Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Imana ihabwe icubahiro cinshi kuko yaribikiye abana bayo yahishuriye vyinshi kugira batahuze abandi mururu rugendo gwokuja mw,Ijuru.Imana ibakomeze kandi ibahe umugisha. Ikomeze kubahishurira vyinshi kandi natwe ntiturengane muri vyose.
Yemwe mwongere mutubwire kuri derivrence ! Kubreiki Bibiliya ivuga ngo utejejwe ntazarebana N'Imana
Murakoze
Niba umuntu abohoka kuko yizeye YESU gusa kuki Yesu tavuze ko yaje no kubohora imbohe niba kubohoka arukwizera Yesu gusa