Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Mbaye mubambere mumpa like kugira tumenyane duhita twimanukira🏃🏃🏃🏃🏃, Abarundi turashoboye💪💪 tugire ahotuba twubahwe👏👏. Abarundi bakunda ivyiwacu nkanje❤❤ tumenyane UBURUNDI 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 hejuru🙌🙌🙌. Sabbas tukurinyuma💃💃💃💃
Murakoze
🇧🇮🇧🇮oyeeee
Harahiye koko 🤣🔥❤️
Love from mr sammy abakunda sammy bakababaje Nino tumenyane
Ndihano ❤️❤️❤️
Sammy wibuk kakantu kanj wanyemerera karukundo tv
Waoo komera can umwami waba pompompo 😃😃🙈
ubizima wabay umwana mub sana 🙈 urateranya sammy nukur🤣🤣🤣
Niho turiiii
Bantu banje beza bantu banje nkunda igikorwa nagishikanye mumfashe gupartagea duhe benshi bashoboka Abarundi turashoboye ariko dushobozwa n,Imana iduha inkomezi hamwe namwe ba fans beza mudufata mumugongo mwubahwe nijew ndabikundira.
Ukonukuri turinyuma yawe
Wagize neza ariko akantu mbona nogirako commentaire muzorondere aba maman bakuze.birabera iyo umwana numu maman bakinye biboneka neza kwangana na nyina biraryoshe.nkuyo mumama nyina wa chr wa kajeneza ntasa nkuwoba nyina wiwe
Turi mugikogwa cogusabikanya nincuti nabagenzi
@@sarahndayishimiye613 nivyo ariko uwo mukobwa ni igikuriro tu aracari muto wibuke histoire uwo bamuteye inda akiri umwana
@@sabbasburundi2404 ook.
Sammy baramwishe pe Saba's numuntu wimana ibyo bazohora bamutega byose ntibizomufata courage kweri
Uyumusi njemubambere abaza imyuma mushireko twatuntu tumenyane murirwarukundo nyene dushigikire abarundi biwacu babikora neza kwer imana ibaje imbere
Sabbasi Urashoboye Kbx
Ubuzim nurugendo rukomey kbs courage flm nziza cn
Ndasavye mubwir umusi wundiii nzobe niteguye kndii muzogir ukunyene imwe ihez iyindii ibandanye vyar bitesa sabbas urashoboy cool💯💯
Mercredi indwiza
Murashoboye kbs ngo urucira mukaso rukarya nyoko enock arihekuye mwenewabo yesu nise wipfunvyi peee mubahwe kushapo kbs
Wowoooo mbega vyiza Imana ibongere inkomezi harimwo impanuru nyishi
Icyakora umunyarwanda yaciye umungani ati urucira mukaso ruhatwara nyokoNkuyu yishe umuvandimwe we atariwe yashakanga kwica Sabas Imana iguhezangire kbs Uringisha abarundi banyu abanyarwa natwe ikirundi turagitora neza cyane Nukuvunga ko natwebtwingirako amasomo meshi cane Imana y'amahoro ihezangire Imyandikire yanyu nimikorere y'amaboko hanyuNdamaze kwinga byishi kubwa fmlime ziburundi
Turashoboye kweri ndabakunda cn inyigisho nziza cn abantu bagucira icobo Imana ikagucira icanzo Burundi hozagara💫💞💞💞
Mwese murabantu banj ndab♥️ Saba wew na fani mumupfakaz nongah murahaturir
waouhhhhh sabbas wifata neza cane ,muhezagirwe cane😍😍😍😍😍
SabbasGospelFilms murakora umuti cane. Mwubahwe 😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
Abarundi courage kbx akaga film kagiragatatu muma film yabarundi 3 anryohera hari mugisha ninkuru y' inkuba
