IHONYABWOKO MU BURUNDI MU 1972

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 26 вер 2024
  • IBIVUGWA KW'IHONYABWOKO RYO MU BURUNDI

КОМЕНТАРІ • 64

  • @Nyaburunga
    @Nyaburunga 5 місяців тому +3

    Commentaire zonyene ziri kuri kino kiganiro zerekana ko kano kahise k'intambara z'amoko gahora kazurwa kandi kari akoboze gakwiye guhambwa mu kuzimu kure gushoboka kuko amaherezo nivyabandanya uko ingwe izosubira itwinjirane mu ruhongore dusubiranemwo dupfa amoko kandi ico kibazo kitari kikituraje ishinga muri bino bihe vya none.
    Ivyo bintu vyo kwagirizanya ihonyabwoko mubirekere Abayahudi n'Abanyanamibiya kuko Abadagi bagirizwa gukora iryo honyabwoko bafise igihugu cabo babamwo, Abayahudi bafise igihugu cabo n'Abanyanamibiya bafise icabo. Abahutu n'Abatutsi dusangiye igihugu, intara zacu ni zimwe n'imihana yacu ingo zirakoranako. Nitwabandanya turabana ay'ingwe twagirizanya ngo ba naka baratumaze mubona iki gihugu cacu tuzokibanamwo koko? Mubona iciyumviro c'Uburundi nk'igihugu kizoba kigishoboka? Mubona Uburundi buzokwizigama n'imiburiburi iyindi myaka 500 nk'iyo busanzwe bufise? Mubona amaherezo ibihugu duhana imbibe bitazogabangana igihugu cacu bicigarurire kuko amaherezo bizoba vyabonye ko igihugu cacu kidashoboka kuko beneco badashoboye kukibanamwo mu mahoro?
    Mu Kirundi barayamaze ngo “Intibagira ntibana”. Ibi bintu ni tutarya imitima amenyo tubishire inyuma yacu ubundi twibande kuri kazoza turondere amajambere igihugu cacu kizokwama gisuzuguritse mu mahanga uko bimeze ubu, Abarundi bazokomeza kuba impunzi z'agahoraho.

  • @gastonmodestkaziri2566
    @gastonmodestkaziri2566 5 місяців тому +1

    Congratulations Mr. Batungwanayo (PhD candidate) for being honest and putting on the table well informed presentation on the question of Hutu-Tusti relations in both countries of Burundi and Rwanda. You too have made a point in asserting that Rwanda and Burundi will continue to be neighbours come what may be and that there should be corrective political and social justice to the masses of Burundians and Rwandese irrespective of their ethnic composition to enjoy life in either part of the country since they share not only culture but also are natives and relatives to each other. It was sad to note that Professor Ngayimpenda with his "deep" historical knowledge never mentioned any thing relating to "Hutu-Tutsi" good relationship! Amaizing for a learned fellow like him!

  • @TwagirayezuPascal-z9l
    @TwagirayezuPascal-z9l 5 місяців тому +2

    Nibyo cane gose hari abarundi bokoze ihonyabwoko mu rwanda

    • @ndayikengurukiyejeanmarie9195
      @ndayikengurukiyejeanmarie9195 5 місяців тому

      To?

    • @ernestmbanzendore1219
      @ernestmbanzendore1219 4 місяці тому

      Mbe hoho nta banyagwanda bakoze ihonyabwoko mu Burundi? Ivyo mwavuze ko hoba hari abarundi bicanye mu Rwanda, hoho ntanamatohoza yakozwe, bivugwako ari ibishobisho gusa, naho ko abanyagwanda bari mu Burundi bari mubwi anyi bwabaye mu Burundi, CVR yaramaze kuvyerekana neza. Murasome rapports yayo

  • @GilbertNiyonzima-jp5fk
    @GilbertNiyonzima-jp5fk 5 місяців тому +2

    Kuberiki batemera ihonyabwoko ryabahutu nuko bazi ko bazobibazwa nicogituma batavyemera kwemera Ko bishe incabwenge gusa wewe wumviki utahuriki icowanka mukabana numufutu ndashimiye umumenyeshamakuru ukuntu arikubabaza murakoze

  • @Godson-e4h
    @Godson-e4h 5 місяців тому

    Professeur Ngayimpenda, Imana Ikubabarire! Iguhe kumenya ihonyabwoko ico arico, kuko ntaco uramenya!
    Ko wiyemerera yuko hishwe incabwenge, none harapfuye n' iz' abatutsi? K' urugero rungama gute? Kubera iki?
    Hanyuma abo wigisha, ntiwumva ko ari ingaruzwabwenge(burya ubundi) bwawe?

