AP. MIGNONNE AVUZE UKURI KOSE KURUGENDO RWE I BURUNDI/va kubihuha Menya ukuri/ababihuza na politic
Вставка
- Опубліковано 14 жов 2024
- WIFUZA GUKIZWA CG GUTANGA UBUHAMYA BWAWE (INKURU YANJYE) WAKORESHA IZO NIMERO ZIRI HASI Cyangwa, WIFUZA GUSHYIGIKIRA UMURIMO W'IMANA
_______________________________________________
MTN Mobile Money : +250 788 20 8757
Airtel Money : +250 733 049 049
_______________________________________________
Ushaka Gukoresha Western Union cg Money Gram watubaza kuri izo nimero, Ushaka kubana natwe kuri watsapp Group Nyura hano: chat.whatsapp....
#Irene_0788208757 #Bohoka
Barakuvumbuye sha, ifatire abanyarwanda naho abarundi barareba
Bamuvuyese nkumwicanyi? Bamuvumbuye nkiki? Ko agenda iburayi na America ko yivugira imana agataha bamuvumbuyeho iki?
Apôtre wacu, Imana ikumpere umugisha utagabanije, twagiye IBurundi ujyanywe no kuvuga ubutumwa. Icyo nemeza nuko aho wakandagije ikirenge barabohotse. Nabaguherekeje twarabohotse. Turashima Imana kandi turi inyuma y' umushumba wacu, kuko tuzi, twabonye icyimurimo. Turatuje tuguwe neza. Imana yakoze imigambi yayo.
Thank you so much Apostle ❤❤❤❤ be strong
Apôtre numvise umutima wanje ugukunze. Imana yaguhamagaye igukomeze kandi muze mugaruke.
Imana ishimwe cyane ko mwavuyeyo amahoro pee
Mubintu byose avuze ntaho yigize avugako wenda basengeye igiterane byibura ngo bagire niyerekwa kubizababaho
cyagwa c
wenda Imana ababwirengo nzajyana namwe
Kuko Imana jyewe nzi Ivugisha abantu bayo bayisenga kereka niba iyo mwari mugiye gukorera itavuga
Ndahamya neza ko iyo muza gufata umwanya mugasengera igiterane mbere mukegere Imana rwose Uwiteka yari kubakora ku maso ibyo byose byaye ntibibeho
IJambo ryayo ribivuga ngo kuko Ari ntakizaba itakimenyesheje intore zayo ziyitakira amanwya nijoro
So mwebwe mubona mufite amafranga mukibwirako muzakorera IMANA mudasenga mutavugana nayo 🤔🤣 muribeshya cyane!!!
Kandi nimukomeza iyo nzira muzabona ishyano
UWITEKA ABATABARE
Très bien ! Uvuze neza cane mugenzi. Erega mwene Data icatumye batagisengera ni naco catumye baza kwidogera kuri social media. Ubundi uwatumwe n'Imana vy'ukuri bigenze kurya yari guca aja ahantu mu cumba ciwe akamara imisi ari gusengera abo ico gihugu kimuhagaritse kikamutesha umugambi w'lmana. Gutyo Uhoraho we nyene akazokwiyishuriza.
Kd yavuze umugore wambaye ubururu numweru wabyinaga mu mahwa yakuwemo inkweto
Amen
❤❤❤
@@bahizimontellaese urumva bamugirira ishyari kubera iki ko Imana idukunda twese kandi itarobanura ku butoni? Va mu marangamutima kuko udashobora gushyikira iby'umwuka uri mu marangamutima
Ndagukunda cyane uranyubaka
Imana ivuga ko icubajiro cye itazagiha umwana w' umuntu
Imana igira neza cane
Imana ishimw ko bitabaye
En+ Imana ikorera isaha yayo ,atari imwe wipfuza,
Imana ibahezagire cane Apôtre Mignonne. Tuzi neza imbuto y'ijambo ritabora riri muri mwebwe. Kandi turabakunda nka bamwe mu ngingo za Kristo zikorera ahandi. Turashima Imana kubwanyu kandi kaze uyundi musi Imana ibaciriye inzira. Turasenga ngo Data mukorera abahoze kandi abahe inkomezi zo kubandanya urugendo mwatanguye rutangaje. Soyez bénie
Amagambo menshi yuzuye ubwenge bw'Imana ukuri nkunz uti nubwo tutigishije ariko aho twakandagiye satani yaramwaye Imana ntiyabwiye Yosuwa kubwiriza yavuz gukandagira halleluia
Mureke gushakira cash mumurimo w'Imana.
