Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Urakoze, ariko zugerageza ugabanye umwanya kuko vidéo imara 38min Nini cane gose, vyibura 15min sawa
Egome ncuti mrc
uwomwany simunini urakwiy niho bibonek neza
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 muri make guteka sivyawe .Guteka urabiha umwanya ukitondaaa mwaramenyeye ibitetse ababoyi koko 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
🤭🤭🤭🤭🤭Gusa uyu mumama ni humble, sympathique. Namukunze ariko ukungene ateka si sawa cane il faut améliorer 👌
@@graciaparker1840 Biraryoshye kubera byateguwe n'umuntu mwiza. Ariko hari amavuta ni menshi, umunyu ni mwinshi, irengarenga zidakase😁😁😁, nakunze utegura ariko indya/ibiryo byo harabura ubumenyi.
Arko imvugo mbabariramatwi irakenewe kuo nawe aribikunda ahubona yokosora wacuhategura tukahabona twese j numv kubwanj aruko
Merci bcp Jeanine kutwigisha guteka irengarenga
Ikintu nkunda cyane kuri iyi channel nuko wigisha neza,with details kdi ibintu byinshi local people twabona, God bless your channel and keep shining darling 💕
Eka nuko aru mwanda
Tu es adorable ! Gusa ujye ugerageza gukoresha iminota mikeya. Byibura itarenze 10 kugira tunakore économie y'amainites❤❤❤
NN NT setsomat washizemw? Ahizotmatezigmazibnek?
Biraryoshye cyane mama ,Kandi waguke rwose
Kugira ntizishe cane uzishira mumavuta wamaze gukata vyose, kuko zihiye cane zica zitakaza ibikenewe mumubiri.
nuko ncuti
Waaoo ziraryoshee ppe mb umusoma cnk épinards nawo umuunttu yowuteka nkuko
egome cane
Mbaye uwambere abaza nyuma mumpe like
Les
Wumviriza vyinshi ahava ubuheza, kandi usubuzamwo ikiyiko warishije, si vyiza niba hari abandi baza kubifungura, uz ufata agasahani kawe ushireho wumvirize,
Utazikaranze uzishira kumuriro atamazi zigahishwa naturya wari gukamura uhejeje kuronga
Sawa❤️💯
Ni byiza arko ubutaha ujye ubanza ukore mise à place niyo iranga umutetsi nyawe
merci bcp
Merci madame 🙏🙏
de rien
Please ntamuntu ateka asiga inzara!bamumenya amategeko yo mugikoni!
Ww uruwahh
Uri umu contre succès gusa
Uteka neza cane ariko ukoresha umwanya munini cane ariko nivyiza
murakoze nzohindira
Indagara zumye ziraryoha ariko abana bita abo mugiti ntibazikundaa !
yooooo ziba zitateketse neza
Bisa neza biraryoshe. Jeannine je ngira allergie ya arachides na poivrons. Sinja ndabiteka iwanje. Urumva ico mpomba.
nzokurangira umuti
Iyo ushiramwo udutore vyari kuba muake !
Naha ni bn uwo nateguriye ntazo afungura
Ngenkunda imboga na tomson , cg nozondagara cg isambaza cg inyama,arikoo , ntamazi arimo nkarisha ubugari cg umuceri wumutanzaniya 👍
waouh
Courage vmt nabahungu tutazi guteka bientôt tuzobimenyaa
Egome komeza murabe
Courage mwige guteka neza mutazimbwe
Courage ❤
merciiiii
Yooooh manawe
yoooo
Ubugari burihe none ga Jeani ?
amazi ari kuziko
Suko. Bateka. Nboga
eee sawa
Ego kabisa izo mboga zisa n'iziryoshe naho ntaziriyeko biragaragara kandi merçi bcp
ndashima uko wigisha uri uwagaciro, abarundikazi turashoboye
Bjr. Izo lenga lega ziraryoshe vraiment, nta kizisumba. KU ubugari, ku umuceri, eka kuri vyose. Merci Merci sha. Nzokuraba vraiment.
zirikwije
Urakoze kutwigisha Ubutaha uzagabanye amavuta wakoresheje menshi hanyuma kugira bigutware umwanya muto ubanza ugategura ivyo ukoresha inyanya, ibitunguru ,poiro poivron uba wabikase kare ninaho amakara atagushirana niminuta ikagabanuka kubadakoresha Wifi mega zirabashirana
👍♥️
Bravo JeanineNeza caaaneUwipfuza guteka abinona neeeezaNa jewe nobisubiramwo vraimentC'est très bien décomposé et très claireMerci
Et vs aussi
Merci bcp
Duhe num yawe
Ndagushimiy cn Madame, hm uwogushaka yogusanga heh?
