''YARI YARABURIYE ISHENGERO , MPWEMU YERA YAMUBWIYE IBIZOBA''
Вставка
- Опубліковано 7 лют 2025
- Rev.Pasteur ELIE NDIKUNKIKO ,umwungere mukuru w'ishengero rya Pentecote ry'i KIREMBA imbere yo gupfa yari yaburiye ishengero avuga ko abakozi b'Imana baguye mu mutego w'isi mu kurondera amaronko.
#Pentecote #Burundi #Imburi
Impanuro nziza🙏
Impanuro 👏vrt
C'est vraiment de très bons conseils ❤
Imana itabare ishengero ryayo uyumutama Yari yabivuze
Impanuro nziza cane
Bon conseil
Kabisa lmana itabare ishengero.
Vrt iduhe amaso yimpwemu tubonye kure
Ntajambo ryavuzimana ngo rehere×2 iracari yayindi.
Ubu atakibarizwa murinosi niho muriko muvuga yuko yariyatanze imburi
Muzikwironderera views