Kugira amabanga mpuzabitsina imbere yo kwubaka canke kutayagira nuguhitamwo kw'umuntu

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 30 вер 2024
  • Ikiganiro c'abakundana
    Theme : Kugira amabanga mpuza bitsina imbere yo kwubaka canke kutayagira nuguhitamwo kw'umuntu
    Guest : Manariyo Lenine
    Host : Mugisha Arlette
    Iki kiganiro muzokwama mugikurikirana lundi 20h na Mercredi 20h kuri BE TV Burundi
    Fyonda j'aime ( Like ) kuri Facebook page yacu BETV Burundi mwongere mugire s'abonner ( subcribe ) kuri Chaine ( Channel ) yacu ya youtube BE TV Burundi murashobora no kuduterera ivyiyumviro mubicishe muma commentaires ngaha munsi

КОМЕНТАРІ • 84

  • @e.musiceac8176
    @e.musiceac8176 Рік тому

    Gender equality is under the foot in our country, I don't understand how this guy speaks and uses the violence words in this interview. The good way of teaching is balancing the advises for all sides not for one part(famale).
    Sindiko bdashigikira uruhande rwabakobwa ariko imyumvire nimivugire ya Lenine yiganjemwo violance kuko igaragaza ko igitsina gore kidafise ijambo imbere yiwe ariko kandi siwe nibaza ko ari sisiteme ya politique.

  • @atchannelblife3670
    @atchannelblife3670 3 роки тому +1

    ua-cam.com/video/i2Iv5T179J0/v-deo.html
    Hambavu y'ibiganiro kurukundo,twige n'ubuzima tugezemwo

  • @elijahragisjean3131
    @elijahragisjean3131 Рік тому

    Jewe ndashaka kubaza kwico muvuze ngo iyo umukobwa yizigamye agahura numusore yasambana. Iyo bamaze kubana umugore akiri isugi ngo ntamureka. Jewe ndabaza harumugenzi wumukobwa yakuzeakiri isugi ahura numusore yasambana cane rero amaze kimutwara bamaranye igihe gito umugabo bakoze ubukwe acafatan nundi mugore aheba wawundi yakura ubusugi. None komuvuze ngo agira icubahiro uwo muntu ko yatawe kandi muvuga ngo agira icubahiro. Twovuga umusore ko yarozwe canke ari yangeso yarasazwe afite?

  • @gadindayegamiye-oj6mh
    @gadindayegamiye-oj6mh Рік тому

    Murakoz caan kumpanur uduhay hanyum nabakwirokirany vyampimbay peee

  • @nijimbereaimable9947
    @nijimbereaimable9947 4 роки тому +3

    Arlette ntugire ngo arabeshe ivyovyose nukuri abahungu niko twimereye, ahubwo big up sana kuvabibahishuriye

  • @تةامممن
    @تةامممن 2 роки тому

    Bwira abobagabo bata ingo zabo bagata abagore babo umugore uramukunda ntaco udakora kugirango umunezereze uwo mwubakanye birababaje sha reka 🤔🥺

  • @JeanClaudeNdikumana-l5s
    @JeanClaudeNdikumana-l5s Рік тому

    Kuberiki basambana bikarangira badatwaranye kandi basamban

  • @richardniyonkuru
    @richardniyonkuru Рік тому

    Uratanyuz kwer muratwigicha

  • @richardniyonkuru
    @richardniyonkuru Рік тому

    Uraryochikiganir uzohorukikorer

  • @johnhakizimana3268
    @johnhakizimana3268 2 роки тому

    Would u enregister m in the group?

  • @Hajeloni
    @Hajeloni 2 місяці тому

    Raba uko yambaye uwo mwigeme

  • @fannytumukunde3328
    @fannytumukunde3328 5 років тому +3

    Murakoze kutuzanira Renine ndamukunda cne avuga ibintu vyubuka cne izina uwuzigendera ntakibazo yogira

  • @berchimasbigirimana3112
    @berchimasbigirimana3112 4 роки тому +2

    uwo mudemu umusi bazo mukura mwico kiganiro nsinzo subira kucumviriza

  • @armandweezino5659
    @armandweezino5659 3 роки тому

    Taboo👎🏿

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 3 роки тому

    Abagabo waba isugi wareka ntibibabuza kurenga ibigo

  • @ruttenange9213
    @ruttenange9213 5 років тому +1

    Ngo guta muri poubelle😌😌😌?icubahiro cacu kirihe?ikindi urukundo none ntirubaho? Kuko urumvako ari poubelle

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 4 роки тому +1

    Isugi ntamasugi agihari umuntu akirondera isugi umbwengebwiwe bwarasubiye inyuma ubusugi nibwiza ariko sibwobwubaka

