Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Amafaranga y’a Congo Ari mukazi
Nubwomwasakara stade. Amahoro irarenze ikoranabuhanga amahoro ifite niryiburayi
I love your Daddy ❤ Mungu akupe maisha marefu 😢❤❤
Iyonkuru ❤ irahimbaye cnee Sebarundi nabidukorere ryobariteka rikomeye cnee
Sureba mujye mwigira kurwandaIterambere muzarigeraho ariko mwange ishyari
Chr ndagukunze uvuze ukuri
Nugusubiramwo namabarabara neza apana bimw vyugusondeka bigasubira gupfa
❤Nimuze tugisororere Basha💪🏿🇧🇮
Ego
Congrats 🎉 🎉 Burundi turabashyigikiye
My president Ndikurio Reverien, smart men ❤
Ubona stade yàbananiye
Imana imbere❤❤🇧🇮🇧🇮
Najewendose ahonoyatuma nogura imifiko
Yantumire ndayigure nturinde kubabaza umutima
Mungu akupe nguvu babayetu
Nyenicubahiro yubahwe. Intwarikurugamba intambamurugamva
Vyoba arivyiza isakawe kijambere apana kwakundi bagurankikibanda babikozekijamber nisawacane
Mugihe kitazoba gisakawe hose,,nubundi urugendo ruracari runini
Sebarundiiiii Ramba mutama
President Varisito komera kwivora turagusengera turi kubibona
Nihasakagwe hose
Uwo mugambi turawiyumwo kandi turawushigikiye.
nyakubahwa umukuru wigihugu cacu ciza cu Burundi avuse neza vyoba vyiza gisakawe hose
Izoba iruta stade amahoro nambali. . ndakarya ibiharage
Hhhh stade amahoro umengo ntayuzi
Yooo stade amahoro ninziza cane
Vyiza cane
Ndagushigikiye mutama nukuyisakara yose
Twesehamwe birashoboka
nanj ndipfuza guterera
Baduhe number duterere natwe turi hanze y'Igihugu niyo yoba make ntiyobura icafasha mugusakra ikibuga cacu.
Eeeeh ibikogwa nkivyo bituma igihugu kuronka iteka kikongera kikaronka ninyungu murico kuvuga kuko iyurimye haba hasigay kwimbura mutama wacu ça c'est bon muze mutungany nukuntu abarundi twes twins mubigwati amasi akaba amasi yukurima
Ubuse turetse kubesha mukwezi kumwe iyi stade izoba yuzuye koko eva ukomeje kubesha abanyagihugu izuba riva non mumezi 8 niki gitangaje cakozwe iyi stade ndabona izobera igisebo uburundi
Mutama yubahwe kbx
C'est ca le terrain est bien construit il faut couvrir partout
Nakomere mutamawacu turamukumda
Intererano yanje: mu misi nzorungikira Umukuru w'igihugu umuti wo kuvugutira Abarundi kugira muri 2025 inzu yose yo mu Burundi izobe ifise umwimbu ushoka mu masoko urenga imiriyoni zitatu z'amafaranga y'amarundi.
Komera mutama twanke agasuzugoro
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Yoba yandikijije amateka Sebarundi
Nice 🇧🇮🇦🇪
imifuko 4
Oya vrm ntibaze bahirahire ngo bacugurure kidasakaye vyoba arisoni kuko nibintu vyakogwa mumyaka 30 iheze nukujana nibihe! Ikindi bagerageze bakore amabarabara meza asukuye ajayo eka no mugisagara cose
Amafaranga y’a Congo Ari mukazi
Nubwomwasakara stade. Amahoro irarenze ikoranabuhanga amahoro ifite niryiburayi
I love your Daddy ❤ Mungu akupe maisha marefu 😢❤❤
Iyonkuru ❤ irahimbaye cnee Sebarundi nabidukorere ryobariteka rikomeye cnee
Sureba mujye mwigira kurwanda
Iterambere muzarigeraho ariko mwange ishyari
Chr ndagukunze uvuze ukuri
Nugusubiramwo namabarabara neza apana bimw vyugusondeka bigasubira gupfa
❤
Nimuze tugisororere Basha
💪🏿🇧🇮