🐰🐷 Ubworozi bwa Bora na Sonia mu
Вставка
- Опубліковано 30 вер 2024
- 😋🐇"Nipfuza gushikana inkwavu 1.000 zivyara, hamwe nshobora kubaga izishika 100 buri munsi..."
👏🏾🐖 "Inyuma yaho Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye ampereye umutahe, nararoroye ingurube zirankundira. Ubu naho mfashijwe na @PAEEJ_Burundi, nipfuza kurima no guhingura ibire…"
😇 "Aboshobora kunterera nkaja kurahura ubumenyi muri #Togo ndabahaye ikaze !"
📺 Kaze mu kiganiro twagiranye na Bora hamwe na Sonia aborozi bo mu #Cibitoke
#Uburundi #NUKU #Urwaruka
Zamurashirakinomero zaboboroz natwe badufash
NONE KO MUVUGA KO VYUNGUKA CANE KUKI MUGUMA MUVUGA NGO NTAMUTAHE? MURAZA MURADUSIGURIRA.
Imigambi myiza Sonie
Ahahahahahhaaa😂😂😂😂😂😀😀😀😀
Iyo fu ya igname tuyita ola ola Iva muri Afrique de l’Ouest. Bayishora ngaha muri USA kandi irakundwa n’abanyafrica. Isoko ryayo rirahari.
Turagushimira mushiki wacu,tera uja imbere urafise imigambi myinshi kandi myiza gutanga nakazi komeza uja imbere
Imigambi myiza gusa bamushirako num zabo bantu bafise ivyiyumviro nkivyo
Ama media muburundi muriko muvyifatamwo neza mukomez henuku