Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Nice press conference! Tuzoze dushimwa iyo ibintu vyagenz neza! Coup de chapeau Start boy uriko uravayo💯
Welcom burundi
DJ wubahwe rwose
shine boy &kizigenza chch ndabakunda❤🇧🇮
Welcome in Burundi 🇧🇮 👌👌
Nikaz nuwundi musi iwacu🇧🇮
Turabakunda cane 🇧🇮💪
Ivyo bintu vyokwipendekeza nivyo bidusubiza inyuma!!Umuririmvyi wese avuye inyuma yigihugu ama TV online yacu muraba promotinga ariko mwibagira iyo aba stars babarundi iyo bagiye nkomu Rwanda nta TV nimwe igenda kubategera ariko mwebwe🥴🤭 muratwiciye umuziki 🇧🇮 si Dj Paulin gusa awufukamye munda
Calvin 😂😂😂😂
Ja kurubuga gwa UA-cam gwa WIZ DESIGNER murabe video Sha ft double j
Nayibonye ntaco ibawe vrema
@@modrikenlybruno5295 komera
🇧🇮🇷🇼👊
Habwigwa abumva
Ka alvine hhh
Turabikunze caaane nkabarundi, Dj paulin ministère ya culture igushigikire kuko ukora ibintu vyiza cane benshi ntavyo batahura ibintu uriko urakora ariko biteza imbere igihugu ndagushimiye caane, ikindi kuri Dj Paulin iminsi yose utanga interview uvuga ikirundi ciza ni vyiza cane ! Abarundi musidukane iyonka tuje guteza imbere umuziki nigihugu cacu.Ndabashimiye cane
Hahahahahahaha NGO Akora ivyiza kuko Azana ibidandazwa vyohanze Kandi dusanzwe tuvyifitiye muburundi?
@@banin-bradaneirakoze9535 ibitenge,amabati ,fer à béton,ciment ,ibitunguru ,ibiraya n'ibindiiiiiiii vyinshiii ntadondaguye ko vyinjira biva mu bihugu vyo hanze nuko mu Burundi tutabikora canke ngo tubirime........reka ishari n'inzigo
✌✌✌✌✌✌🥰🔥
Abarundi imbere d'abord.
Ntakiryohera nkokubn usigay ukwz 1k mumasaha nubw watey imber ugahinduka gs bandany ukur mwumwuga
Abarundi twikebuke ushima banatugaya NGO kalvin hhhhh Harun twaratewe ntitwabimenya
Nice press conference! Tuzoze dushimwa iyo ibintu vyagenz neza! Coup de chapeau Start boy uriko uravayo💯
Welcom burundi
DJ wubahwe rwose
shine boy &kizigenza chch ndabakunda❤🇧🇮
Welcome in Burundi 🇧🇮 👌👌
Nikaz nuwundi musi iwacu🇧🇮
Turabakunda cane 🇧🇮💪
Ivyo bintu vyokwipendekeza nivyo bidusubiza inyuma!!
Umuririmvyi wese avuye inyuma yigihugu ama TV online yacu muraba promotinga ariko mwibagira iyo aba stars babarundi iyo bagiye nkomu Rwanda nta TV nimwe igenda kubategera ariko mwebwe🥴🤭 muratwiciye umuziki 🇧🇮 si Dj Paulin gusa awufukamye munda
Calvin 😂😂😂😂
Ja kurubuga gwa UA-cam gwa WIZ DESIGNER murabe video Sha ft double j
Nayibonye ntaco ibawe vrema
@@modrikenlybruno5295 komera
🇧🇮🇷🇼👊
Habwigwa abumva
Ka alvine hhh
Turabikunze caaane nkabarundi, Dj paulin ministère ya culture igushigikire kuko ukora ibintu vyiza cane benshi ntavyo batahura ibintu uriko urakora ariko biteza imbere igihugu ndagushimiye caane, ikindi kuri Dj Paulin iminsi yose utanga interview uvuga ikirundi ciza ni vyiza cane ! Abarundi musidukane iyonka tuje guteza imbere umuziki nigihugu cacu.
Ndabashimiye cane