  • @Larisa-w5f
    @Larisa-w5f 5 місяців тому

    Non ndabaza ko vyabay nababikoz ngira atanumwe asigaj na 15ans kwiy si! Bizungura iki kugwaruk rur gukura ubu rutazi no kwitezimbere koko, musha abuzukuru babo bahenzwe bakicana bazosubire kwihoranira? Bamufira ubwenge kugihe raba ibiraje ishinga uburundi nabarundi, sinabaz ko ivyo bizotugirira akamaro twe tutari banavuke

  • @andrentahiraja6852
    @andrentahiraja6852 5 місяців тому

    Uwo mushingantahe Ngayimpenda.ntakwiye kudukora munkovu. Muntara y'i Bururi, abatwawe bakurwa kumitumba, bashorerwa bicishwa imigano kubiro vya komine Songa. Ibinogo birahari.

  • @BoaseMukeshimana-dj9uj
    @BoaseMukeshimana-dj9uj 5 місяців тому +2

    Hama uyo mugabo ngayumpenda arazi ico arico génocide Ubwo se wishe incabwenge z'abahutu ukazimara abasigaye batize bo bica bigenda gute? Badakoreshejwe imirimo y'agahato baricwa bisigura ko rero ari génocide

  • @Nyaburunga
    @Nyaburunga 5 місяців тому

    Umwansi w'Abarundi ni leta n'ububasha nta ngere bwo kwica n'ugukiza ihereza abayigize. Ubwo bubasha ni bwo butuma abayirimwo bakora ihonyabwoko mu ntumbero yo kwitsimbataza ku butegetsi n'abatayirimwo bakora rya honyabwoko nyene kuko bipfuza bwa butegetsi bwa leta butanga ububasha buzira imbibe.
    Ico Abarundi tugomba gukora ni ukwiga uburyo leta tuyishira ku kiziriko kijishe neza ku buryo izokoreshwa mu nyungu z'abanyagihugu apana ko ibandanya ikoresha abanyagihugu mu nyungu zayo nk'uko bimeze ubu n'uko vyari bimeze muri kahise kavuzwe muri ico kiganiro. Abatware bacu dukwiye kubaha ububasha buke bushoboka butuma inzego za ngombwa z'igihugu zikora ahasigaye twebwe abanyagihugu bakatwihera amahoro tukiteza imbere tutabangamiranye tukanahabwa n'icubahiro dukwiriye kuko igihugu ni icacu turi ba nyeneco ubutegetsi bwa cami bwaracitse mu Burundi n'aho abategetsi bacitwara nk'abaganwa mu gihugu.

  • @melchiadehishakiye8639
    @melchiadehishakiye8639 5 місяців тому +3

    Tube twiyemera .muraziko urwanda rwanka uburundi kuki uburorero mukunda gutanga muvuga cane urwanda ??kandi mubisata vyose.twisubireko dukure ijambo urwanda mukanwa kuko uguma uvuga umuntu uba uriko umwamamaza.murakoze

  • @SeukPiri
    @SeukPiri 5 місяців тому

    Izo ncabwenke avuga zari inke😮nde canke zari inguge uburyo batagira ubwoko baturukamwo uyu mugabo yarakwiye gutwagwa mubitaro bakaraba kwatarwaye mumutwe😢😢😢😢😢😢😢

    • @ngundachris7598
      @ngundachris7598 5 місяців тому

      Natubarire incabwenge zo mu muryango wiwe zapfuye! Wewe ko atishwe ntiyari umunyeshuri azi ubwenge!?uko ni ugushinyagurira abacitse ku cumu!

