Umugwi wo muri Espagne ADF LA RAMBL A washitse mu gihugu c'Uburundi aho witabiriye Nkurunziza_Cup

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 25 чер 2024
  • #Football Umugwi wo mu gihugu ca #Espagne mu cicaro ca gatatu #ADF_LA_RAMBLA washitse mu gihugu c'Uburundi aho witeguriye gutana mu mitwe na Aigle Noir muri #Nkurunziza_Cup ku musi wa gatandatu. Muri Fondation Pax Burundi bamenyesha ko batumiye uwo mugwi mu ntumbero yo kubandanya kumenyekanisha Uburundi, bagatumira abarundi kuza kurorera urwo rukino ku bwinshi #Burundi #NkurunzizaCup #AigleNoir

КОМЕНТАРІ • 15

  • @NsabibimanaSylvain-ds8yf
    @NsabibimanaSylvain-ds8yf 2 дні тому

    Nago iyo club izwi abarundi rwose😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🎉😂😂😂

  • @StevenMugando-ei6vb
    @StevenMugando-ei6vb 4 дні тому +2

    Komera batama tuzorabe ingene baduzindira iwacu

  • @Iranzifabrice24
    @Iranzifabrice24 4 дні тому +1

    Birahimbaye🎉

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 3 дні тому +1

    🎩
    ❤😊
    ✊🏾🇧🇮

  • @Burundi-257
    @Burundi-257 4 дні тому

    Hari sawa ariko kubikora mugihe tugikenye ibitoro, amabarabara meza, amatara akigorana, bizotumaramaza cane

  • @NeemaIrakoze
    @NeemaIrakoze 4 дні тому +1

    🇧🇮🇪🇸🙏🥳🥳🥳

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja 4 дні тому

    🇧🇮🤝🇪🇦

  • @user-yh4mw5uc8s
    @user-yh4mw5uc8s 3 дні тому

    Asha iburundi niheza ndazi bazosubira batagomba

  • @Nikiza.Bellansine
    @Nikiza.Bellansine 4 дні тому

    Niimana. Yikorera🙏🙏🙏🙏🙏

  • @user-cc7jz5ev3l
    @user-cc7jz5ev3l 4 дні тому

    Good 👍👍👍

  • @Numwumutsomediaofficial
    @Numwumutsomediaofficial 4 дні тому

    Turabasavye live video

  • @suavisndihokubwayo-cc3id
    @suavisndihokubwayo-cc3id 4 дні тому

    zana real madrid canke barca

  • @Lukundogrey
    @Lukundogrey 4 дні тому

    Umugwi wo mucicaro CA gatatu! Mana we haaaa ntacomvuze

    • @kingumwami1434
      @kingumwami1434 4 дні тому

      Ni intambwe nziza. 1er division hariya horaire zabo ziba ziri full

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 3 дні тому

      😊l Homme Burundais🤦🏽‍♂️
      Inkevyi Ikeba iyo bireha.3eme division yo mwayitsinze ngo mutumeko yo muri 1ere division!?
      Ahubwo Reveriano ni Umu Patriote ashira Igihugu kw Ikarata y Isi.
      Bikebuke nirwo Rugendo.