Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Abakunzi ba NARIHUSE murindire Tuzoguma Tubaha Vyanka Bikunda kandi Ndazi ko muyikunda ikindi Ivyo dutegura Muvyakire Uko Biri Tuba Tuzi impamvu
Muduhaye gato ariko ntakundi
Aracariho ariko Muri film ntazogaruka Bifise uko Twabikoze
Oky
Ntakabi kanyu , àkabi kari kubadatahura monde tugezemwo
@@Joachim-Smith courage tuhari kubwanyu ❤❤❤
Joachim wacu and christella ndabakund cn mugire ibikorw vyiza
Umubwije ukuri kbsa bazofatwa pe dieugo naw aza arivugisha harigihe wonsanga wamutaye ataracikana sha bikakugarukako vyose akabivuga
Uwunkunda iyi serie mumpe like tuhatwike 🇧🇮
Ahorer,ester gufpa yooo ingozabuno nidanjr
Waaaoooo!Muri 10bambere ,Abakunzi bako ndakeney👍👍Muribwamwe💖
Nacerewe Nukur ndabakunda mwirambire abavanga abagabo mubonere ngaho nabagabo nuku nyen impanturo zanyu zirander🙏🙏🙏🙏
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ nawe warazirungiste arik vyaramungezeyo
Mwubahwe mubikora neza gusa Diego na satan ntazomwakira azomufungura yabanj kumwumutsa peeee
Ewe Dieugo sha umugore urishe, utaye mumazi
Courage vraiment Kandi mwubahwe Hama iyizokurikira izoba ar'umuriro vraiment
Mugire umwete biratwigisha vyinshi caaaane
Turabakunda cane muraturyohera
Narihuse ndayikunda cane pe
Mwubahwe cn✨✨✨🍀🌹
Turabashimiye cane vuba muzaniyindi
Ark nsinshakako christella yopfa .ababonak christella atopfa yohembuk Aho Diego rwamutay mump twatuntu tuhatwik twimanukire.
Naje sishaka kwapfa
Nukuri Kiki garukaaaa tumaramazz ça Diego
Kiki biyaranj ahembuke
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 turabakuda cha
Waaaaooo pare uravuze ijambo kwr ryubugabo bamuzan kristel turamukey cnk abazukireko
Acting well 👌Abagabo b'imbwa nka Diego barihoo cane, mukomeze
Kweli ubu nibo beshi
Yesuwe
Yooo christ fyeee
Vyiza cane kl
Sha Diego kwr urishe umuntu kwr agufitiye namaraso munda abagabo nkabo baravumwe
Hoooo Parrain mpore Kiki barakishe shaaa mutabafasheee 😥😥
Mbeg umugabo w'umuhemu mubi w'umuhehesi😥w'umubeshi escro mbi😭😭 Dieugo kizwa vrt
M wubahwe muduha ibintu vyiza
Yago urigihemu ntanukunvirimpuhwe basi numwan wawe!!!!!! Kiki yarumugore yitond uzicyuz😢😢😢
Wyvmwngxfzeesj ihyexzqDJ❤❤❤❤❤❤a
Mukarere kacu ndahakunda mubikora bien
Mukomerze ngaho kbs😅😅
Namakara ungira uchore rero
Mubaze neza
Yoooooo nihatari kwel
Ego muharane
Abagabo nkabo bariho mugihungu courage bantu banje
Sha Diego urumugesera imana ikubone kndi Abagabo nka Diego bariho
Mubaze neza cga
Iyi movie iraryoshe kandi iteguye neza ariko murakwiye guhindura ukwo muyitanga mukaza muratanga nka episodes 3 kubera haraho usanga umuntu ashaka guterma hors ntawuterama 20min vraiment courage iterambere Kur inkinzo tv n'abanyengozi Bose !mwubahwe
Ati christella nipiripiri yashushe iranazigira😅😅😅😅
Bira ryoshe caaaaaaaaaaaaaaaneeeee
J'aime parrain il est très compétent, courage murashoboyeeee👊👊👊👊🌹🌹🌹🌺🌺🌺🌺
Yanamutaye mumazi yaraye amunize uranyica