  • @arkbig8203
    @arkbig8203 5 місяців тому

    Ngayimpenda si ukubesha ni ukwikura ibutura.
    Uwo mwigisha Ngayimpenda ni umuhakanyi w'ihonyabwoko ryagiriwe Abahutu. Ivyo birazwi.
    Turindire itegeko rihana bene abo bantu.

    • @arkbig8203
      @arkbig8203 5 місяців тому

      Umwigisha ni umwubahwa Batungwanayo, kuko birumvika ko yakoze ubucukumbuzi ku ndyane zatse indaro mu bihugu vyo mu karere.

  • @user-nk3ue2cs4k
    @user-nk3ue2cs4k 5 місяців тому +1

    Pourquoi le tutsi provoque une guerre pour jouer la victime alors qu'il décimé des gens sous appartenance ethnique.???

    • @user-nk3ue2cs4k
      @user-nk3ue2cs4k 5 місяців тому

      Je t'assure que c'est comme ça, le tutsi opère. Et c'est malheureux !

  • @yolo._96
    @yolo._96 5 місяців тому

    Ngwabenengwe barahonye😂😂😂

  • @gastonmodestkaziri2566
    @gastonmodestkaziri2566 5 місяців тому +1

    I think this Professor is one of the ill informed intellectual person! How can he say that there were no intentional killings of Hutus in 1972? Very hopeless indeed.

  • @AmandaMonia
    @AmandaMonia 5 місяців тому

    Umwami w'Urwanda yahungiye mu Burundi yitwa Rudahigwa. Ntiyitwa Kigeri.

    • @sehene9324
      @sehene9324 5 місяців тому +1

      Umwami Rudahigwa ntiyigeze ahunga!! Hahunze Kigeli Ndahindurwa kandi ntiyagiye mu Burundi...

    • @victorg7280
      @victorg7280 5 місяців тому

      Uwo mwanda w, umuhima Ngayimpenda ateye iseseme!!!!

  • @anicetnsabiyunva8235
    @anicetnsabiyunva8235 5 місяців тому +3

    Mu burundi hari democracie aho hakurya mu rwanda ikiganiro nkico ntigishoboka guca kuri television yigihugu

    • @sese667
      @sese667 5 місяців тому

      Ibiganiro nk'ivyo biraca mu Rwanda, gusa, ibiganiro bitemewe, n'ibihakana canke ngo bihindukitse ukuri kuvyerekeye Ihonyabwoko ryakorewe Abatutsi mu Rwanda mu 1994 ...
      Kuri inosi, hamaze kuba Amahonyabwoko menshi ariko atatu muriyo niyo amaze kwemezwa bidasubirwamwo n'Ishirahamwe Mpuzamakungu ONU, ndetse n'abahinga mu vy'amategeko mpuzamakungu (experts en droit international), bisigura ko guhakana (négationnisme) canke guhindukiza ukuri (révisionnisme) kw'ayo Mahonyabwoko, bihanwa n'amategeko ... Ayo Mahonyabwoko yemejwe ni atatatu :
      - Ihonyabwoko ryakorewe Abanyarumeniya mu cahozwe citwa Empire Ottoman, kuva mu 1915 gushika mu 1916.
      - Ihonyabwoko ryakorewe Abayahudi Iburaya kuva mu 1941 gushika mu 1945.
      - Ihonyabwoko ryakorewe Abatutsi mu Rwanda mu 1994.

    • @Schola98
      @Schola98 4 місяці тому

      😂🤭 je ne pense pas k ukurikira RBA hari emissions nyinshi zigaruka ku biganiro by’ihonyabwoko🤷🏿‍♂️ so, stop lamenting yourself and be realistic

  • @IgiranezaQuentinlory
    @IgiranezaQuentinlory 5 місяців тому

    Nta datation carbone 40 bagize ewe CVL Vous me décevez

  • @patricknsabimana8527
    @patricknsabimana8527 5 місяців тому

    BATUNGWANAYO,ikintu uvuze uti:"abantu bunvikana,bafatanye munda ntawubacamwo.niba abarundi baricanye,uruhara rwambere ni urwacu."ndaguhaye amashi.
    Ehe raba n,ubu birabandanya kandi tubizi.
    None nk,ibiherutse vuba ngaha iwacu twovuga ngo ni abandi?
    Twemere akabi kacu,twigarure,tuve ibuzimu dusubire ibuntu.

