Erega igihimbi na mirongo ine, n umwanya ungana neza na neza na mandats ziwe zitatu: 2027,2034, 2040, ihindurwa ry ibwirizwa nshingiro, rizotuma habaho manda illimités, kuva 2041, tuzoba twinjiye, mu kiringo kidahera, kizohezwa na chaise roulante. Reto mureke kwitabira ivyo mutazi vision 2040, izotuma twinjira mu biringo bitagira iherezo😅
Mufise umu president w’ikijuju. Abanyagihugu ngo ni mwimenye!! Ingorane z’igihugu ntizimuraba!!
Abize ivy'uburimyi n'ubworozi yabagize ivyatsi. Ngo ntaco bize.
Ba rufyuuri batinye barikubamesa😢😢twabatahuye😢😢nibikwepere
Nashaka kubaza uwomutumire , ivyoyakoze akiri mubutegetsi!
Ibitoro acuruzana n umugore we.
Ndakomeye nubwoyompa hegitara5nozikorananje nkikenura murakoze
Uyu arutwa na Nkurunziza
Nomubwira ubutegetsi Atari umunwa, nibikogwa
Ndumwenegihugu
Nkuyo niwerakwiye kuzezwa ivyubutunzi
🤔🤔🤔
Ngo arasefi
Kandi ndakomeye ndashoboye kurima mushikanire ijwiryanje kwasebarundi ampe ahokurima nubwoyontizagusa ntangabire nokora mpaka nanje nkakira nigisabo ndumunyabubanza ndazikurima umuceri imyimbati imbumbarugo bubanza rugazi muzinda butavuka murakoze
Nukurintavuganabi aduhimiriza gukora kandindabitahura gusa bakenye it itongo ryokurima
Erega igihimbi na mirongo ine, n umwanya ungana neza na neza na mandats ziwe zitatu: 2027,2034, 2040, ihindurwa ry ibwirizwa nshingiro, rizotuma habaho manda illimités, kuva 2041, tuzoba twinjiye, mu kiringo kidahera, kizohezwa na chaise roulante. Reto mureke kwitabira ivyo mutazi vision 2040, izotuma twinjira mu biringo bitagira iherezo😅
Ntacyo upfana n'akanwa kawe.