Mukomez pe
Egosha mubwizukuri kugira ntagume yiyorobeka
Oya 😭😭😭jenakunda kiki gose ndasavy muhige uko yohembuk muzikurikira aboneke☹️😥😱🙆♂️🙆♂️🙆♂️🙆♂️🙆♂️🙆♂️🙆♂️Ndasavye
Nibamuzane vraiment
Iyuvunika
Sha thanks for your movie acting love from Kampala Uganda
Inkinzo tv hejuru cane ❤️💪
diego kumakosa afise kayingurube umusibizomutekurukana bizomugora ahubwo ttunyarukanire iyindi
Mbay mubambere unomusi like zanyu muzimeneko🥰
Cool narihuse iraryosh
Muyihjj nabi iyo film actrice principale mumukuyemwo mwumva GT???mushak muyiheb birashisha kweri iyo.mwapfum mukemura ibibazo bir hagati yanyu Hama mukabandanya film🙏🙏mukaduha ibintu bimez neza
Nigorane cha
Mwubahwe ndabakunda cane mwese my team ❣💯
Mukomere bantu.mutrimbere munyigisho
Sha diego urumuntu mubi
Umugabo wumicanyi
Diego mumufate namaboko,
Nimudutagatishe
Courage yemwe ndabona marine nadiyego bazofatwa umugabo wa marine uramubwiye nukotumva 🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯✍✍✍✍✅✅✅✅✅👌🙏
M'y God ha j mb nunv mbuz ic nvug kuk mumb kumutima💕💕 Joachim love you
Ngo batorana iminwa cnk ibintu🤣🤣🤣
Hagiy gusha bamaraine ntibigiy kuboroher
Nacerwe yemwe ariko Diego nishetani yuzuye gusa azohinyuka
🥰🥰🥰
Christelle akazob yarahwerey série izoc ibiha kuk kuzomeny ukuri bizogorana asubire kuba muzima to
Courage bantu bacu
mbo hariho uburyo bwuko christella yotorwa nabagiraneza knd agahembuka.mwob mubikoze neza kugira amanyanga ya marraine gihemu na diego ashobore kuja ahagaragaraaaaaaaaa
Uy mus nababaye menye KO iy film narihuse arivyabay kurumw murab bakinyi Bana rihuse😭😭😭😭courage muratwigishaa Diego sha amaraso arahuma pe
Nawe uzoce uwi ca
Crge murashoboy
Ego yakubeche
Nigorane
Dieugo nyene urumishije ngumugore ntuzi iyari ariwe wamwishe imana ikubabarire
Diego Imana burya izokwerekana rindira gato🤔🤔courage
Ndumiwe🤐🤐🤐🤔🤔🤔
Ewe Diego sha ntanisoni ufise?waramwishe azokuzura sha rindira uzoyabona ntamahoro uzigera uronka 🤣 🤣🤣🤣 ❤❤❤
Asha ak kanyum nik kabi IC barik kizomenyekan ben Diego🤣🤣🤣🤣🤣 nibigire inzimizi nkaho umengo ntaco bazi
Muranyiche
Love so muche team jochim 🔥🔥🔥❤️❤️❤️🙏
🙈🙈🤔🤔🤔🙄🙄💘
Ikinyoma kimara umusi ntikimara umwaka ibisakavyimbwa biramuhiriyeko
My fav movie❤🇧🇮🥰
Murab neza kwer Diego numwicany
Gusa mumfashe Christella ntabe yapfuye 😭😭😭😭😭😭🤣😂🤣😂😢😢😢. ,..... ❤️❤️❤️❤️ From Mecky Dimpoz🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 always Maharaj the King 👑👑👑👑
Vyabishe ntiworaba🤣🤣🤣
Mubikora neza pe🥰🥰🥰
Birakaz
Diego , marraine murabantu babahemu caaane
Nc vidéo
Number one ❤️❤️
Waaaawoooo vyiza cane congratulations
Courrage
Courage Mukinaa Nezaa
Good film narihuse
Christela ntapfe please
Mukomere 💪💪,ndahakunda💞💞
Ongeza iminota kuko iraryoshe
Ab Marraine nkab ntibakwiy kubah p😳 ndababay kubw Christella 😭 🥰🥰
Turabakunda
Ntibigiye kworoha pe 😳😳😳
Diego na marraine ninkozi zibibi ukuri nikuje ahabona bahanwe ewe Diego uri igikoko ukica umugere afise amaraso yawe munda😭😭😭. Courage mubandanye muduha izikurikira🇧🇮💟👌
