Bit ham film yaw ninziza irigish gus irababaz Can njew ndunv ikigumbagumb cinsh muma film yaw amwamw non Ornella ivyo mukin muba mwarabibony ahant???? Ndasavy kuzohabw inyish merci beaucoup
@@mutoniornellaofficial jew narayikurikirany urashoboy ejo ni heza gusa Ama vues ifis nuburyohe ifise nukureba dukore partage nyinshi kuko film ni nziza
Ufise icubaza canke icuterera woduhamagara kuri +257 68 223 838
Turabasavye mukore Subscribe, Like na Share kugira mudushigikire mwongere muze muraba abambere mukubona ibiganiro vyacu. Murakoze
Ornella ndamukunda cane💯💯💯💯
❤
Courage Ornella ❤️
Ornella courage 💯💯💯
Bit ham film yaw ninziza irigish gus irababaz Can njew ndunv ikigumbagumb cinsh muma film yaw amwamw non Ornella ivyo mukin muba mwarabibony ahant???? Ndasavy kuzohabw inyish merci beaucoup
Ornella vraiment film ICIRWA ni film.nziza cane hama uriciza rero
🥰🥰terimbere nk'umuzinga Ornella wacu urik ugana heza👍ukina neza umeng ni mubuzima busanzwe.Courage knd Iman ikuje imbere.Ndagukunda💞💞
Courage dear sister Ornella
Nella terimbere urashoboye umengo nimubuzima busanzwe kabisa
Ornella hejuru cn mwiza,courage umuntu suwoguma akorera uwundi ahubwo naw nuwotera imbere,nubwo baba abantu bashaka kuguma uri Saidia papa tukibagira yuko uwusaba umwiza basa
ARIKO WOE URAFISE INGORANE MURI WOE KUKI ugum ushak kuryanisha Abantu NIMUREK inzigo kuko bose BASHAK gushigikirwa
👍👍👍
✨
Songa mbere
Ornella nkundako ukunda guseka
Komeza utere imbere
Tuvuyeyo
Step Media 257
Irikuyahe chaîne ya UA-cam
Ornella Mutoni official
@@mutoniornellaofficial jew narayikurikirany urashoboy ejo ni heza gusa Ama vues ifis nuburyohe ifise nukureba dukore partage nyinshi kuko film ni nziza
Komza suite none turayitgerej