Tres bien prepare. Merci jeanine
Utanguje indagara munsi mugihe zumye zica zitetera zikabura goût.ni cukucuku
😂
Hello ma belle courage
None izo nzara ukoresha zisize biba ari vyiza?
Urakoze kutwigisha nukuri mama wacu,mu Rwanda tuzita imbwija courage courage
Dodo🤷♂️🤷🤷♂️🤷nibwira ko atari ngombwa imbwija. Imbwija ni biriya bibyibushye ariko wanakoresha izisanzwe nizo ziryoha❤
Zitetse neza cane courage madame
Gusa rero vidéo ukoresha iminoya myinshi kukuraba iyitarenza 15min
Egooo vmt 15 min n bn
Mrc
Nzogerageza merci
Wakoze kutwigisha Ariko ubikoranye akavuyo ntasuku wabikoranye pee kandi video itwara umwanya ubutaha uzagerageze ugabanye iminota
murakoze
Nciye numva ndazikumbuye kuzirya 😂😂
Uburoho buranyishe
Urakabya guteka amavuta menshi azogutera indwara😢
Biraryoshe vraiment
Pfundikira Mugabo birahita bifata umwuka zishye vuba
egome
Nivyiza mugabo uteka amavuta menshi
Nari nagukumbuye guma uzana bisha urarashoboye
amen ncuti NDI kukivi, ❤
Uradukumbuje.machr.uzimisitumaze.umenganijeweNdikonda.zifungurap
2 quoi ?2mi c est 1h là
Merci bcp .Waranyigishije gutekera umufasha wanje imfungurwa ziryoshe caaane ndetse n'abashitsi.
amen amen
Waouuuuu merci kbsa ziraryoshe cne
Mercii gusa uratevya gukata ibikoresho 😅
mpore
Ahompererey ndazita nhewe/nyewe/
dodo'irengarenga nibindi
Kuki izi rengarenga utazikase?
Ntavyo nkunda ww ushatse wozikata
Biraryoshye, ark jya utega igitambaro mumutwe kugirango imisatsi idapfukiramo
Waoooo mubandany kuk birik bitwigish
ndi kukivi
Non iyo sahani yose niyoguhonja?😀😀😀
nkunda kuyoragura
Izomboga zitegerezw kuryoha bivany nuko kuntu wabiteguy
😂😂uvugana Ubu sérieuse pe😂😂😂
nditonda cane
Woo mbega kuntu ari byiza nta birungo byinshi birimo. Ese ko utashyizemo Salsa??? Warisha ubugari
Ni byiza cyane urakoze cyaneee
namwe murakoze gushima❤️🙏💯
👌wakoze cyane kunyibutsa iryo maman ya dutekeraga.biraryoha ndabizi.
❤😂😂
biraryoshe cn
cane pe n'impabwa bantu
Bte koresha umwanya muto
merci
Woooow nice
thanks
Merci, urakoze kabsa
🙏❤️💯
Ndakumbuye indagara undungikire nanje.
yooooo mpore
arachides Yaba isyeye canke idaseye
Urakoze kutwigisha.uwokoresha amamesa harico vyica.