Mwitonde mu misi hanyuma hazoza abavuga yesu mug bashaka gutwara mpemu y'Imana iri mubavugishwa b'Imana
Ntakibera ubusa haba Ku Rwanda canke Ku Burundi niba igikorane kitabaye harimpamvu yabitumye utirutse ku Mana apana kubantu abobayobozi ntabishobozi nabito bafise bwoguhagarik ivugabutumwa Imana itavyemeye rero vyose vyabaye kumugambi w'Imana rero ntumutwumve nabi canke namwe ngotubumve nabi ivyabay vyose Imana niyo yavyemeye gusa ndagukunda mamuvyeyi ubwo woba ubizi kongukunda❤❤
Ibi bintu byarambabaje murakoze kuti bwira ukuri mubyeyi ugasabira nabarundi umugisha
Narababaye incuro 1000 kubona babuza umuntu kubera juste ivyo arik Imanaaa izobikora apostle turabakunda 100% God bless you
Uri Maman wamahanga ntuturakarire Imana niyakuyobora kuza iwacu Iburundi uzoze ntutwanke ntakibera ubusa iyImana iteyubwoba ikora ivyo ishatse ndizerako kuruhande rwa Barundi twahomvye ariko ntaco ikindigihe izokwemera
Maman wamahanga bisobanur iki?
Love u so much Mamy apostles be blessed from burundi
Unva ndagukunda i like u nukuri ngunda inyijisho zawe poster
Narababaye bihagije p ariko natwe lMANA yibuke UBURUNDI 🙏 Kandi warakoze kudusabira umugisha nubwo wadusize tubabaye 🙏🙏
Borashoboka m'uburundi hariyo uburongozi bw'igihugu , iyo mutabikoze neza ntimushire amakosa kundongozi , harya hakizwa igihugu , amashengero n'abarongozi benshi barataye intumbero y'igikorwa , n'abanaki bari m'uburundi tugira ibikorane mw'ijoro no kumutaga, intumwa ntarubibe ifise ntagihigu igira, mugire umutima wo kwicisha bugufi mugukorera Imana, m'uburundi turakijijwe ntanda zikororwa ntabutinganyi twemera ivyo biramaze Data Imana se w'umwami wacu yesu kristo yibuke igihugu cacu ibandanye yibuka igihugu kubwivyo, ibisigaye nimusenge inzugi zuguruke.naho ngejeje.
Umutima urababesha ngo murabakozi b'Imana naho shwii
Uzushime Imana harigihe warikuza ugahura nabanaki ..ukinjira agasho.ahubwo uduze ishimwe.
Mana yanjye ndagukunda Maman pastor Mignonne Uwiteka ajye akomeza kuguha umugisha mwinshi
yoo pore iburundi dukunda Imana ivyo mwizeye bitubeko iburundi
IMANA IBAHEZAGIRE APOTRE
Ndifuza kuzahura nawe some where am from Uganda
Uvuga neza nkumukozi w'Imana nyene,amajambo yubwenge Apostle warakoze kudusabira umugisha iburundi nubwo vyabaye kurya,nico cerekana ko uri maman wamahanga
🙏🏽🙏🏽🙏🏽👏🏾👏🏾👏🏾, warakoze kudusabira umugisha mwinshi cyane, karibu kandi turakwishimiye cane gose 🙌🙌🙌
Shalom Apôtre, ndanezewe n'ubutumwa utanze hano. Women fondation, Komera cane.