  • @mugishaemile8390
    @mugishaemile8390 5 років тому +1

    Fo savoir klk choz harih gukund umunt n gushak umunt iy ukund umunt gu faisa amur avc elle av l mariage si tu l aimes réellement kd ur fier naw ntac bipunguz koz uba wamaz gufat kar a vie me si tu escro ushk juste gu profita urabikor hm ukamw ignora kubr wamushak ntiwamukund mut confondra les choz mes amis !! C n est Pa l bague ki donne l amour si tu as l amour e l objectif tout va bien ivy Navy nta période bigir

    • @olalineemerusabe2264
      @olalineemerusabe2264 4 роки тому

      Nivyo caneee gose kuko hariho benshi bakor amr av mariage kdi munyuma bakazobona kdi neza

    • @olalineemerusabe2264
      @olalineemerusabe2264 4 роки тому

      Nivyo caneee gose kuko hariho benshi bakor amr av mariage kdi munyuma bakazobona kdi neza

    • @valeryndayishimiye5354
      @valeryndayishimiye5354 4 роки тому

      Est ce qu'on peut vivre a la fois l'antiquité et le tps moderne???

  • @beaimfurayase4482
    @beaimfurayase4482 5 років тому +1

    Yoooo murampanuye kwel abahungu nibabi🤔🤔🤔🤔

  • @zadymamy8264
    @zadymamy8264 5 років тому +1

    Umuntu yamenyereye ubusambanyi nahuburisugi ntaco bitanga

  • @gaeloarmel7726
    @gaeloarmel7726 5 років тому +1

    Lénine avuga ivyo azi no kuva kera naramukurikira so be TV tera imber nice emission

  • @theson456
    @theson456 5 років тому +2

    Ku de Chapo Lénine !!j'apprécie le débat avec vos analyses si efficaces!

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 3 роки тому

    Abakobwa barizera cane bakiyibagira kandi aribo bagira ibibazo vyinshi. Les hommes se déchargent et les femmes se chargent.

  • @brokenheart-th7tk
    @brokenheart-th7tk 5 років тому +1

    Ndakunda Lénine imanikumperumugisha kunyigishozawe

  • @تةامممن
    @تةامممن 2 роки тому

    Nashaka uhanure abagabo kuberiki uguma kubagore mwebwe ntamakosa mufise non kuberiki agura ivyo vyose munyuma ukamufata uko wishakiye😔😔😔😔😔

  • @toutestoutes1981
    @toutestoutes1981 3 роки тому

    Sinakubesh warize pyscologie cank sociologie umuntu wamanyang wamumenyera munvugo ntaho Ya Guca urakoz Cane banyakubahwa 🙏 🙏 🙏 🙏

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 3 роки тому

    Abahungu baraharara bagahararuka. Ni yo mpamvu abakobwa bakwiye kuhagabira kuko uwagushize mu nzu n'aho yoguhararuka ntaho aba akigushira apfuma atinya amategeko amufata.

  • @toutestoutes1981
    @toutestoutes1981 3 роки тому

    IMANA izompe Kwihangna vrmnt gukora ubusambany ntanyung Nimw Atari kw, itesha agaciro murab muryam Kand nibo bagaruka babavuga

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 3 роки тому

    Abahungu bafise uburyarya bwinshi cane cane iyo hageze kwikunda mu vyerekeye kwikura umusonga

  • @ariellanizigamaariellanizi7870
    @ariellanizigamaariellanizi7870 2 роки тому

    Ndavyemeye san Arlette abahungu nabokwitondera👏😏

  • @semuganzabicusulaiman2353
    @semuganzabicusulaiman2353 3 роки тому

    Uwo mukobwa nimwiza cyane rwose iburundi hari abakobwa beza cyane batitukuza vraiment

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 4 роки тому

    Umva numukombwa umurongoyenabi ntaryoherwe mutarubaka ataramaronko akurikiye araguheba

  • @bossbijeneza1437
    @bossbijeneza1437 4 роки тому

    Uyumugabo damukuze Cana cyane kumpanuro nziza yingisha abasore muri rusange imana iguhe umungisha

  • @amarakoita4117
    @amarakoita4117 5 років тому +1

    Ibyo uwo mugabo avuga ni ukuri

  • @kuefd5201
    @kuefd5201 4 роки тому

    Ndakunda ikuganir kimenzuko birapfacha cane uwomu papa yichuye neza ndakuze inyichu utaze

  • @nahiahakiyecarmelle7678
    @nahiahakiyecarmelle7678 5 років тому

    Abakera ntibasaragurika arikwzbubu abahungu surtout barasara cyane bavuga kugir babonekubakunda nukubaha bagakubita🤭🤭🤭

  • @issananone426
    @issananone426 5 років тому +1

    Komerezaho lenina ndinyuma yaw kk uranezeza 🙏

  • @kennedykennedy4636
    @kennedykennedy4636 5 років тому

    Geragez mutubwr arik intumva ziguumaho

  • @عليالشهراني-ل8م
    @عليالشهراني-ل8م 5 років тому

    Impanuro zanyu ninziza cyane ese none umuntu ashobor kuba yarabikoze akitahur katari vyiza kubikomeza kubikora atarubaka c haringarukambi izogarukanyu numa yamaze kubaka?

