IVYAHISHURIWE YOHANA

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 14 жов 2024
  • Ukaba ukunda ibikorwa dukora wifuza kuduterera canke ufise ico ushikiriza wigisha canke usiguza numéro nimwe mumenyereye mubijanye n'inyigisho ni +257 79 430 969
    NTIWIBAGIRE GUKORA SUBSCRIBE, LIKE,SHERE NA COMMENTS kugirango twamane nawe kumwanya wose mugihe haba haje ikiganiro gishasha.
    Ufise uburyo bwogufasha kugirango ibikorwa vy'ivugabutumwa bikomeze kandi Bishikire benshi woca kuri ino LUMICASH yacu kugirango ibikorwa nkibi bikomeze ucisheko intererano yawe.
    LUMICASH: 65367502 NIYONCUTI Muwezaï

КОМЕНТАРІ • 15

  • @IveIrakoze
    @IveIrakoze 5 місяців тому

    ❤ mansha allah 😅😅😅

  • @SamuelNduwimana-is2bl
    @SamuelNduwimana-is2bl 5 місяців тому

    Nzerekore hari ikindi gice

  • @AndreNikoruhoze
    @AndreNikoruhoze 4 місяці тому

    Nivy ukuri Aho ugeza werekanye KO Ur ikijuiu nka jewe sinari no kuvugana nawe sinzi nuwagushize ngaho

  • @SamuelNduwimana-is2bl
    @SamuelNduwimana-is2bl 5 місяців тому

    Bitangiye bidasobanuts

  • @AndreNikoruhoze
    @AndreNikoruhoze 4 місяці тому

    Idriss nasubire kw ishule

    • @TherenceNIMBONA
      @TherenceNIMBONA 3 місяці тому

      Baraguhenz Sha uwo nuwimana abandi nabarozi

  • @UweraVertas-z6n
    @UweraVertas-z6n 5 місяців тому

    Ese ubwo muba muri mu biki? izo mpaka zanyu ndazanga p cyako ndabyumva kuko binyisha ko mu madini harimo intambara kuko nayo magambo muterana nayo ni intambara uziko hari nigihe mutukana 🤔😱 ndahamya ko mudakorera Imana rwose.Imana irishoboye ntikene abayirwanirira.

    • @DaawaTvburundi
      @DaawaTvburundi  5 місяців тому

      Izo zituma abafise ubwenge bahitamwo ukure kandi abenshi barashima

  • @SamuelNduwimana-is2bl
    @SamuelNduwimana-is2bl 5 місяців тому

    Iyo mirongo mukayisigura kuko ariko aravyica kandi kubushake

  • @AndreNikoruhoze
    @AndreNikoruhoze 5 місяців тому

    Uwo mwesilam n ikijuiu KO birunvikana KO yigisha ivyo atazi , nawe mukuvuga arkanira ukamengo ariko avugwa ukuri ,n nkajewe naca ndamwaka mikro

  • @JonasMapenzi
    @JonasMapenzi 5 місяців тому

    Idrissa wewe ndagukunda cne nukur nkunda ukuntu wigisha ntabwo ugenda n'a bâ Musa bo ninduru gusa ariko wewe wigisha utekanye ugasobanura utekanye ndagukunda kandi kuba ndagukunda ndumukristo nizere KO atakosa

  • @AndreNikoruhoze
    @AndreNikoruhoze 4 місяці тому

    Idris ugereranywa nayangunguru irimwo ubusa. Wewe yakubwiye uko coroan yanditswe wakozrko?arakubaza wewe n'a coroan uwuvuga ukuri ni Inde? Ivyo usomye nivyo yasomye vyose bivuye muri koroan KO itavuga kumwe koroan nigitabu c ukuri?