😭UBUHAMYA BUKOMEYE WEE//😭REV SUNZU

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 8 вер 2024

КОМЕНТАРІ • 10

  • @evmutawala8789
    @evmutawala8789 Рік тому +1

    Be blessed more Rev pastor Sunzu

  • @gahunguemmanuel9189
    @gahunguemmanuel9189 Рік тому +2

    Ijambo rikiza imitima ibabaye. Imana ishimwe Kuko yaduhaye Yesu.

  • @mukizaruboneka8813
    @mukizaruboneka8813 Рік тому +1

    Uhabwe Umugisha Nimana Mushumba

  • @Yegotego
    @Yegotego Рік тому +1

    Imana ishobora byose Ariko
    Ntishobora kuba inyamubiri?
    Kd Yesu yarabaye umuntu 100%
    Aba Imana 100%
    Niba Bible ivuga ko Imana ishobora byose ntazindi comments
    Bible yari kuvuga ngo ishoboye
    Hafi ya byose Cg ishoboye bimwe
    Ariko yavuze ko ishoboye byose c’est tous

  • @rwakirantebutsi9103
    @rwakirantebutsi9103 Рік тому

    Barikiwa mutumishi wamungu neno nzuri

  • @themarvelous2239
    @themarvelous2239 Рік тому

    God bless you pasta 🙏

  • @elysemaombi8858
    @elysemaombi8858 Рік тому

    Ubarikiwe saana baba

  • @MuhozaBezayi
    @MuhozaBezayi Рік тому

    😂

  • @FelixNzeyimana-bf4qr
    @FelixNzeyimana-bf4qr Рік тому

    Amahoro ya Kristo kuri twese. Uyu mu evangeliste, sindamuzi ariko hari ikintu ataradobanukirwa nomusaba kwegera abantu bamukuriye, canke bize theology kugira bamufashe gutahura kurusha ko kuba umu missionaire no kutagira umugore ataho bihurira. Sinzi muri eglise yawe uko bimeze, jewe ndi Archevêque w'umu Anglican, twe dufise ABA missionaire bafise imihamagaro itandukanye, kuko no kurongora n'umuhamagaro. Kugira marriage si ivyabantu Bose. Kanatsinda nimba kuba umu missionaire "ari gushira ubuzima bwawe mukaga kubwubutumwa", nkuko ubivuga. Bivuze ko atamuntu akwiye kuba umusirikare afise abagore. Hama soma svp, l' Eglise Catholique kera Abasenyeri, aba papa, nabapatiri bari bafise abagore n'abana gushika muri 11 Century (ikinjana ca 11) hama bishirwa muri Canon Law 1917 ya Eklesia Gatolika. Hama PATIRi Luther wo muri Germany siwe le père wa Reformation Yaba Protestant, kuko uwo yabikoze muri Germany, hari abandi babikoze batanamuzi no mubihe bitandukanye nawe nka Jean Calvin na Huldrych Zwingli muri Suisse, Archevêque Cranmer muri Angleterre, John Knox muri Scotland aho mvuze bake