Anna rek kumbwir nt Imana iguhezagir ww urafis ic wakoz gikomey❤ Jennifer wakoz kugirir imbabaz karori kuk nae ntiyaraz ivyarimw😅. Mvug nt hejur cn team ibisazi😂😂😂🔥🔥🔥
🇷🇼Abel iyi serie wayanditse neza cyane. Ariko babantu bimusanze mu Rwanda wigeze gusura isezerano wabahaye uraryibuka? Abanti wabeiyeko uzabakinidha film
@@abelnduwayoofficial Hapfuye umwe abandi barahari. Ariko wazashatse uburyo wavugana na papa sava cg uwitwa killaman ko bari kubikora muri iyi minsi mu Rwanda mugashaka uburya mwakorana. ngirango urabazi. Ikindi wazongera ukajya ushaka akanya ukaza muri social media zo mu Rwanda ukongera ukamamaza ibikorwa byawe mu Rwanda kuko ubanza iyo mu Burindi internet idahagije kuko mukora film nziza ariko views ugasanga ni nkeya. Uzagaruke murwa gukora markerting. Bye Ndakwemera Abel.
Muranryoheye pe❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉 jenifa rero yavuzijambo neza nagumanryoherwa gusa🎉🎉🎉
Yoooo karori agarukiye umugore kwer yooo vyiza can karori ❤❤❤❤
Courage imana ibongerinkomez imber nihez
Haaaa abel uranyemeje pe ibindi bizi ndiho iyi reres yawe irimunyigisho nkunda kuko muvyo tubayemwo mubuzima bwamisiyos nivyo mutwigishirizako kugira habe impinduka mumiryango komeza
Abel imana iragukunda cane urabona ibintu waciyemwo vyose irabigusimbishij urasubirany na madame wihane ubutagusubira gucumura
Courage mbakunda cn♥️♥️♥️💃💃💃
Vyza n'cn👌👌👌👌👌💕💕💕💕💕
Courage nukuri.sinahora ndaba film zaw arkubu ntayinjana ntayiravy nasanz zigisha cn.
Iyi film yarikwiye kwigisha na Pasteur Isaïe nawe akisubirako nk'umukozi w'Imana
Ivyumuntu ntahobija kbsaaa❤❤❤
Number one✌️mumpe like basha nanje🥰🥰 love from mimi🇧🇮🇴🇲 ndi murukundo na thé creziness❤️❤️❤️💃💃💃
narinz ng nzozan umugore nn ndabihevy🙅🏼♀️🙅🏼♀️🙅🏼♀️🙅🏼♀️🙅🏼♀️🏃🏃🏃🏃
Kercy ndagukunda cn ukin bien Bi
Imana nyene amahoro ibahe kugera Aho mwipfuz ndabakunda
Waoooh mbeg inkuru iryoshe Jenita na Abel
Nukuri murashoboye kabis ndabakunda cane 👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌👌❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ndaryohewe kuba karori asuburanye numugore wiwe naye marita we ntakunda yishakira irare❤mwaiteguye neza cane kandi Dany nawe yagize neza kwitwara kubutungane niyakire 🎉kuba atishe karori azira amahera yiwe kuko marita niyo yakoresha
Murakoze kuduha inyigicho ni vyishi twize kuri mwebwe imana ibajimbere mukorwa muriko murakora❤❤❤❤🙏🙏🙏🇧🇮🇿🇲
None kumenga irarabgiye congratulations 🎊 👏 💐 🥳 🙌
Ndabakunda kanini❤❤bantu banje hejur CN niho mbifuriza gushik ❤❤❤
Ndabikundira bantu banje ❤❤
Able thanks ndakwemera cyane ❤️🇷🇼 Rwanda 🇷🇼❤️ ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Uyumus nacerewe arik ntaco so courage abiwacu
Naho wacerewe wantanze jaho ndahashits ub nyene
@@ChachaChanyyoooooo bibaho wangu
Anna courage ❤❤
Yooo Anan nakana keza cane kweli
Igihugu kibayemwo abantu baza barigaya nkuko bakabona ko bayovye imiryango myishi yobaho yishimye none nihatari.komeze inyigisho nkizi zofasha kubashoboye kuza barazironka❤❤❤❤
Ewe anna Sha nifilime nyene userebure mama wawe agiye mugasho
Murakoze cane kundyohereza umusi courage 🙏
Mutoni mazina wanje wew hatwike vyumevyumye❤
Nyene barayamaze ngo wirukira uwugusiga ugasiga uwugusanga icakoze inkuru yanyu irimwo isomo
Film ndabona igiye guhera
Courage bantu b'lmana komera mubirimwo neza peeee ❤❤❤🎉🎉
Abacerewe tumenyane mundemere utwotuntu❤❤❤
Nanje ndahigereye.Nimurekure igisasu hahire rimwe n'a Rimwe
Anna hejuruuuu cane 🎉🎉💯🎉 ukabona iyi commentaire yanje ucundondera ndakugurire amazi❤🤗🤗🤗
75410298 nyandikira ucuyimpa ndayimuhe
😄😄😄Sawaaa
@@abelnduwayoofficialaguhe inki ko yavuze amazi?😂😂😂
Hama mutuzanire part ikurikira 👏👏👏👏👏👍❤️🍯💖💌💞🎥
Asha twacerew kbx ark ntakund rek tubandaniriz ahomugejej ❤❤😂😂😂Danny courage team yos courage ❤❤❤❤❤vrt
Mukomere ndabakunda
Mbega film nziza💕
This craziness Abel wubahwe kweri Gusa Nyen twa tu likes twabacererwa mutumpe twinshiii ❤❤❤
Nanj uyumusi nageragej kuvejo ndayirindiriy
🥰🥰congrats to jenita
Anna rek kumbwir nt Imana iguhezagir ww urafis ic wakoz gikomey❤
Jennifer wakoz kugirir imbabaz karori kuk nae ntiyaraz ivyarimw😅.