Abakunzi ba NARIHUSE murindire Tuzoguma Tubaha Vyanka Bikunda kandi Ndazi ko muyikunda ikindi Ivyo dutegura Muvyakire Uko Biri Tuba Tuzi impamvu
Muduhaye gato ariko ntakundi
Aracariho ariko Muri film ntazogaruka Bifise uko Twabikoze
Oky
Ntakabi kanyu , àkabi kari kubadatahura monde tugezemwo
@@Joachim-Smith courage tuhari kubwanyu ❤❤❤
Joachim wacu and christella ndabakund cn mugire ibikorw vyiza
Umubwije ukuri kbsa bazofatwa pe dieugo naw aza arivugisha harigihe wonsanga wamutaye ataracikana sha bikakugarukako vyose akabivuga
Uwunkunda iyi serie mumpe like tuhatwike 🇧🇮
Ahorer,ester gufpa yooo ingozabuno nidanjr
Waaaoooo!Muri 10bambere ,Abakunzi bako ndakeney👍👍Muribwamwe💖
Nacerewe Nukur ndabakunda mwirambire abavanga abagabo mubonere ngaho nabagabo nuku nyen impanturo zanyu zirander🙏🙏🙏🙏
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ nawe warazirungiste arik vyaramungezeyo
Mwubahwe mubikora neza gusa Diego na satan ntazomwakira azomufungura yabanj kumwumutsa peeee
Ewe Dieugo sha umugore urishe, utaye mumazi
Courage vraiment Kandi mwubahwe Hama iyizokurikira izoba ar'umuriro vraiment
Mugire umwete biratwigisha vyinshi caaaane
Turabakunda cane muraturyohera
Narihuse ndayikunda cane pe
Mwubahwe cn✨✨✨🍀🌹
Turabashimiye cane vuba muzaniyindi
Ark nsinshakako christella yopfa .ababonak christella atopfa yohembuk Aho Diego rwamutay mump twatuntu tuhatwik twimanukire.
Naje sishaka kwapfa
Nukuri Kiki garukaaaa tumaramazz ça Diego
Kiki biyaranj ahembuke
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 turabakuda cha
Waaaaooo pare uravuze ijambo kwr ryubugabo bamuzan kristel turamukey cnk abazukireko
Acting well 👌
Abagabo b'imbwa nka Diego barihoo cane, mukomeze
Kweli ubu nibo beshi
Yesuwe
Yooo christ fyeee
Vyiza cane kl
Sha Diego kwr urishe umuntu kwr agufitiye namaraso munda abagabo nkabo baravumwe
Hoooo Parrain mpore Kiki barakishe shaaa mutabafasheee 😥😥
Mbeg umugabo w'umuhemu mubi w'umuhehesi😥w'umubeshi escro mbi😭😭 Dieugo kizwa vrt
M wubahwe muduha ibintu vyiza
Yago urigihemu ntanukunvirimpuhwe basi numwan wawe!!!!!! Kiki yarumugore yitond uzicyuz😢😢😢
Wyvmwngxfzeesj ihyexzqDJ❤❤❤❤❤❤a
Mukarere kacu ndahakunda mubikora bien
Mukomerze ngaho kbs😅😅
Namakara ungira uchore rero
Mubaze neza
Yoooooo nihatari kwel
Ego muharane
Abagabo nkabo bariho mugihungu courage bantu banje
Sha Diego urumugesera imana ikubone kndi Abagabo nka Diego bariho
Mubaze neza cga
Iyi movie iraryoshe kandi iteguye neza ariko murakwiye guhindura ukwo muyitanga mukaza muratanga nka episodes 3 kubera haraho usanga umuntu ashaka guterma hors ntawuterama 20min vraiment courage iterambere Kur inkinzo tv n'abanyengozi Bose !mwubahwe
Ati christella nipiripiri yashushe iranazigira😅😅😅😅
Bira ryoshe caaaaaaaaaaaaaaaneeeee
J'aime parrain il est très compétent, courage murashoboyeeee👊👊👊👊🌹🌹🌹🌺🌺🌺🌺
Yanamutaye mumazi yaraye amunize uranyica
Mukomez pe