  • @isidorinsabimana410
    @isidorinsabimana410 5 місяців тому

    Uwundi musi niba garuka kuri RTNB muze mubabaze imiryango bakomokamwo bose urakoze D.

  • @HAVYARIMANARenaud
    @HAVYARIMANARenaud 5 місяців тому

    Mgr perraudin na col guy logiest .

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 5 місяців тому +1

    Iyimbwa yu muhima ngo ni professor inyuma yibi inyuma yukwemeza iri honya woko ryakorewe abahutu azobihanirwe kuko abigirankana agahakana ivyazi bakoze babikoranye ubugime bukabije

  • @ndayizigajeanclaudejafari6677
    @ndayizigajeanclaudejafari6677 5 місяців тому

    Commander wa BSL 🇧🇮
    captain sebitita
    Yar’umunyarwanda
    Nabandi benshi tutavuze

  • @jeanbosconicintije739
    @jeanbosconicintije739 5 місяців тому

    None nkaho uvuga zamvugo zo guhengama gutyo kaminuza yayimariye iki ?
    Yatubije benshi mukubima ukuri

  • @HAVYARIMANARenaud
    @HAVYARIMANARenaud 5 місяців тому

    Cardinal Lavigerie niwe yobibazwa n'abarussia ntirubamba yohani na mgr grauls .

  • @desiresabokwigura751
    @desiresabokwigura751 5 місяців тому

    Na papa yacitse kwicumu baza bamufashe

  • @TonyBradley2012
    @TonyBradley2012 5 місяців тому +1

    Mu Rwanda habaye genocide y' Abanyarwanda hapana iy' Abatutsi.

    • @karangwa2315
      @karangwa2315 5 місяців тому

      😂😂😂😂😂😂😂

    • @sese667
      @sese667 5 місяців тому

      Jenoside yakorewe Abatutsi mu Rwanda mu 1994, ni kwo kuri kw'amateka y'Urwanda kutazasibangana !

  • @HAVYARIMANARenaud
    @HAVYARIMANARenaud 5 місяців тому

    Kibuye na cubwa 😂😂😂😂

  • @victorntakirutimana3535
    @victorntakirutimana3535 5 місяців тому

    none vyukuri,nkubu bagutumye umuhutu ukazana,Mukasi
    sinirirwe ndavuga abandi woba utoye neza?

  • @HAVYARIMANARenaud
    @HAVYARIMANARenaud 5 місяців тому

    Tract zateguwe kera .

  • @user-nk3ue2cs4k
    @user-nk3ue2cs4k 5 місяців тому

    Ihonyabwoko ryarabaye i Burundi. Pas de justification ni explication le groupuscule tutsi s'est permis d'exterminer une communauté.
    Le reste n'a plus d'importance.

  • @user-nk3ue2cs4k
    @user-nk3ue2cs4k 5 місяців тому

    ​@ShineClean-cm7ck cane gwose, you cannot participate into bringing peace within the communities

  • @SergesNduwimana-dy1ch
    @SergesNduwimana-dy1ch 5 місяців тому

    Ivyo bavyita agasamazanyo, ivyo bifasha iki kubijanye niterambeere. Mwebwe muguma muzura akaboze. Nimurabe Imbere ivyaheze, nimba ata leçon birabaha. ICO mbona nuko izo génération zishaje zirakwiye guhera zose kuko nibo baguma bazura akaboze.

