Alvera Muhimbare avuze vyinshi mutamenye mubuzima bwiwe..
Вставка
- Опубліковано 26 вер 2024
- Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Iyi Titre .Yesu abagindure murababeshiii
Nihatali caaaaaneee,bashaka Views kunguvu.
Imana igukomeze kd ujyurushaho kwegera imana umunsikuwundi.
Warandyohey cane muri yarabimenye
Furaha tiv
Arivera ndaamuku ndacyane
Deli gt ,erega womengo mu Burundi nta ncabwenge dufise? Ama talent ni nyinshi kweri courage .Muduzanye natwe tubashigikire thx
ndabakunda ndimurwa nda
Wow Ruyigi oyeee
Furaha tivi ,257
Ndagukunda cane mwana wiwacu from America.
Urakoze cane nukumushigikira
Mupenzi wangu Arvella 💖👌
Thanks
Wow kumbe Uva Ruyigi nice👌👌👌
By the way courage warampezagiye cane kuri yarabimenye
Uyu mukobwa ni mwiza
Umunyamakuru mwiza cyane
Pore sana
Uwumwigeme ndamwikundira cyane nkundanindi rimboze
Love you olvella ubikoraneza
Sha Amatsiko narayikunze nanje kabisa.Aka Gakobwa gakomwrez'aho.
Titre zicafuza umuntu si Sawa gose kweli bica bibiha
Courage arvella ndakwikundira muburundi ndutera tujimbere kbs
courage
Iyo titre Mana yanje, nihatali kweli mugani wa Mr
Uterujimbere
Nyar uzoduhik ngo twagushigikiye
Amashetani Arabaho por sana aroko yesu nimwiza
Heweee kimwe muribeza mwese bijuuu.
❤❤❤❤ndamwikundira aritonda can
Furaha tv turabashigikiye
Courage Alvella
Arvella ndagukunda sana ndishaka tuzobonan
My paster JPierre ndamukumbuye
Ndagukunzecane alvella courage nukuri
Fulah tv 257 ndabanshigikiye
Delicious kabisa
Love from festus promoter
Ndabakunda ukuntu muvuga
ALVERA abanyaruyigi tumenyane.
Ndash ima. Mundirimbozawe kwl ziranshimisha zifite amajambo meza gusa uhezagigwe
Keuza disiiii😘😘😘nagakunze 😥
Turakubona tunakuwona sana tu
courage mon amie
Alivera ndagukunda pe
I like that girl Francis from Zimbabwe
Sawaaaa mukomere
Ndabakunda mwese
Waouuuu alvella wubahw cane
Wooow 🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽
Gahimbale ngukunda cane baho wishimye
Gusa jewe Alive ndamukunda caaane🇧🇮🇨🇦
Nice
Courage
Courage soeur.
Turashaka group ya alver
Aahh!! Nuyo yayiririmvye ,Imana imuhezagire. Aririmba neza. None channel yiwe yitwa gute
❤❤❤❤❤
Furaha tv 257
Furaha tiv 125
Titre yibibintu vyanyu nubugiryi gusa mwagiye mukora kinyamwuga mwerekanye ko muri abarundi kweri
Ndababona5/5
Welcome tv furaha 7
Mana arvella arandyohera sana vrt mana oyaaaa icompa nkakubona macho kwa macho nishima
Nari nakoze S'abonner ariko nsanze Ubesha! nciye nkurako Agatoke !!
Titre wanditse sivyo bivurwa mwiyo Vidéo !!
mubintu nanka ndanka Ububeshi Pe!
Ndagukunda Alvela
Amatsiko n'amakenga mukirundi
Ndamukunda vrmnt anayaga nez
Nimwirambire kbs imana ib azigame
Alvella afise impano kurivyinshi
Mukobwa ufise indero abavyeyi bawe bubahwe
Amen ! Iam her mother and Iam verry happy before for my God and my doghter .May God bless you
Mumbalire minga benewanku
Wao
Alvera ndagukunda uririmba neza
Alvella ndagukunda sana wewe uzogumana n'lmana
Iyo title sinziza nagato
Alvella heureux cneeeeeeeee
waoooooooh God bless u 🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Ndabaramukije gose ndamukunze
Much love mwes 🇸🇦🇧🇮
Ndagufana kbx
Mukinyinya narahageze niheza cane muri kazoza ubu sikirenga ark kazoza ni bn kubakunda ibikaju ark biruzuye cane
Nice girls
Fura tiv 25
Mukumoso iwacu
Be blessed
Umumenyesha makuru iyo mpuzu ntigukwiye hindura wambara izigukwiye.alvera kwambara ipantaro urumukobwa ukijijwe sivyiza.
Ihagane Mama twese ibyo bikomere turabifite ariko humura nshuti nisi yandiye
Alvella wubahwe kweli uruwo amateka
Uwo mukobwa ndamukunda uko ampezagira mukuririmba
Ndakunda ukuntu alvella atwenga vrnt
I love you so much my baby girl alvella
iyo wikwij uraberwa bebe
We love you
Ndamufana Alvella
Non iyo titre kitajanye n'ivyo yavuze
Courage Alvella 🌹
Uvuze ikinyarwanda se haricyibazo?natwe turabakuricyirana rwose.
Okkkkkk
Ndakwikundira arvella
Dercia imisi myishi wagarutse #satb_vevo
My God 😲
Wubahwe alvella ndakwikundira cane
Slt Muze muragerageza content yikiganiro ibe isa na affiche nkubu mwavuze la biographie ya alivella mais ivyo gufatwa kunguvu bihuriyeh! Ba mugerageza kuba sérieux ntimuzosange mwacafuje ibikorwa vyanyu