Ese Yesu ni umwana w'imana koko nkuko bivugwa Bibiliya na Qur'an bibivugaho iki?

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 5 гру 2020

КОМЕНТАРІ • 9

  • @salmaalnaamani8504
    @salmaalnaamani8504 3 роки тому +1

    Mansha’Allah Tabaraka rahman Allah ishimwe

    • @murakozecyaneidrissa3110
      @murakozecyaneidrissa3110 3 роки тому +1

      Murakoze cyane muza tugaragarize imironko ya bibiliya ibonekamo intumwa Muhamad

  • @mukundwaalice4761
    @mukundwaalice4761 3 роки тому +1

    Mlichanganikiwa sana, hamwezi kutambua Kristo, Bibilia muriko murakoresha ntayo muzi kuko mukomeje muratsindwa, muzasome abaheburayo igice ca mbere, hanyuma musome igice ca gatanu umurongo wa gatanu. Nyie Mungu abasange kabisa, nabamwishe ntibigeze bamwemera.

    • @Dawarwanda
      @Dawarwanda  3 роки тому

      Amahoro y'Imama Alice waba wakurikiye ikiganiro cyose cg wumvise akajambo kamwe uhita ukora comment?
      Ikibazo wowe ukurikije ibyanditswe wibazako Yesu arinde?
      Urakoze Imana iguhozeho impuhwe zayo

    • @desirenkunzimana4082
      @desirenkunzimana4082 8 місяців тому

      😂😅mureke kubesha abantu murabigisha bibinyoma

    • @MusokeHamis
      @MusokeHamis 8 місяців тому

      ​@@desirenkunzimana4082 hhhhhh warayobye wowe

  • @muhitiraamissy7198
    @muhitiraamissy7198 Рік тому +1

    Comera imana ibabe imbere kabisa

    • @desirenkunzimana4082
      @desirenkunzimana4082 8 місяців тому

      Uko mubesha mucurika ivyanditswe Niko ivyago muzobona bizoba vyinshi

    • @desirenkunzimana4082
      @desirenkunzimana4082 8 місяців тому

      YESU yavuze ni jewe nzira nukuri nubugingo ntawushika kwa data ntamujanye
      Nabayuda baratukana nkamwe kandi barabiwabo
      imana musenga nikigirwamana casigaye muri vyinshi nico mwita Allah muratinya amasumo muratinya imiyaga kuko muzi kwariho amajini aba
      Muhamadi
      N'umunyavyaha
      Ntayindi ntumwa yakamaramaza yihaye gukora ivyaha nkayo
      YESU ntacaha yigeze akora yikoreye ivyaha vyabari mw'isi yigirumuntu kugira aguhe agakiza kandi uri umunyavyaha
      None agiye kugaruka ubwakabiri ari umwami wisiyose kandi mubazocirirwa urubanza naba isilamu murimwo muhamadi nawene azomucira urubanza
      Mutihanye azobata muri gihenomu mutamwizeye
      Azobata mumuriro
      Mwizina rya YESU kristo amajini arahunga