Ntakibazo Ayo umuntu aronse kuburyo bwiwe
Ntaco vyica nukuri
Umwe wese kuburyo afis'ariko udukoto nitwo sawa'ucugura agace kukoroboyi binganya ibeyi n'ammesa
Merci tu wire uko watetse izorengarenga
Good
good
Nta suku da!,sereri nibitunguru bimaze igihe kdi SI byiza,amavuta ni menshi,ujye unakata dodo
Watetseneza nkokugaceri nisawa kubwabigori nisawa ekahosi birajanye bandanya utwereka n'bindi
C'est Bio vraiment❤
Biraryoshe cyanepeee
muzobitegure bizobaryoheraa
Merci Jeanine
murakoze gushima, ❤
Byiza cyane
Iyo uzikata, uko bijagaraye birashisha😜😜😜😜
Courage ndabona dukora umwugumwe wubahw
Washyizemo amavuta menshi cynee kandi sibyiza
Madame courage wigishe abantu gufungura neze
Merci murundi kaziwiwacu🤝🤝🤝❤❤❤💓💓
Très bien
Ijwi ryawe ntiryumvikana neza nukongereza volume
Urakoze cane icigwa cingirakamaro
Ndumva narushye uzagure nicyuma gishya hama ukate ibintu biri kumurongo
uzokira Ndiho arakubona
Ntugakore mubiryo abandi bariburyeho ngo ukoreshe ikanya ujye warurira ducye kugasagane kawe
✍️
Courage, ariko muzohore mwambara ama gants mukubitegura, kubera ayo ma vernus arahungurukiramwoo
egome ncuti yanje
Uyumuntu arakumbuye kabisa😅😅😅
Nukuri ayo mapishi nosawa
Jewesha kanimero yaweyawastp shakico tuvugana 38:42
62435218
Kuri ngari ya dudu mama wee
Uratunyibukije kbs
Waou mbega mazina wajye ukuntu yanteye uburoho wee ibyunkunda cyane n'ubugali miam miam
Inyabutongo Cg dodo niko tuzita Mu Rwanda
Nukuri biraryosh nanj nzobitegura
Murakoze caane , nzobigerageza vuba
Jeanine ndagunda uri uwa 1🤙🏾. Comments ushyiraho uri guteka zituma biryoha kbs😀
Komera cyane😊
Ibntu nivyiza pe Kandi nawe uze ugerageza kwihonja bike kugira ntuwisange wavyibushe wenyene natwe ntivyotugwa nabi tuvyibuhanye twese
hahaaaaaa
Uteka neza biraryoshe. Ariko rero hanyuma uzogerageze kugabanya umwanya video imara wongere kandi uvuge cane wongereze ijwi .murakoze
urakoze Ndiko ndarirondera
Tuzita isogoro
ah ok
Vyiza cane. Ariko rero ivyobintu vyo gukata itomate zitanu canke zirenga ntibiba bikenew KO mibitwereka. Ukase rumwe tuba twabonye exemple
Ndagukeje mwana wamama twigishe kurya neza
ok
Zirajoshe ga mugabo
Biraryoshe ariko amavuta nimenshi uzuragabanya kawunga irihe?
Neza cane kutwungura ubumenyi bwo guteka!!
Hello,mbanje kubashimira ukungene mutwigisha guteka,nagira mbabaze niba vyoshoboka mukatwereka uko bakaranga ibiharage namamesa,mrc
murakoze gushima ,erega mu kibanza c,amakoto ushiramwo amamasa
Urakoze, ariko zugerageza ugabanye umwanya kuko vidéo imara 38min Nini cane gose, vyibura 15min sawa
Egome ncuti mrc
uwomwany simunini urakwiy niho bibonek neza
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 muri make guteka sivyawe .Guteka urabiha umwanya ukitondaaa mwaramenyeye ibitetse ababoyi koko 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
🤭🤭🤭🤭🤭Gusa uyu mumama ni humble, sympathique. Namukunze ariko ukungene ateka si sawa cane il faut améliorer 👌
@@graciaparker1840 Biraryoshye kubera byateguwe n'umuntu mwiza. Ariko hari amavuta ni menshi, umunyu ni mwinshi, irengarenga zidakase😁😁😁, nakunze utegura ariko indya/ibiryo byo harabura ubumenyi.
Arko imvugo mbabariramatwi irakenewe kuo nawe aribikunda ahubona yokosora wacuhategura tukahabona twese j numv kubwanj aruko
Merci bcp Jeanine kutwigisha guteka irengarenga
Ikintu nkunda cyane kuri iyi channel nuko wigisha neza,with details kdi ibintu byinshi local people twabona, God bless your channel and keep shining darling 💕
Eka nuko aru mwanda
Tu es adorable ! Gusa ujye ugerageza gukoresha iminota mikeya. Byibura itarenze 10 kugira tunakore économie y'amainites❤❤❤
NN NT setsomat washizemw? Ahizotmatezigmazibnek?
