Havuye Bif ya Bface na DramaT haca hakurikira DjPaulin na Double Jay Hama ibibazo vya MowKanzie nuwamutumyeko Belgique, ubu naho Gusto na Alvin. Uwu muziki ko wamamwo ibibazo? Ibi bintu birimwo ikibazo co kwicarira.
Ivya baririvyi biburundi iwacu vyabaye ndase pe nubwo ivyanyu bidahishwa ms harivyo tutaba dukwiye kumenya nkabafana so be careful with your friends melanin 😢
IMANA ikuje imbere ❤ abakunzi ba melanin boy mu nkandire 👍👍👍👍👍
Imana ishishikare kukugurururira imiryango sha Melanin boy ✊🏆
Gustoo🎉🎉❤
Ihorer musaza jew nzokugumak mpakakk bisabumutima umutimawihangan. Niwe mega super siter❤❤❤❤❤❤
Melanin IKINDI KIREMWA😂ndagufana musaza mbaye 1🎉
Ntamwana yakurie kubuterere 😂😂😂😂usanga keshi yisonera abeshi bakura vyarabacanz ihangane meranin univigira make mubuzima😢😢
Nkunda ukuntu ubikora neza sha!!hejuru caaaane
❤❤❤❤❤❤❤
Umwanditsi mwiza✍️
Umwana wisezerano uzobaho tuu❤❤❤❤
🎉umukubito🎉
❤From Makamba
Kl kl papa 🎉🎉🎉
Ndagukunda cane gose melanin boy
Niwe muririvy mbona gus.
Courage Melanin
Ndiko ndarengana ariko reka nicare numvirize ino nkuru.
Mélanine bisaba umutima wihangana😢😢😢
Uyu jama namkubali sana
Mpore mpore mpore
Uyo yaje asubirira yoya kumbwanj,
Havuye Bif ya Bface na DramaT haca hakurikira DjPaulin na Double Jay Hama ibibazo vya MowKanzie nuwamutumyeko Belgique, ubu naho Gusto na Alvin. Uwu muziki ko wamamwo ibibazo? Ibi bintu birimwo ikibazo co kwicarira.
❤❤❤
Couragee❤
Ubikor nez kure cane
Abaririmvyi mufise akajagari.
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Nidanje
Boy🔥🫡
Kure cane muhungu wigihugu cacu
Ivya baririvyi biburundi iwacu vyabaye ndase pe nubwo ivyanyu bidahishwa ms harivyo tutaba dukwiye kumenya nkabafana so be careful with your friends melanin 😢
Abaririmvyi biburundi muri nakajagari naww bavuga kutavugavuga none ujurenze nimureke kugumana akajagari nimukore akazi murekane nubujambo
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂none ko mperuka bavuga ngo ntasaku muvuga izonsaku uzanye niziki? Burya mwebwe abaririmvyi bamudukuramwo akajagari ngaho ninsaku ngaho nimba waranse kuvuga kare bakikuvuga ubu ubizanye bimare iki? Kutabivuze kare kugira ubeshuze ivyo bakuvugako ubu ubivugiye iki?
Burya abaririmvyi mwese murakwiye kureka inzigo nokwipfuriza inabi abandi muza muriyorobeka hama mukaza mwiriza kandi muri ninzigo nyinshi.
Je ndakwanka muta
ua-cam.com/video/w1FlwoHtPG8/v-deo.htmlsi=XoAqdlSleP9DoQpV
Hypocrite sana uwo jama un jour muzonumenya ubu aracakina nubwenge bwanyu 🙌🏽🙌🏽
Rek kwiyerekana muramwanka muga arabaruta nne ari muri Interview ntiyishure abajijwe?umugenera ivyo yishura ?kizima vyabaye hama rek abe umu hypocrite hako aba impoli
Tokaa pale voyou, achana nae anakushinda kila kitu tuliza mzuka...
Sawa reka tuzorab ko tumumenya arik umenye ko ww uri ikirofa😢
Melanin hejuru
@alvinsmithofficial ba wifata nkumu star noe nkubu ivyo bijambo uzanye ngah vyari bikenewe nkumu star commentaire zirekere abafana urindire nawe bagutumire uzobivuge nahonyene babikubajije bureka kwifata nkumu voyou😂