Ibirori Vyaranze Ihimbazwa ry'Isabukuru y'Imyaka 60 Iheze Uburundi Buronse intahe y'Ukwikukira
Вставка
- Опубліковано 11 лют 2025
- Itariki imwe Mukakaro 2022 Uburundi bwari buramutse buhimbaza imyaka 60 iheze buronse intahe y'ukwikukira.
Ivyo birori vyari vyitabwe n'isinzi ry'abantu hamwe n'abanyecubahiro batandukanye bo ngaha mu gihugu cacu hamwe n'abandi bari baje bava mu makungu baje kwifatanya n'abarundi kwigina iryo sabukuru.
Kuri uwo musi nyene abasirikare hamwe n'inyamiramabi barabiciye biracika aho bagize idefile y'agakura.
#Ukwikukira
#BurundiBwacu
#BurundiBwiza