Sabbas sawe imana iragukunda enock yariyaguchuriye mwuburozi muri kaka ji kaw nin bavugango urucira mukasorugakitana nyoko wew guma mumana imana niyitanga vyose yagirakwice enock ngo asigarane amatungo yaw
Sabbas ndamukunda cyane komereza aho
Rekantere iyindi comentaire kuko dyohewe sabbas imana iragukund bagutega uburozi bukaryabandi urakaze courage mwese murashoboye
Sabbas wangu Imana ikwagure ncuti yanj film yigisha irandijij
Merciiii
Courage sabbas mwubahwe ndabafana ndabakunda nimpanuro zikomeye imana irafise uko itabara abayo sabbas komeza gusenga imana izokutabara aba maman bemeze nkamaman enoke mwikebuke kuko umwana wumegabo nuwawe fanny karibu alvella arihehe?🇧🇮🇧🇮💯💯👌🙏
Yoo nacerewe ndabakunda❤❤❤❤💪💪💪
Sabbas courage uriko uvyitwaramwo neza
Mana yanje ese ivyububuzi bwa sabasi buzoherera hehe mana zigama ubuzima bwumuhungu wawe sabasi ndabipfuriza gukonera cane mwebwe mutwigisga mubicishije mu firme🙏🙏🥰🥰
Sha ushatse womurera neza ntuzi uwuzogukiza Kandi nigiti kirakurira mubabaji
Ico maze imisi nihweza film zi Burundi ndabana ziriko zitera iyindi ntambwe sabbas courage urashobora tukuri inyuma muvandimwe 💪💪💪💪💪
Ubwobwiyorobets bwabo ba mama ngo barikuyaga neza knd badakunda na nihtr😀😀😀😀
Murakoze cane twari tuyirindiranye igishika cinshi
Courage films nziza cane irigisha cane murashoboye cane turabakurikira 🇧🇮🇧🇮🇸🇦
Mutere muja imbere nk'umuzinga. Abarundi vyukuri murashoboye kandi films zanyu ziranyubaka. Yesu abaje imbete
Dutweke twimanukire abakunzi ba sabass mumpe utu like
Good job 🔥🔥🔥🔥 turabakunda caaneeee❤❤❤❤❤❤🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮
Number one
Waoo uruciramukaso rugatwar nyok muduhe vub iyikurikira Ndabkunda cne
Coup de chapeau kuri maman enock vrt arazii gukina iyo rôle vrt 😂😂😍
ibaz shn ng umwana wuwund arikavuga ater iseseme😭
Arazi gukina kbx, aratwika
Yioooo ingero y' icaha nukwihekura. Pole Sabbas urahatswe
Sabbs na fanny Lavine courage kandi turabakunda cane mwubahwe
Imbere niheza ncuti dukomeze urugamba.# love from ICIRORE films
ABA bavyeyi baransekej Nukr 😂😂😂🥰😃 baratukana haje abant bagac bakauka🥰🥰🥰🥰🤣🤣🤣
Film yigisha cane kabisa
Yooo reka iyi ndayigireko icayi narindayikumbuye
Sabbas imana iragukunda
Sabass wubahwe uriko uvyitwaramwo neza🙏🙏👍👍
Hamwe n'Imana iturinda ivya bansi badutega🤔🤔komeza
Nacerewe gato mugabo mbaye mubambere courage cane bantu banje😍😍😍😍
Yooo akazi kamwarabo katumye ncererwa mukama mwubahwe mbakunda cane✌✌✌✌
Enock wihane kubera abakozi bimana barakigiwe
Uyomugore arantwengej ngwafis intuntu kubona Sabbas afis ubutunzi kuruta uwiw.gusa urazi gukina madame
Urucira mukaso rugahitana nyoko courage turabakunda cane
Ntawizigiye lmana ngo imukozi soni 🙏🙏🙏💃💃💃💃
