SAT-B:NGIYE IBURAYA muri..✈️BRARUDI Ntirandondera Muvya Primusic|NGIYE kuzana UMUZIGO uzofuta ZOSE..
Вставка
- Опубліковано 2 жов 2024
- @SatBOfficial #sat_b #hittoptv1 #burundi #rwanda #yemialadetypebeat2023 @LandryPromoter #landrypromoter @hittoptv
Hittoptv1 tumaze imisi twakira Duherekeza hasigaye twebwe😂😂 urugendo gwiza ntwari yacu mumuziki SAT-B Courage Team Hittoptv1 Ejo niheza....
Baguma bagenda bahez🤭
Man urakunitira aho mu Rwanda udururumvanye wohakura ama vies meshi kandi vyogufasha cane na compte yoduga
None SAT B ntazi kuvuga...kwadindiganya ukuntu
Landry warase ndakurahiy urumva iyo behind !gusa msg yashitse tu
Landry yibaza ko twavyibagiye ko avuga nka satubi
None sat b asigaye avuga gutyo? Arwaye umutima ?
Sat b yari yahahamutse indenge yagira imusige urumva ingene yavug
Ivyo Ngo abandi Bana!!!! Hhhhhh Oya shaaa ntamwana bande arabana?
Leba buc bendii fashion
Haaaaambega is bwiba mweeeee sat b uragenda mucukurayi wamabuy iragenda kbs
Jew sinzi ingen sat -b aririmba indirimbo ikwiy nukuntu nunv umeng ntazi kuvuga avuga ataragurik
Kuri Hit Top Tv niho honyenye nteramira nkatekana👏👏 Safe Journey to The King Himself ✈️✈️✈️
Oe ko umenga wari wafashe umwotsi
King wacu naho bamubanira turi nyuma yiw
Muburundi turacharikure 😂😂😂
Mais depuis quand ce typ asigay abegueya?
utapata tuu satura ufise ni hits gusa
None Sat-B ntazi kuvuga
Satura mabuye hejuru cane
SAT B hejuru cyane courage mukazi❤🇧🇮❤🎼🎼🎼🎼🔥🔥🔥🔥🔥🔥🎧🎧💯✅👊👊👊👊✌✌
ATI mbamberewe sivyabose
Sat b yubahwe
SAT-B NDAMUKUNDA CANE GOSE, NDAMWEMERA CANE GOSE, NDAMUFANA CANE GOSE. ✨😍💙N'AGIRE URUGENDO RWIZA AZAGIRE NIBIKOGWA VYIZA BIRYOHEYE AMATWI BIBEREYE N'AMASO. 🎶🎬😋
This song
Lyndry big up saana vrt ndabona ukuntu wafashe amasanamu ntiwashatse kwerekana imodoka Satb yajemwo mukwitera iteka kugira ntidusuzugurwe big up kbs
9:16-9:17 twasibiy guterwa 😅😅
Satb how about if you speak normally. Stop acting it’s not a poem
Big up promoter Landry ukor ibishobok kugira igihugu kibandany gikayangan much lov from Uganda 🇺🇬
We Landry ibaze gufata ugaca utanguza ariko avuga ngo ahusha ama grand coups😂😂 noe ubukomezi bwiwe buhagaze he? Aka Kantu siko. Reka ninywere amazi #KINJU hama mvyuke ndamuherekeze nanje😊😊😊
Randri, nzogusengera, kabisa, uduha, ibintu, Vyiza, jew, Aha, kubanyamwema, niho, nteramira😅😅😅😅
Ashike amahor iyagiye🤲🤲
13:22 abo bahungu bafashe valise ya king sat amakoti bambaye nibaze ko ari climatisé 😂🏜️🌞
Sat B yubahwe,Simbizi niyige guha icubahiro aba legends bakizazi kipya.
Legends bakizazi kipya ni:Kidumu-Big Fizzo-Lolilo-Sat B
Nibo batanguye gukoresha studio za none bara hittinga abandi barakurikira.
Landry urumutananirw pee ham nind yumvis karyakaririmb ham harahant yavuz nez AT brarudi ifis ikwikor ibint ntampamv yokuyinjirir nukur iman izigufash muvyukor vyos landry naw urakoz kwishikir kur terrain
Umujurnaliste randry yubahweee❤️🇧🇮
Gusa sat b nagabanye itabi sinon rizomuhitana
Sat b umwana wageto M'y brother big gap San wubahwe xn
Sat atuzanire umuti utuma dukira umugera wa fou de TOI. First comment piga likes
😂😅🤣ibaze nawe
Sat-B nubwo yoba ashavuy arazi guhisha ishavu 💪💪💪
wamutama wacu twemera twar durindirany igishika
Mbega mungu wnje igihe conse sat-b gari yinyegeje ataja ahabona agiye kutwiyereka stick yaramwiciye isura nk'uko ga yemwe😢😢😢😊
🎉
Nabe avuga atuje apana kuvuga nkahumenga yahahamutse umenga arikwararapa😂😂😂
Birantanga nanje kabisa imvugo ye
😂😂😂😂 ngo ndakunda kugira ama coup
Safe trip brother 🔥🔥❤️
Sat b yubahwe
Intare yacu turayishimiye
wher's kent-p????
Ikigendajuru
❤nukre uri king kk uravuz ukur
Say b disi ara begea 😢❤
Hagiye gusha💣🔥🔥🔥
Sat b and fizzo ba legend betuu
That is good
😂😂😂😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
❤️❤️❤️❤️❤️
Satura fire🔥
😅
😮
Asha Afrimma ikunda kuba muri Dallas Texas apana California 😂
❤❤❤
Exclusive ❤❤❤
Professional spiker
Sat b king😂❤
Satura ma bafre
None sat kuberik avuga nkuko?? 😂😂😂😂😂😂😂😂Umenga ariko ararapura😅
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