RABIN & EPHREM "M23 NIYO MUCUNGUZI WA DRC🚀ICYIHISHE MU GAHENGE🚀TSHISEKEDI ARI MU BIGANIRO RWIHISHWA

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 8 лип 2024
  • Tera inkunga #Bwiza TV na Bwiza.com wakoresha Telefone : 0788554010- 0788302082. Uko mubishoboye mwatera inkunga ikinyamakuru Bwiza, Mufite ibitekerezo cyangwa indi nkunga iyo ari yo yose kugirango dukomeze kubashakira amakuru.

КОМЕНТАРІ • 3

  • @akajibwamiwilly6806
    @akajibwamiwilly6806 16 днів тому +2

    Bonsoir à tous,
    Nagire ngire ico nterereye kubijanye nugushaka kwa Leta ya Gitega mugukemura ikibazo kijanye niyugururwa ry imipaka Uburundi buhana n’igihugu c’urwanda.Rabin yavuze ikibazo c’igitoro jewe nashaka nongereko ikibazo c’imiti nama Devises Ivyo vyose ntabihari vyumvikana ko babishaka aharihohose hoshoboka.
    Hari ikindi kibazo gikomeye M23 aho bukera ifata sud Kivu igashika kumbibe z’uburundi ko atakiriko kirayihagarika leta igomba gukora uko ishoboye kugira ivyo bizoshike atagatosi kakiri mumigenderanire yayo n’urwanda Murakoze

  • @ThomasNdumuhire-lu3fy
    @ThomasNdumuhire-lu3fy 16 днів тому

    Rabin ni umunalyste kbsa

  • @MartinNiyibizi-d9o
    @MartinNiyibizi-d9o 16 днів тому

    Murahoneza mwamfuramwe, ndabakurikiye nezacyane hano iwacu mubigogwe