Aguilaaa, NTUZEEH, Dan Rapper, Isaac CG, Gladys Eglisias - DEKESHA

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 8 лют 2025
  • TUNE 24 Playlist - Millisouls
    DEKESHA lyrics
    ______________________________________________
    [NTUZEEH]
    Yesu arandekeshaaa
    Regarde moi
    Naramwakiriye j’suis dans ses bras
    Yumumu(nguma nryoherwa)
    Je danse comme ça x3(nguma nryoherwa)
    [Gladys]
    Mbega Wawa yéyé Mbega Wawa(Mbega Wawa)
    Hagarara akabanga nkwibira Wawa (Mbega Wawa)
    Har'uwambwiye you're feelin' lonely Wawa (Mbega Wawa)
    Nanje nt'ivyo ndazi uwobimukiza we Wawa
    Usinambie sikukuambia Siri Deh!
    Siri ni Yesu Hakuna muengine ana CAN
    Ntuze uvuge ngwiki ngwiki uwo Rafiki njo Rafiki
    Ntaguha iki ngo ashaka iki uwo nawe c'est Qui??!
    [Isaac CG]
    How wonderful dey the life in Jesus je sinzomuheba
    Yanyicaritse iburyo kwa data life ica iba better
    Anani dekesha ananidekeeee
    Kama mtoto mdogo mimi anani dekeee
    Anani dekesha anani dekee
    No matter what I do anani deke ke ke ke Kesha
    [Dan Rapper]
    Andera tambuka uze ino
    Hiyo siho vayo ino niho nyaho siko
    Deka ntaco uzobura (Deka)
    Nivyo utiteze nije nzobiguha
    Eeeh deka nikudekesheeeee (Deka)
    Shine nifulahisheee
    [Aguilaaa]
    Abujubujubu
    Arandekesha ndamuguma Kubitugu
    Amaraso yiwe yaranyogeje mfise isuku
    Kumusaraba icaha yaragitey umutuku
    Oyaaa…tugende
    Yatugize bamwe nawe ducaturayagayaga
    N'ikuzimu batubonye haraba uruhagarara
    Uravye life yacu ivyo yakoze biragaragara
    Si twe babona, babona Kristo
    [Isaac CG]
    How wonderful dey the life in Jesus jew sinzomuheba
    Yanyicaritse iburyo kwa data life ica iba better
    Anani dekesha ananidekeeee
    Kama mtoto mdogo Mimi anani dekeee
    Anani dekesha anani dekee
    No matter what I do anani deke ke ke ke Kesha
    ______________________________________________________
    Produced by : @Millisouls
    Arranged by : @Aguilaaa
    Artworks : @Dan Rapper
    millisouls©copyright2024

КОМЕНТАРІ • 117