Biraryoshye cyane mama ,Kandi waguke rwose
Kugira ntizishe cane uzishira mumavuta wamaze gukata vyose, kuko zihiye cane zica zitakaza ibikenewe mumubiri.
nuko ncuti
Waaoo ziraryoshee ppe mb umusoma cnk épinards nawo umuunttu yowuteka nkuko
egome cane
Mbaye uwambere abaza nyuma mumpe like
Les
Wumviriza vyinshi ahava ubuheza, kandi usubuzamwo ikiyiko warishije, si vyiza niba hari abandi baza kubifungura, uz ufata agasahani kawe ushireho wumvirize,
Utazikaranze uzishira kumuriro atamazi zigahishwa naturya wari gukamura uhejeje kuronga
Sawa❤️💯
Ni byiza arko ubutaha ujye ubanza ukore mise à place niyo iranga umutetsi nyawe
merci bcp
Merci madame 🙏🙏
de rien
Please ntamuntu ateka asiga inzara!bamumenya amategeko yo mugikoni!
Ww uruwahh
Uri umu contre succès gusa
Uteka neza cane ariko ukoresha umwanya munini cane ariko nivyiza
murakoze nzohindira
Indagara zumye ziraryoha ariko abana bita abo mugiti ntibazikundaa !
yooooo ziba zitateketse neza
Bisa neza biraryoshe. Jeannine je ngira allergie ya arachides na poivrons. Sinja ndabiteka iwanje. Urumva ico mpomba.
nzokurangira umuti
Iyo ushiramwo udutore vyari kuba muake !
Naha ni bn uwo nateguriye ntazo afungura
Ngenkunda imboga na tomson , cg nozondagara cg isambaza cg inyama,arikoo , ntamazi arimo nkarisha ubugari cg umuceri wumutanzaniya 👍
waouh
Courage vmt nabahungu tutazi guteka bientôt tuzobimenyaa
Egome komeza murabe
Egome komeza murabe
Courage mwige guteka neza mutazimbwe
Courage ❤
merciiiii
Yooooh manawe
yoooo
Ubugari burihe none ga Jeani ?
amazi ari kuziko
Suko. Bateka. Nboga
eee sawa
Ego kabisa izo mboga zisa n'iziryoshe naho ntaziriyeko biragaragara kandi merçi bcp
ndashima uko wigisha uri uwagaciro, abarundikazi turashoboye
Bjr. Izo lenga lega ziraryoshe vraiment, nta kizisumba. KU ubugari, ku umuceri, eka kuri vyose. Merci Merci sha. Nzokuraba vraiment.
zirikwije
Urakoze kutwigisha
Ubutaha uzagabanye amavuta wakoresheje menshi hanyuma kugira bigutware umwanya muto ubanza ugategura ivyo ukoresha inyanya, ibitunguru ,poiro poivron uba wabikase kare ninaho amakara atagushirana niminuta ikagabanuka kubadakoresha Wifi mega zirabashirana
👍♥️
Bravo Jeanine
Neza caaane
Uwipfuza guteka abinona neeeeza
Na jewe nobisubiramwo vraiment
C'est très bien décomposé et très claire
Merci
Et vs aussi
Merci bcp
Duhe num yawe
Ndagushimiy cn Madame, hm uwogushaka yogusanga heh?
Tres bien prepare. Merci jeanine
Utanguje indagara munsi mugihe zumye zica zitetera zikabura goût.ni cukucuku
😂
Hello ma belle courage
None izo nzara ukoresha zisize biba ari vyiza?
Urakoze kutwigisha nukuri mama wacu,mu Rwanda tuzita imbwija courage courage
Dodo🤷♂️🤷🤷♂️🤷nibwira ko atari ngombwa imbwija. Imbwija ni biriya bibyibushye ariko wanakoresha izisanzwe nizo ziryoha❤
Zitetse neza cane courage madame
Gusa rero vidéo ukoresha iminoya myinshi kukuraba iyitarenza 15min
Egooo vmt 15 min n bn
Mrc
Nzogerageza merci
Wakoze kutwigisha Ariko ubikoranye akavuyo ntasuku wabikoranye pee kandi video itwara umwanya ubutaha uzagerageze ugabanye iminota
murakoze
Nciye numva ndazikumbuye kuzirya 😂😂
Uburoho buranyishe
Urakabya guteka amavuta menshi azogutera indwara😢
Biraryoshe vraiment
Pfundikira Mugabo birahita bifata umwuka zishye vuba
egome
Nivyiza mugabo uteka amavuta menshi
Nari nagukumbuye guma uzana bisha urarashoboye
amen ncuti NDI kukivi, ❤
Uradukumbuje.machr.uzimisitumaze.umenganijewe
Ndikonda.zifungurap
2 quoi ?
2mi c est 1h là