MU BURUNDI UYU MUGOROBA LE|30|7|2024 IMIGUMUKO IRATANGIYE BARASABA NDAYISHIMIYE KUBOGOZA GUVERINOMA
Вставка
- Опубліковано 7 вер 2024
- #ishamitv #amakuru #burundi #rwanda #rdc
CONTACT US: umuzungu15@gmail.com
Join ISHAMI TV WhatsApp Group: chat.whatsapp....
Amakuru mashya ku Rwanda na Congo
Find us on Facebook: bit.ly/4aZt0k0
Follow us on X: bit.ly/3SeOaDv
Follow us on Instagam: bit.ly/3O4ZQq5
Ishami TV Website: ishami.rw/
And please don't forget to subscribe: ISHAMI TV: bit.ly/3vEnB1W
#m23 #amakuru #goma #sadc #m23 #fardc #rwanda #congo #amakuru #uburundi, #goma #afc, #amakuru #congo
Barundi bavandimwe nimbareke aba igifu cyasumbye ibindibintu byose rero mubareke
Reka kuza mubesha bana
Reka kuba mubesha abantu vrmnt Ntamasoko bugay ngo baje gutegera president twebwe niho tuba buja ivyo muvuga nta vyabay nahora nkunda ibiganiro vyanyu musesangura ivyo mu burundi ariko niho ncumva ko mubesha kabsa muhende abandi apana twebwe tuba bujumbura akazi karabandanyije nta murimo wigezwe uhagarikwa reka kutubesha
Ntaco mubesha abantu vuga ko arivyo mwifuza gusa
Nta migumuko yitezwe i Burundi
Uwuzobikora bizomukorako
Nanje nara biboneye nari muri muramvya,yashitse muramvya nka saha moya .
Abo basazi bashaka iki ku Burundi
Ahurahimvye tuja mwibarabra turabasazi nyimbugway
Vuga ivyiwanyu mugwanda .muribirofa
Nubu ntimuratuvinyuma iryozuba biriweko mwebirabaraba nbiyomigumuko muvuga yabereye murikaritie iyihe murakisema murakihitanagatwe!
Murakitwaragatwe
Uburundi si Congo mwagize uko mushaka ,twarabamenye, nimuvuge urwanda rwanyu n'a kagame yabagize ibicucu gushika ngaho muvuga KO ntamunyarwanda yoyobora urwanda kiretse kagame abandi ni injiji gusa
Ntimukwije m'urabasazi buca muparangana iyomigumuko nambiriko ibera munziwanyu canke uriko ikora abadamu banyu n'abana banyu...nimufungiminwa y'anyu murakisema.mwabatindimwe.
Ntabwo bigeze bafata igihugu n’imbunda mubimenye. Ndetse nta na quaritiye bigeze bafata. Habaye umwumvikano
Muraho? Mbega gupfinga abagirizwa gutembagaza ubutegetsi muri 2015,nonese KO sentare ya EAC ,koyaciye urubanza ivugako Icoki et ingo kitari gikurikije amategeko ,(cahonyanze ibwirizwa shingiro).
None mwumva uwakosheje yarindee? Uwabiteye yobihanigwa ni Inde?
Singaho,yewe,ivyo Ibirundi biragoye.
Sindi umurundi arikonkumutwe wamagambo mwanditseahuriyehe nibyomuvuze mwabuzeibyomuvuga cyangwa mwaretseabTuranyikoko
Muvyukuri iyiradio niyabasazi
Cuga kzgame wanyu
Ariko ivyo ubikurahe
Twarabahinyuye mwabansi b'ubutundi,abarundi turatekaye ntamigumuko azosubira kuba iwacu, ntituzosubira guturira igihugu cacu.nimuhende banyoko batize
Aba bajinga nani
Non mwebw mufis ikibazo ikihe?ivyo mwipfuriz'u Burundi Imana izokwama yabturinze kand'iherezo rya vyose tuzob'ihanga rikomeye!non dupfik ga basha?Abarundi bagikund'U Burundi bwacu mumpe like ndabe!!
Ok
Mur'abasi buburundi ariko muribesha ntaco muzogerako
Muratangiye mwabagesera mwe, muratumwe ntituribagira ivya 2015
Muatukisha imenyesgamakuru
Imbw zimbwa ? Toka mishenzi😅
None abanyagwanda nigo babavugako muri mubatera uburundi ubwo bubeshi mubugira kugira mushike guki vuge ivyiwanyu swerebanyo
Nihatari nta migumuko ihari
ntimukwije turekere
neva wacuuu
suwanyu ntibibareba
Kagame, arabahenda
Abanyarwanda muzoturira ibihugu bibanyi gushika ryare? Murakumbuye génocide,nigime iwanyu muburundi turi yeux twarabahinyuye
Kubya genocide, Abarundi nimwe mutahiwe, doreko mwayitoreje hano mu Rwanda. Mubage mwifashe,twe ntizongera kubaho ukundi.
Nubu ntimuratuvinyuma iryozuba biriweko mwebirabaraba nbiyomigumuko muvuga yabereye murikaritie iyihe murakisema murakihitanagatwe!
Mwemuvugiriyo umugabo yiyemera arinjira turimaso kunpandezose
Kagame, arabahenda