Kajeneza ndagushimiy kunyifato yaw arik uragab ntuzohav usang ukunz mushikaw 🔥🔥🙌🙌
Yoooooooo courage nukur murashoboy iyikurikira turayirindiye
Sabbas pole imana irakuzi izogutabara
Waooo!film nziza cane courange abarundi bacu🇧🇮🇧🇮👍murashoboye
Ndashoboye guhanyuka nogutwenga kubera Ababa maman 😄😄😄😄
Hhhhh sinogend ntavuze,ngurucira umukate rugahitana ivokaa😊😊😊nguwo Sammy ni bayi bayi
Ndabakunda caane from Australia keep going guys
Birakomey kabisa kajeneza komeza usenge lmana izoca inzira
Iyi film harimwo history yubuzima bwanje😭 mwubahwe kabisa my brother komerazaho turinyuma yanyu pe kandi turabakunda cane❤️❤️❤️
Ndabakunda san 🇧🇬🇧🇮
Ndabakunda from kuwait❤igiye kuryoha next plz🥰
Sammy nkunda kury yariye igifyera kimumena itama🤣🤣🤣 sabbat komeza guseng uwubah Imana ararinzwe🙏🙏
Muri Ibihangange kabisa ntiwovyumva
Abarundi turashoboye cane. Courage bakinyi beza. ❤️❤️❤️
Asha mama wa enock mana mengo nimukaka papa basha nuko bameze
@@NdihokubwayoInnoncent pole sana
Iyi film ♥️♥️♥️♥️mpol sabbas wanjy ubuzima nuko
Courage Mr sabass Imana ibane namwe mubikogwa vyany 🙏🙏
Courage sabas ndaguteye intege muranyigishijepe
Yooo nacerewe 💋💋💋💋💋❤️❤️❤️❤️💪💪💪
Bamwana bagire namarame 🔥🔥🔥
Na irene asigay akin filme wawooooo cogration irene❤️😍😍
Asante kwa mwendelezo
Nukuri ntubeshe kino gihe tugezemwo ishari nurwanko rusigaye rurenze mubantu.umuntu akagusekara akwanka
Utunyarukirize party 3
Imana usenga kaje neza iraguhorera
Ash igez ahiryoshe pe courage
Yoooo Samy ntafe enock urumugom sabase musengere abidahwe so courage murashoboy kand mrc bcq kubon muduh iminota ikwiy
Yooooo🤣🤣nditonze gutweng hafi yo kumeneka kabis🤣mbeg abavyeyi biyorobeka we ahahant bahakiny nez uwakunz bano bavyey aceho ansigir like mur rwarukundo👍courage cane bagenzi murashoboye
yooo dariz kubwa sebass
Umwana yankwa niw akura
Ego uramubariye ukuri cha
Inyigisho nziza courage
Uravuze ukuri
Sabbat courage turabakurikiran can 🥰🥰,🇦🇪🇧🇮
Amasanamu simeza cane mwikebuke hanyuma❤🇧🇮🇸🇦
cushira kuri 480
Wapi nyen ntibiboneka neza
Ewe Sammy pole sana uguye mumporero ngo urucira umukate rugahitana ivoka hahaha bateze sabbas uburozi none buhitany Sammy kwer
Ndabakunze abarundi turashoboye kabisa,ariko aba maman mwige gukunda abana bose mubarere kumwe murukundo
Ndaba❤️ cn IMANA ibandanye ibaha nizindi mpano
Mbega vyiza🥰🥰🥰
Sabbas ndagufana ubitegura neza
Hhhh ngugashireyo nako kagushireyo muranyica gays ndaaaaabafanaaa💖💥
Sabas Urumugisha
Yruciramukaso rugahitananyok sabasie yarahezagiwe aryishan
Waoooooo mbega sabbs umutim afis 💪💪uyomuhung aranyumij nyin wiw kwel
Sije mbona harageze mardi mukomere cn ❤️❤️
muduhe ikindi gice Turabe ubuzima gusa nohanura sabasi kutazigera yiyanduza nicitwa icaha kandi Azohore abanguka gutabara gutyonye kuko yamaze kubona munzu abayemwo hariho mugizi wanabi.