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 4 роки тому

    Kubatarubaka nubusambanyi carwa ubuhehesi ubusutwa

  • @Jo-kx8le
    @Jo-kx8le 5 років тому

    Merci bcp,je viens de decouvrir cett chaine,ngiy kubakurikira,murahanura neza

  • @akimanacynthia1002
    @akimanacynthia1002 3 роки тому

    Lenine ntubesh kbs uvyo wavuz nivyo

  • @kazemanasse5940
    @kazemanasse5940 3 роки тому

    Igisumba vyose ni décision niyo ihamabaye

  • @niyokwizerajoselyne6198
    @niyokwizerajoselyne6198 5 років тому

    salut Reine,uriko utanga ikiganiro ciza cne arik uze wiga kuvuga imvugo itablessa nikuvuga ibabarira amatwi vyob vyiza gusumba

  • @turibamweali8661
    @turibamweali8661 4 роки тому

    Uyu muhungu numunyakuri kandi cyane

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 3 роки тому

    None abahungu bo bavyigira hehe?

  • @kuefd5201
    @kuefd5201 4 роки тому

    Papa urakoze jewe narose inyichu

  • @yassinnizigiyimana1257
    @yassinnizigiyimana1257 2 роки тому

    Ivyo sivyo biravana numuntu

  • @janenjaja4515
    @janenjaja4515 4 роки тому

    Murakoze kumpanuro Lénine unduhaye

  • @تةامممن
    @تةامممن 2 роки тому

    Ndavyemeye cane gose 🤝🤝🤝🤝🤝

  • @prosperhabimana8820
    @prosperhabimana8820 4 роки тому

    Impanuro nziza na cane cane kubakobwa ndibaza ko banyuzwe.

  • @ericnduwimana
    @ericnduwimana 5 років тому

    Mwiriw, turipfuza impanuro zindi nyinshi nkizo.

  • @employesrodribourg1323
    @employesrodribourg1323 4 роки тому

    ico gitabo ca zachary cobacitwa ngwiki?

  • @dyanad2439
    @dyanad2439 5 років тому

    Izinyigisho ninziza Lénine imana iguhezagire.

  • @johnhakizimana3268
    @johnhakizimana3268 2 роки тому

    Thnx Lenine fr ur gift

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 3 роки тому

    Iyo ni ndya y'abahimvye

  • @angeirakoze2812
    @angeirakoze2812 4 роки тому

    Ikiganiro ciza can renine urakoze can

  • @nshimirimanaolinca7940
    @nshimirimanaolinca7940 4 роки тому

    Sha murahanura cane

  • @جوريمحمدالقحطاني
    @جوريمحمدالقحطاني 5 років тому

    Nivyo kabisa ntimubesha

  • @izidorbimana5485
    @izidorbimana5485 5 років тому

    Abakobwa bo muriki gihe barabwira abahungu ivyo bashaka

  • @ابوهايم-ف7ج
    @ابوهايم-ف7ج 5 років тому

    ..

  • @nahimanaalain7469
    @nahimanaalain7469 4 роки тому

    Courage tubateze amatwi

  • @penieliranzi1814
    @penieliranzi1814 4 роки тому

    Thank you so much I like

  • @elientiranyibagira4458
    @elientiranyibagira4458 4 роки тому

    Merc kwiz conseils

  • @bjabdi6582
    @bjabdi6582 3 роки тому

    Lenine ndakwemera.

  • @fannytumukunde3328
    @fannytumukunde3328 5 років тому

    Urakoze kumpanuro nziza BE TV ndabakunda cne muzotuzanire D'amour nawe

  • @mishaalalbusaidi6848
    @mishaalalbusaidi6848 5 років тому

    Ndamwikundira

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 5 років тому

    Yes

  • @momonella6807
    @momonella6807 5 років тому

    Vrt musore ndagushikiye hezagirwa

    • @natachabarutwanayo1819
      @natachabarutwanayo1819 5 років тому

      arlett ngo gukora amabang mpuzabitsina ngo vyongereza urukundo????ahubwo rurabiganya nzi beni yarabigusiguriye neza inzira yubusambanyi ntabw bwongerez urukund

    • @akimanaaliece9562
      @akimanaaliece9562 4 роки тому

      Kabisa nivyo

  • @احمدمحمد-س9ض6ه
    @احمدمحمد-س9ض6ه 3 роки тому

    bite?ndimariamu sa udia

  • @mugabobonfils8211
    @mugabobonfils8211 4 роки тому

    NOOOOO, LENINE, IVYO UVUGA SIVYO NA GATO, ABAHUNGU NTIBAMEZE KIMWE BOSE, BIRAVANA NAHO WAKURIYE CANKE NA CARACTERE YAWE PERSONELLE. SEXE IRASHOBORA KUBA UN BON INGREDIENT DANS L`AMOUR POUR LES HOMMES AUSSI.