Nakunze uburyo uhorana positive mindset
Imana isubize ahomwakuye
Imana iguhezagire cane , uri umugisha cane . Turagukunda cane , Uhoraho akurinde cane , yongere agukoreshe ivy ubuhizi . Turagushikiye cane , Uhoraho aguharureko ukugororoka iyo ntambwe wagize . Kandi dusavye imbabazi cane kubw ivyakubayeko mu gihugu cacu .
Mungu wangu weeeee ndababaye cane ariko ntakundi mwihangane ncuti zacu turabakunda natwe twarababaye tubura ukotugira
Apostle wanjye
Inzego zi iperereza z'uburundi zubahwe cyanee kuko zakoze akazi uyu mugore ntababeshye ngo ni pastor ni umutasi..kuki mutamumeshe kweli.
Pole sana
Apôtre Mignonne ufite ubwenge bwimana kandi uhumurije imitima myinshi
Mpore Mama Yesu nabishaka uzogaruka from🇧🇮🇧🇮
Murasenga ariko ntimutahura : lmana yuguruye ntawugara . Ico giterane lmana ntiyacugururiye kuko ic’lmana yuguruye ntawucugara . Mureke rero guta umunwa . Musome ijambo ry’lmana
Nukuri apôtre mignone uzogaruke iburundi kandi merci kuba wemeye kuzogaruka!
Kandi uje unsenjera poster wanjye❤❤❤❤
🙏🙏🙏AMEN!!!.Imana ikomeze iguhaze uburame ukize imitima yabenshi Apostle
Warakoze kudusabira umugisha muvyeyi
Amen amen 🙏 you’re so mature pastor…wamwaje satan rwose kuhakandagira byonyine birahagije,be blessed rwose…I just ❤u
Imana yatujyanye American na Europe siyo izatwima BUJUMBURA
Cane kabx ariko nikibazo kimaziminsi gihari uyu Mudamu ntakibazo gusa nibihuha bimaziminsi Iburundi none ba Bruce melodie nabandi kobadasiba kujayo kandi bagakora ivyabajanye satani nimubi ariko atsindwe mwizina Rya Yesu Christo
Nanj ndumurundi nezerejw nirijambo watuye Uhezagirwe cane amen
Amen Amen Apostle ❤ turabakunda turabishimira
Ndagukunda Kandi ndakwubaha Uri intumwa mu gishingo ca KRISTO.Ukomere cane ufise ubwenge bw, IMANA
Nagukundaga ariko ibintu wariwatumwe gukorere iburundi byo guhirika ubutegetsi byatumye nkwanga urunuka kdi nutihana Imana izakwereka ukwikora
@@emmanuelmusafirri6893ariko nawe wararindagiye nukuri urinjiji
Imana ntiyihenda ,kandi ihagarara kwijambo yavuze ,ndashima Imana itanguye kwerekana imbaraga zibakoresha .
Ishimwe rwose yo gahora ku ngoma
Ndabakunda can ♥️♥️♥️♥️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮iman ibahezagir cane igiteramo kitabay nukur ntaco mwatakaj kk iman yarabahezagiye abarund nabo bamwe bamwe turagukunda uzogaruk umusi umw bizagenda nez
yooo apostle umutima mwiza wigirira nyagasani akomeze awagure pee
Mwarakoze kuza Ma mugasiga mudusabiye umugisha, kandi turawakiriye,muzogaruka turavyizeye❤
Uhabwe umugisha gooooooose muvyeyi
Non Apôtre icatumye bahagarika igiterane canyu bakareka consert ya the Ben ntiwumvako aramayobera? Imana idufashe.
Sha abarundikazi twarabaye cane.Ariko Imana izoducira inzira ukundi.