Sabbas komera from 🇴🇲🇧🇮
Mukomere ndabakunda🇧🇮🇧🇮🇴🇲🇴🇲
Turabafana
Mubikora neza
Sabbas urarizwe nuku uzugume kumavi🙏🙏Enock arihekuy nukuri😄😭😭Courag kbx🤸♀️🤸♀️
Twarituyirindirany igishika ndabakunda gose muduha impanure zinereye kuruvyaro gwacu muhezagigwe 🤗
Tantine urarenze kweri gusa nyene gsbanya inzigo😄😘
Iyo usenga kndi ukitaho ivyimana imana nayo ica yitaho ivyawe komeza usenge di kajeneza imana murikumwe
Mbaye mubambere mumpa like kugira tumenyane duhita twimanukira🏃🏃🏃🏃🏃, Abarundi turashoboye💪💪 tugire ahotuba twubahwe👏👏. Abarundi bakunda ivyiwacu nkanje❤❤ tumenyane UBURUNDI 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 hejuru🙌🙌🙌. Sabbas tukurinyuma💃💃💃💃
Murakoze
🇧🇮🇧🇮oyeeee
Harahiye koko 🤣🔥❤️
Love from mr sammy abakunda sammy bakababaje Nino tumenyane
Ndihano ❤️❤️❤️
Sammy wibuk kakantu kanj wanyemerera karukundo tv
Waoo komera can umwami waba pompompo 😃😃🙈
ubizima wabay umwana mub sana 🙈 urateranya sammy nukur🤣🤣🤣
Niho turiiii
Bantu banje beza bantu banje nkunda igikorwa nagishikanye mumfashe gupartagea duhe benshi bashoboka Abarundi turashoboye ariko dushobozwa n,Imana iduha inkomezi hamwe namwe ba fans beza mudufata mumugongo mwubahwe nijew ndabikundira.
Ukonukuri turinyuma yawe
Wagize neza ariko akantu mbona nogirako commentaire muzorondere aba maman bakuze.birabera iyo umwana numu maman bakinye biboneka neza kwangana na nyina biraryoshe.nkuyo mumama nyina wa chr wa kajeneza ntasa nkuwoba nyina wiwe
Turi mugikogwa cogusabikanya nincuti nabagenzi
@@sarahndayishimiye613 nivyo ariko uwo mukobwa ni igikuriro tu aracari muto wibuke histoire uwo bamuteye inda akiri umwana
@@sabbasburundi2404 ook.
Sammy baramwishe pe Saba's numuntu wimana ibyo bazohora bamutega byose ntibizomufata courage kweri
Uyumusi njemubambere abaza imyuma mushireko twatuntu tumenyane murirwarukundo nyene dushigikire abarundi biwacu babikora neza kwer imana ibaje imbere
Sabbasi Urashoboye Kbx
Ubuzim nurugendo rukomey kbs courage flm nziza cn
Ndasavye mubwir umusi wundiii nzobe niteguye kndii muzogir ukunyene imwe ihez iyindii ibandanye vyar bitesa sabbas urashoboy cool💯💯
Mercredi indwiza
Murashoboye kbs ngo urucira mukaso rukarya nyoko enock arihekuye mwenewabo yesu nise wipfunvyi peee mubahwe kushapo kbs
Wowoooo mbega vyiza Imana ibongere inkomezi harimwo impanuru nyishi
Icyakora umunyarwanda yaciye umungani ati urucira mukaso ruhatwara nyoko
Nkuyu yishe umuvandimwe we atariwe yashakanga kwica
Sabas Imana iguhezangire kbs
Uringisha abarundi banyu abanyarwa natwe ikirundi turagitora neza cyane
Nukuvunga ko natwebtwingirako amasomo meshi cane Imana y'amahoro ihezangire Imyandikire yanyu nimikorere y'amaboko hanyu
Ndamaze kwinga byishi kubwa fmlime ziburundi