Mvug nt hejur cn team ibisazi😂😂😂🔥🔥🔥
Asifaye Aruba neza
Turi Maso kabis🎉🎉🎉
Turabingi nze muyirekure hakirikare turabakunda aberi
Courg mwirambire cane❤❤❤
Uramutsindiye niwishim
Courage mwubahwe
Vyiza c❤ane
Welcome welcome 👏👏👏👏👏🙏🙏🙏❤️🍯💖
Ornella Danny arakwikuye🤣🤣🤣🤣 courage
Waouh ndahashits ntevy ak ndabakund cae
Ewe wa film we niyubusazi nyen
Nta kintu kintyoheye nkuko muzoyibandanya, ndabakunda mukomere mu bikorwa vyanyu vya buri munsi.
Kuraje murachoboye💪💃💃💃💃💃💃🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤💕💕💕💕💕🙏🙏🙏
Uwa 57nageragej kbs
Ingene rer mundijije mwiki gitondo😢😢😢
Yooooo ukuri kuzokwama gutsinda ibihe vyose Anna oyeeeee ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mitunyarukiruz suite❤❤❤
Nukuhatwika twimanukira🏃♀️🏃♀️
Courage bant banj❤❤🎉
Mwari mutwigishije
Courage ❤❤❤
Kulibe
Courage cane ❤
Micro wapi amajwi ntiyumvikana bien
Bravo💖💖💐💐
Courrage
Courage Xanaa ❤❤😂😂🎉🎉
Yeah 🎉🎉❤❤❤
Ya couple carojeni na jenicaro iratsinze
Mutubangukire😂😂😂😂
Like zanyu ngaha
🔥🔥🔥💪💪🥰🥰🥰🥰🥰
Kuki Marita mumuha gukina ari umugome jewe mba mbona bitamubereye
Neza cane
🇷🇼Abel iyi serie wayanditse neza cyane.
Ariko babantu bimusanze mu Rwanda wigeze gusura isezerano wabahaye uraryibuka?
Abanti wabeiyeko uzabakinidha film
Baheze bapfa sha
@@abelnduwayoofficial Hapfuye umwe abandi barahari.
Ariko wazashatse uburyo wavugana na papa sava cg uwitwa killaman ko bari kubikora muri iyi minsi mu Rwanda mugashaka uburya mwakorana. ngirango urabazi.
Ikindi wazongera ukajya ushaka akanya ukaza muri social media zo mu Rwanda ukongera ukamamaza ibikorwa byawe mu Rwanda kuko ubanza iyo mu Burindi internet idahagije kuko mukora film nziza ariko views ugasanga ni nkeya.
Uzagaruke murwa gukora markerting.
Bye Ndakwemera Abel.
Nimurekure ningoga muduhe
Courage 💪✨ mutama Abel 🎉🎉
♥️♥️♥️♥️
❤❤❤❤❤
🎉🎉🎉🎉🎉🎉rujigoo🎉🎉😂😂😂😂😂
🔥🔥🔥🔥
❤❤❤🎉🎉
🎉🎉🎉🎉
Muratumy ngirikigumbagumba
🥰🥰
❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤
Iyifilim irimwiinyigish nyish Kandi impandezos
None uwo mu police akoresha imachine itaka?🤣🤣🤣🤣
😂
😂😂numiwe
Ibaze vraiment😂😂😂😂😂numiwee pee
❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮
❤❤❤❤😂😂😂
🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
❤️🤍🖤🤎💜💙💚💖💝💗💕💞
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂
❤❤❤❤😂😂😂
Fou de toi mur église ?
Courage ❤️♥️❤️
Yewe ruraryoshe 😂😂😂😂
❤❤❤❤