Imanikwongerumugisha, imanikomezekurinda uburundinabarundi, namwe ibikogwamwakoze imanizabibaharureko nkukugoroka,ibisigaye gukorerimana nuko hari intumwazanapfungwa kuberibikogwavyukuvugubutumwa,namwendabashimiyecane musanzwemubitahurakuturusha,kazerero kandi iburundi
wewe ukunda amafaranga😂😂 imana ihezagire uburundi na barundi amen
Uwiteka ahimbazwe ubwo wagarutse Amahoro 🙏
Uyo mu Bishop ushima ,none siwe yari yagutumiye,Soma :Abaroma 12:1-2
NKUNZE UWO MUKOZI W IMANA YAKORESHEJE AKAKUGIRIRA NEZA MUBIHE BITOROSHYE WARURI GUCAMO IMANA IMUKUBIRE KARINDWI KUBWO KWEMERA KUGUHA UBUFASHA
Imana ibahe umugisha
Njyewe ncyumva ko connect izabera i burundi nahise ngira akantu gusa burundi mwisubireho pe birababaje😢😢
Women of God we love u🇧🇮komeza urugendo
Manaweee kumbe ntivyabaye? Niyompamvu naguma ndondera hano nkababura 😢 Ewe Burundi bwacuwee Imana Igutabare.
Nukuri idutabare. Ariko ngira ni kwo gutabarwa nyene, abansi b'Ijambo bariyerekanye neza, kandi igihe kizobihishura
Mu burundi ikintu cose kirapanze😀😀😀
mamy nukuri IMANA ikomeze ikwagure mu mirimo yawe yose ukora
😢😢😢oya natwe muragaruka, tuzobisengera bigende neza, nukuri mwihangane nkabamenye Yesu.
Nasose wasubiyeyo kandi ugira ibihe byiza rwose Kandi bizaba.❤❤❤ndakwemera.
Imana iguhezagire uvuze ijambo ryiza❤❤
mama ihangane rwose nanje naje burundi ari wowe unzanye nahaherukaga kera none ubuyobozi bwaho bwabifashe ukuntu gusa mugihe isi igeze ahabi imana iyo irikwiyerekana na abanzi barahaguruka gusa ntagucika intege mugihe tuvuga imana
Jya wandika “Imana” ninyuguti nkuru 🙏🏾
Ukonukur lmana iguhezagire❤❤❤❤ kumukebura kukoabandi nabokuvuga nabi gusa❤❤
Muvyey ihangan Gus ndagukund kand urumuvyey mwiz apôtre mignon uzagaruk kand uzakor igiteran muburund turagukund kand tubah igikorw Christ yesu yaguhay namavut arikur wew ❤
Imana ishimwe ko mwagarutse amahoro 🙏🙏
Abantu bose sibeza mamy utubabarire ariko ukomeze ubakunde❤❤😢😢😢
Komera komera mubyeyi wacu twebwe abanyarwanda turakwikundira kd harimpamvu imana yabyemeye ko biba.
Amagambo Meza yumbwenge❤Imana igukomereze amaboko
Imana ikubabarire uvuze ibitari bikwiye
Apostle mwihangane! We are proud of you. Tubonye uko witwara mu kigeragezo, test of maturity kandi nta buryarya burimo. Uvuze neza kandi turize kandi dushimiyimana mu byiza n ibibi
Kwihangana vyamunaniye cane kuko yavuze muburundi harabanaki kandi yadomyeko imvugo yogutuka inzego nkumuyobozi yanyereye
@@viateur4781 icyambwira wowe ukuntu uvuga neza🤔mubyiza yavuze byose abanake nibo wumvishije gusa?
Uyu madame ndamunezererewe avuga imvugo y'abantu b'Imana kandi araciye ubwenge. Imana izoguhe iherezo ryiza.
imana ikomeze igukuze ubone ico uhaabavyeyi imana yagutumyeho abavuga bo bazokomeza bavuge bazahora bafise umwanya woguta
Guma hiyo ubutumwa utanga subwijuru.nubwo kwinezereza mumubiri gusa
Wabitahuye
yooo apostle mukomeze kwihangana IMANA ibirimo
Urabivuze ko ari abarundi arabanaki kweri!! Thank you for letting us know that!!!
ICAKOZE Mana Yanje ndumurundikazi vyumve ndababaye pe kandi pe😢😢😢😢😢😢
Urahimvye
@@marioniyimbona9866ni wewe uhimvye ahubwo
Ese Abarundi ntibizeye Sécurité yabo? Inzego za Sécurité n’Akazi kabo kurinda Umutekano .
