Big Fizzo, Mugani Desire n'umutambukanyi wiwe||mariage uko yagenze yose
Вставка
- Опубліковано 30 вер 2024
- urashaka ko dutera imbere,please kora subscribe, like,share na comments kuri channel yacu.
ukeneye ico ubaza canke ico uterera (+25779402636)
follow us @ on facebook, instagram and twitter
#magicchannelTv#Entertainment
Ndamubonye mama fizzo ariko abaturako imihezagiro 😍😍😍
Muraba amakara ntumube urubeya biraryoshe cane
Yesu akomeze urugo rwanyu🙏🙏🙏🙏
Uze wubake rugume mutama twemeraa
Imana ihezagire urugo rwabo ni vyiza cane
Imana ibahezagire murugorwanyu
Nukuri biraberey can pé😘😘😘
Vyiza cane 👏
Imana ihezagire urugo rwanyu n muvyomukora vyose
Imana ihezagire urugo rwanyu n muvyomukora vyose
Mwubake rugume
Imana ibahezagire
Mumbonera mubona ari Edith?
Of course
im confused uyu niwe stein cank
Nivyiza p