    • @Nyaburunga
      @Nyaburunga 5 місяців тому

      Urakoze ncuti!!!
      Muri commentaire zose nabonye aha ni we muntu muzima nabonyemwo. Jewe mpora nibaza nimba aba bantu bashobora kwiyumvira kazoza k'igihugu nko mu myaka 100 iri imbere, nimba koko hari intumbero bafitiye Uburundi nk'igihugu kigomba kwizigama n'imiburiburi iyindi myaka 500 nk'iyo gisanzwe gifise. Wogira ngo ico aba bategetsi baba baraje gukora ni ukurya igihugu umwanya muremure ushoboka hagati aho bakanimara umwaga wose w'inzigo isobetse mu mitima yabo.

    • @Nyaburunga
      @Nyaburunga 5 місяців тому

      Urakoze cane kabisa nsanze hari abandi Barundi nka nje babona bino bintu nko guta umwanya twokoresheje turondera inyishu zo kuva muri kano kaga igihugu cacu kimaze igihe caraguyemwo.

  • @GilbertNiyonzima-jp5fk
    @GilbertNiyonzima-jp5fk 5 місяців тому

    Uyo mu Professeur yigisha akahise jewe ndumva kwatigisha ahubwo abiba urwanko mwishuri kuko ivyo yigisha ntakuri kurimwo

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 5 місяців тому

    Aho hantu mwatwenze iki!!??? Ko mutabitubwiye mgonatwe tumvyumve?

  • @flaviakezimana4596
    @flaviakezimana4596 5 місяців тому +1

    None abomuri ONU nibo bazi ivyabaye kurusha abarundi vyabayeko?

    • @ngundachris7598
      @ngundachris7598 5 місяців тому +1

      Bambarize, ko Onu yatohoje ivyamamiriyoni yagandaguwe muri rdcongo,ko baciye babika ibikaratasi mutubati!Onu ntiyokunda abarundi gusumba uko bikunda.

    • @flaviakezimana4596
      @flaviakezimana4596 5 місяців тому

      @ShineClean-cm7ck l'ONU est instrumentalisé par l'occident

    • @ngundachris7598
      @ngundachris7598 5 місяців тому

      @ShineClean-cm7ck ntakirundi uzi?

  • @pice-marcntigahera2621
    @pice-marcntigahera2621 5 місяців тому

    Ihonya bwoko mu Burundi ryarabaye, ni génocide yemewe kuva kera!? Kandi iyo génocide yahitanye abarundi barenga umulioni n'igice!? Abo bavuga ko ari 300. 000 gusa, si vyo n' agato!? Kubona Leta y'Uburundi iti nza ico kibazo ca génocide, ntivyumvikana nagato!?

  • @Jirhley
    @Jirhley 5 місяців тому

    None nkuyo kwitwa professeur ari ikigoryi nkuko

  • @yolo._96
    @yolo._96 5 місяців тому

    CVR birazwi kwari ya cnddfdd,yagiyeho kuremeka amabi yose yabayeho mu Burundi ku batutsi.Uyo Aloys nawe numu extremiste hutu nta jambo ryiwe duha agaciro.Il crache son venin partout où il peut. Cndd-fdd ubwayo yakoze ubwicanyi bwa macakubiri yoza gukora amatohoza kuri kahise ku Burundi🤡

  • @HAVYARIMANARenaud
    @HAVYARIMANARenaud 5 місяців тому

    Protocole de minesota .

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 5 місяців тому +1

    Nkuyu muhimbiri ngo professor!!!! Yigisha iki????

  • @kagabomankero2160
    @kagabomankero2160 5 місяців тому

    Uyo mugabo Ngayimpenda ari mubabiteguye.

  • @ngundachris7598
    @ngundachris7598 5 місяців тому

    Uyo ngo ni umwigisha afovya ihonyabwoko ryakorewe abahutu kandi vyabaye araba kandi aciye ubwenge. Ahubwo arakwiye kwerekana ibinogo vyiciwemo imiryango yacu.

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236 5 місяців тому

    Ngayimoenda afovya ihonyabwoko ryakorewe abahutu azobiryozwe

  • @ernestmbanzendore1219
    @ernestmbanzendore1219 5 місяців тому

    Uwo mugabo Ngayimpenda, si uko ari umwigisha w'amacakuniri, ninumu negationiste notoire. Mbe kuba ari umwigisha, abo yigishije yoba atarabahaye uburozi, aho kubaha ubwenge