Wa mugore ifuke umutwe nga maria
IMANA yo mw.ijuru iguhezagiree 💝💝💝💝
Urazi gutukana no kwambara imbuzu zitakwiye ukitwa Apotre
Rwose muhumure pe muzasubirayo mw'izina rya Yesu❤❤
Turabahaye ikaze kand
Bajya gukora iki?
Basubire he? Ntawe dukeneye nabandanye ahonyene mu rwanda
Ariko natwe mwanduhaye zoom link cyangwa code 🎉Ndagukunda cyaneeeeeee Apostle MIGNONNE
Non ko numfise ngo kwinjir yar 200ml zamarundi canke 50&non nanj nar kuba muricogiterane???ko amaher yar menshi
Ntabwo satani azigera atsinda narimwe ntaze yigambe ngo vyaranse harico Imana yakoze kubyemera twemerako ataco Imana irekera ubusa ngo kibe Mutima w,Imana ahorane nawe Apôtre Mignone
Ap imana ijyiguha umugisha
❤
Niba muyoborwa n'Umwuka mwakabaye mumenya ko ibyo mugiyemo bitazakunda, mugafata igihe gihagije cyo gusenga. Naho kwita abashinzwe umutekano w'i Burundi Abanaki ni ikimenyetso gihamya rwose ko Imana itari iri mu ruhande rwanyu. Mwihane
😃nawe ushobora kuba umwe mubanake😅 ubu wowe tuvugeko aho ugiye hose ubanza kwerekwa?
@@uweraallen7452 Ntukihutire gutukana ahubwo jya usobanuza. Ni gute wajya mu butumwa utatumwe na nyir'ubutumwa?! None se ivugabutumwa rihuriye he na gahunda zisanzwe?! Ntabwo ibyanyu byahagaritswe na Satani ahubwo byahagaritswe n'abashinzwe umutekano kuko byagaragaye ko hari indi gahunda ibyara inoti yari ibajyanye, mwitwikira ivugabutumwa mujijisha. Uwiteka azajya abatamaza mukorwe n'isoni kubwo kwinangira kwanyu.
@@umwubatsitv8118 ntabwo ntukanye Kandi sije wanditse muri bible ijambo abanake none uratekerezako yaraje gukora ikikindi uretse ivuga butumwa? Cyokora murababaje wowe niba uyoborwa numwuka imana iguhe umugisha rwose na Satan azi kurwana wasanga ariwe warwanye nkuko yasomye icyanditswe
@@umwubatsitv8118gahunda ibyara inoti mu minsi 2 cyangwa 3? Abantu ibihumbi 4000 Mignonne yarababuze i Kigali? Bituma afata indege, n'abandi baturuka mu bihugu bitandukanye? Ubwo se yari ashoye iki i Bujumbura atari kubonera abaguzi i Kigali? 😅 uransekeeeje. Ubwo acuruza reka tumugire inama ajye Europe, Canada na USA afiteyo abamukurikira barenze uyu mubare, bazanamuha arenze 50$. 😂
Apostle wubahwee, ikimpimbaye kuba uvuze kuzogarukaaa, turabategerejeeeee
Amina
Uburundi mubugendemwo gahoro ,hagez kuburundi TWITONDE...
Imana iguh umugisha Mamaaa🫂
Yooo abanake IMANA ibadukize aho barihose IMANA ntihishwa niyo mucamanza ntaho ahishwa
🎉yesu araje
Yooooooo sha nari nasavye na off kukazi kugira participer muri connect , itangazo ryanshikiriye 12h 😭😭😭, naciye ntaha kuryama 😢😢😢😢, ntakundi lmana irazi impamvu vyabaye🤭🤭🤭
None se ntiwisabiye kujya mu Ngando n'umuhungu wawe umwe rukumbi ufite n'abandi basore b'ababyeyi b'inshuiti zawe.
🤷🤷