Ndayi,ndakubwije ukuri iyo widogera ibisuma birakugaya ntagisuma bidogera ehe rabira kuri former Pres wa Tanzania yasize ibintu vyose kumurongo mon frère aba shikiranganji benshi ugena ni bijuju ntaco bagufasha niho hari ingorane nuko ntari hafi yawe ngo ndakugire inama yokubaka igihugu mu mezi2
Good news thanks you viva africa Viva Burundi 🇧🇮❤❤❤❤
Abarundi mwatomboye umuperezida wumunyabwenge ariko ntimushobotse abarundi pe ntimwifuza iterambere ryigihugu cyanyu nimumufashe murebe ko mutagera kure mwiterambere
Irijambo umuvyeyi wacu avuze ryokuduza ifaranga ryuburundi ningirakamaro kuko abarundi turi hanze yigihugu twotaha amaguru adakora hasi Imana ikuturindire mukwitanga kwawe
Abantu namwe mutahura nabi. Kwirukana. Umukozi siyo solution habanamba nagato. Nukubahindura. Ivyiyumviro bibi gusa. Avuze ngoyirukana. Bose botaha kuko ntawera arimwo Nibumve impanuro kuko kwirukana. Nukugwiza. Ibibazo. Ninzigo idashora. Nibo bagaruka gutobera abandi
Mutama shiramwo imikavyo nka 3years ivyobisuma vyose ukubite utababarira kubwineza yabenegihugu ,ubundi bategerezwakuba bari muri Gereza,we love you our prezidenti❤❤🎉🎉
Cyane kabisa❤hejouru cyan
ahantu hose hari amafaranga zamuhashira abafise imitungo myishi mugihugu kandi.amatungo yabo akurikiranwe kumusikumusi.abihombeje muronke ivyomufata
Mutama wacu turagukunda
Mutama heba muze murafata Ingingo yokubahindura mushireho Abagwanira Inyungu y uBurundi!
Kuvuga mwihaniza vyararenze Inkombe!
Mwarakuye Bunyoni, Agakomeye kamusumba ninde??
Shyira discipline n,imboni mu ntwaramiheto iyo zibitahura birakora nta mu civil yonanirana intwaramiheto zakenyereye urugamba rwo kubaka igihugu birakunda then magistrature yiyubahirize yiheshe agateka ihane inkozi z,ikibi thx
Nogukoma amashi urinda kubibabwira😂😂😂😂😂 muga nivyo abo ntanzara bafise twe barukoti twabatanze kuyakoma Gsa mutama vyarumye mama yangu turaremvye kl. Vyose bipfira mwabo bicaye impande zawe IMANA imbere munsi umwe tuzojabuka iriduga ryibiciro🙇
Mutama Abene indandende bazohava bakudutwara,kuko ujekudushayura baradihamvye,kuko baragutse
Muta intumva nizo zigutobera uravuga neza
Ndayi,ndakubwije ukuri iyo widogera ibisuma birakugaya ntagisuma bidogera ehe rabira kuri former Pres wa Tanzania yasize ibintu vyose kumurongo mon frère aba shikiranganji benshi ugena ni bijuju ntaco bagufasha niho hari ingorane nuko ntari hafi yawe ngo ndakugire inama yokubaka igihugu mu mezi2
Yashyizeho numero ariko
Babwire babwire
Ico nkuyemwo Nuko yiyamamaje ,kandavuze ko ariwazitoza...😮
Iyo muba abandi mwaca mukoma amashi 😂😂😂
😂😂😂😂😂😂 reka twisabire amashi sh!
Bararakaye nubuzima😅😅😅
Komera muta turi inyuma yawe ,igihugu canje nkunda c'uburndi ntigikeye bisaba guhasha ba kaboko,non kugushiraho amategeko no kuyakurikiza ,uwutabikoze agahanwa.imbona kazoza irashoboka twese tugiye hamwe.
Aracishusha😂😂😂😂😂😂😂😂 twarabahinyuye
Ego urivugakuli mtama
None se mutubarize kohaje ifaranga rya pi network bazotubuza kurikoresha😂😂😂kwariryo rigira risimbure idollar njewe muransetsa kbs hubwo nukwirusha kandi iryofaranga rizokoreshwa numuntu kugiti ciwe mubimenye le31/12/2024 riratangira gukora
muta ivyo bisuma biza aho vyambaye amakoti ataco bimaze biveho twebw tushak kutera imbere mutama❤🎉👊👊
Ivyo avuga nivyo neza can
Jewe mba Mexico nkora muri benke maze 27 ntarashika Africa bitwerwa mwebwe ntimwize network business mumbabarire muranzii Fabrice aranzi nezaa mvuga ukuriii
ntiwanse ko abantu berekana imitungo yabo imbere yo kuja ku butegetsi ? none uriko utwigisha iki?
Nyakubahwa abantu bawe uzajye ubatoza kugushimira bakoma mumashyi kuko niwo muco
Uyumuzehewacu ndamukundakubi avugibintu vyumvikana
muzehe🤣🤣?
Nzoraba ahomurikura kuko idollar rizoba risa nirihakuwe buke buke 😮😊
😅😅😅tugiye kuba nka congo😅😅
Nonese haraho mutaniye
❤❤❤❤❤
🅽🅾🆆🆁🅸
Jewe birantangaza ibiba mugihugu cacu umuntu abikura 500million mukayamuha vyagenze gute harakwiye guhinduka politike yamafaranga mugihugu ntiwumva abatwara ayo ma banki ko bafise uruhara rwitataza gaciro kumafaranga yacu.ayo ntabikuzwa ayo nibanki kuyindi ico bita transfer.😂😂
Garukana ikimoko tout simplement
Uravuga ariko kubishira mungiro byarakunaniye
❤❤❤❤❤❤👏👏👏👏👏👏💪💪💪💪💪💪💪
None iryo soko riba ryatanzwe nande?
😅😅😅😅
🅼🆄🅶🆁🅰
🅽🅾🆆🆁🅸
Nigitoro wavuga uko turakumenyereye dupfa kwihorera gusa noe tugirente
😂 ntatahura ivyavuga nawe nyene ngirango ntareba gdp ya 2015 ngo arebe na gdp ya 2024 , kuva kuri $14 billions kumanuka gushika $2 billions uyumunsi, ibaze rero nuguma gushira mumyanya technique abantu bibidoma bimigambwe muri 2030 gdp izabari $ 1 billions kubivyura bizabagora gosseeee