bashora mu mahanga hakaba guhanana ibicuruzwa)

  • @egidehabayo584
    @egidehabayo584 11 днів тому

    urikugaragaza intege nkeya mbe ntamategeko ahana abobasuma bahane wikomere arko amagambo abe make

  • @BillyDarcy-pq8cj
    @BillyDarcy-pq8cj 11 днів тому

    Ubuze ukuri moses bagaza yarakoze ubuhoho baravyunvise na museveni arababwiye iyi twaro itavuyejo ntakizoshoboka nivyihebe nayo neva ntaco amaze umenga si président

  • @EgideNiyongabo-t3c
    @EgideNiyongabo-t3c 11 днів тому

    Shimamanda kurifesi waraduhevye

  • @nkuriyingomaegide5929
    @nkuriyingomaegide5929 11 днів тому +1

    Factories n'amahinguriro apana ibikorwaremezo hama to be collapsed ninko kuzingama cnk guhomba

    • @kanimary5642
      @kanimary5642 11 днів тому

      Merci nanje collapsed cari cacanze 😅