Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Murakoze cyane imana igihe umugisha uraduhuguyepe imana ikomeza igihe umugisha
Urakoze cane kumakuru uduha mugenzi mugabo iyinkuru yariryoshe mugabo ntuyimaze nguyigeze kumusozo ngudusobanurire rirya tangazo ryerekeye kugura nukugurisha.
Bonjour,votre émission me rend heureux,restez au courent à nous transmettre le nouvelles informations consernat les crypito
turabakunda cane
Murakoze cane. Imana iguhegire kukigoro ugirako kuduha amakuru atahoje. Mbega nk'abantu bagize lockup ya 3ans bakaba bakoze kyc zikabazi zitaraba migrer izo 3ans mwumva zitazohera abantu barishwe n'ubukene kandi bari baritabiriye umushinga wa pinetwork. Jewe nagize lock up 100% pendant 3ans. Nakoze kyc le 1/2/2023 yabaye reussi ariko gushika ubu nta migration iraba. None wumva 3ans zizohera ryari? Nihatari
Irambire mutama ndakurinyuma cyane p wewe wubahwe
Bizohererahh
MURAKOZE MUHEZAGIGWE
Murakozecane kumakuru muguma mudushikiriza
Dr Nickolas Kokkalis si umutaliano ahubwo numugiriki (Grèce) akaba muri America
Mercii de la correction
Yes ubundi tugomba kugendana nabagenda, abumvako ari ntacyo bimaze bazemezwa nibikorwa
Mensonge du soirée , il faut travailler
Urasubiramwo information , ntabwo ivyo wavuze arivyo DrNicholas yamuka muri Grèce mubugiriki
Ico ni gito cane, kwihenda bibaho, commentaires zanyu Nico zimaze, ni complément !Merci
Patience....
Niba ntakugoye wampa nambayawe ge nkazakuvugisha
chat.whatsapp.com/JYX3lJxbhmVHihCXv7UIDW
Nabaza kumuntu afromax 4on kode p ikanjyenderamo umuntu ayakora iki?
muze muraduha audio mumagroupe nkiyo ndumva yofasha beshi
Sawa nza kubikorerako
Mwaramutse Jew mfise ikibazo kubakoze KYC mais migrations ntiraba noe bimez gt???
Abo bo biragendeka, nukurindira mubandi
Ndasa vye rink yawatsap
None nyakwubahwa Ivyo ubuze ndavyemeye cane.none ico kintu kizovuka ryari?kombona baguma batwicira Ku nzira .NTA nsiguro nimwe Mbona ata open mainet.
Egome Leader nineza kumakuru uduha
Turahiriwe
Je vous suis depuis la RDC;le lundi prochain je serai à Bujumbura ,est il possible de vous rendre visite cher pionnier?
Oui c'est possible
None gishasha ca pi kwataco twumvise?tubwire mainet open
Courage
salut mec! Urongera ugire research nicolas kokkalis ava muri Grèce niho akomoka pas italy!
Izo commentaires zanyu Nico nyene zimaze, mwakoze gukosora, kwihenda bibaho😂
Twabuze migrations
Izahabu kwisi ntakiyirusha agaciro
Komera
DIHE BISHASHA ???
None gishasha ni icahe ? Izoja kw'isoko ryari ? Ubundi ni brabrabra😮
Mana warakoze
Je veux le link de telegram
Le link se trouve dans l'application
C'est l'histoire racontée pour gagner sur ton compte UA-cam des fuses
Ntuzi ico uvuga, yaba warukizi waca ucrea chaîne nawe ugahiga Ayo ma views
Pi network yatinye core vyaheze . Ibaze nawe ngo bahindure wait paper
Nta gishasha twumvise mugenzi nawe ni théorie
Nawe zana rwawe Atari théorie !

Ico ni gito cane, kwihenda bibaho, commentaires zanyu Nico zimaze, ni complément !
Merci