Egosha mubwizukuri kugira ntagume yiyorobeka
Oya 😭😭😭jenakunda kiki gose ndasavy muhige uko yohembuk muzikurikira aboneke☹️😥😱🙆♂️🙆♂️🙆♂️🙆♂️🙆♂️🙆♂️🙆♂️Ndasavye
Nibamuzane vraiment
Iyuvunika
Sha thanks for your movie acting love from Kampala Uganda
Inkinzo tv hejuru cane ❤️💪
diego kumakosa afise kayingurube umusibizomutekurukana bizomugora ahubwo ttunyarukanire iyindi
Mbay mubambere unomusi like zanyu muzimeneko🥰
Cool narihuse iraryosh
Muyihjj nabi iyo film actrice principale mumukuyemwo mwumva GT???mushak muyiheb birashisha kweri iyo.mwapfum mukemura ibibazo bir hagati yanyu Hama mukabandanya film🙏🙏mukaduha ibintu bimez neza
Nigorane cha
Mwubahwe ndabakunda cane mwese my team ❣💯
Mukomere bantu.mutrimbere munyigisho
Sha diego urumuntu mubi
Umugabo wumicanyi
Diego mumufate namaboko,
Nimudutagatishe
Courage yemwe ndabona marine nadiyego bazofatwa umugabo wa marine uramubwiye nukotumva 🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯✍✍✍✍✅✅✅✅✅👌🙏
M'y God ha j mb nunv mbuz ic nvug kuk mumb kumutima💕💕 Joachim love you
Ngo batorana iminwa cnk ibintu🤣🤣🤣
Hagiy gusha bamaraine ntibigiy kuboroher
Nacerwe yemwe ariko Diego nishetani yuzuye gusa azohinyuka
🥰🥰🥰
Christelle akazob yarahwerey série izoc ibiha kuk kuzomeny ukuri bizogorana asubire kuba muzima to
Courage bantu bacu
mbo hariho uburyo bwuko christella yotorwa nabagiraneza knd agahembuka.mwob mubikoze neza kugira amanyanga ya marraine gihemu na diego ashobore kuja ahagaragaraaaaaaaaa
Uy mus nababaye menye KO iy film narihuse arivyabay kurumw murab bakinyi Bana rihuse😭😭😭😭courage muratwigishaa Diego sha amaraso arahuma pe
Nawe uzoce uwi ca
Crge murashoboy
Ego yakubeche
Nigorane
Dieugo nyene urumishije ngumugore ntuzi iyari ariwe wamwishe imana ikubabarire
Diego Imana burya izokwerekana rindira gato🤔🤔courage
Ndumiwe🤐🤐🤐🤔🤔🤔
Ewe Diego sha ntanisoni ufise?waramwishe azokuzura sha rindira uzoyabona ntamahoro uzigera uronka 🤣 🤣🤣🤣 ❤❤❤
Asha ak kanyum nik kabi IC barik kizomenyekan ben Diego🤣🤣🤣🤣🤣 nibigire inzimizi nkaho umengo ntaco bazi
Muranyiche
Love so muche team jochim 🔥🔥🔥❤️❤️❤️🙏
🙈🙈🤔🤔🤔🙄🙄💘
Ikinyoma kimara umusi ntikimara umwaka ibisakavyimbwa biramuhiriyeko
My fav movie❤🇧🇮🥰
Murab neza kwer Diego numwicany
Gusa mumfashe Christella ntabe yapfuye 😭😭😭😭😭😭🤣😂🤣😂😢😢😢. ,..... ❤️❤️❤️❤️ From Mecky Dimpoz🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 always Maharaj the King 👑👑👑👑
Vyabishe ntiworaba🤣🤣🤣
Mubikora neza pe🥰🥰🥰
Birakaz
Diego , marraine murabantu babahemu caaane
Nc vidéo
Number one ❤️❤️
Waaaawoooo vyiza cane congratulations
Courrage
Courage Mukinaa Nezaa
Good film narihuse
Christela ntapfe please
Mukomere 💪💪,ndahakunda💞💞
Ongeza iminota kuko iraryoshe
Ab Marraine nkab ntibakwiy kubah p😳 ndababay kubw Christella 😭 🥰🥰
Turabakunda
Ntibigiye kworoha pe 😳😳😳
Diego na marraine ninkozi zibibi ukuri nikuje ahabona bahanwe ewe Diego uri igikoko ukica umugere afise amaraso yawe munda😭😭😭.
Courage mubandanye muduha izikurikira🇧🇮💟👌