UMVIRIZA AVUZE AMAJAMBO AKOMEYE, UKURI GUKARISHE PE

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 8 вер 2024

КОМЕНТАРІ • 38

  • @sam201031
    @sam201031 2 роки тому +5

    I am always following your sermons, in Australia. You really speak the open truth concerning the Word of God. Amen

    • @cecilebukuru2298
      @cecilebukuru2298 2 роки тому

      Kweli kabisa.Ukuli kurakenewe,kugira tubohoke.

    • @cecilebukuru2298
      @cecilebukuru2298 2 роки тому

      Wotuma usigira izina ryiza abawe kuruta ibintu vyinshi.Thisi is deep.

  • @murokerecyusa7589
    @murokerecyusa7589 2 роки тому +1

    Yesu ashimwe cyane imana iguhe umugisha icyibazo ko bibiriya ivuga ko sawuli yavuyemo pawuro

  • @girukwishakaclaudine5374
    @girukwishakaclaudine5374 Рік тому +1

    Babwire Mutama pastor wacu Imana yomw'ijuru itukuzigamire can uvuga kuri kuzuye hezagirwe can Nukuri 🙌🙏❣️

  • @user-nu7cv3rt2w
    @user-nu7cv3rt2w 2 роки тому +1

    Ayiiiiiiiiiiiii haleluyaaaaaa hareluyaaaaa ameeeeennn

  • @desireniyibizi3169
    @desireniyibizi3169 2 роки тому +1

    Inyigisho Zanyu Ziranyigisha Vyinshi kurusha...Congratulations Kumavuta Abarimwo Mwahezagijwe.Kandi Ndipfuza Kuza Kuzobatemberera Muri Church

  • @irankundavanena1958
    @irankundavanena1958 2 роки тому +3

    Yesu akwongere kurinda ugume umuvigira ukuri Mukozi wlmana amajambo yawe aranyubaka

    • @richardirambona8375
      @richardirambona8375 2 роки тому

      Murakoze kuguma mutwigish ukur jw numv Imana ari yaaaaaaaaàaa n daudi yarabivz n jew ndaryhiriy nt n yaaaaaaaaaaa

  • @ndarufatiyevictor1969
    @ndarufatiyevictor1969 2 роки тому +1

    Inyigisho nziza cane. Imana ikongere umugisha

  • @didieriratubona7612
    @didieriratubona7612 2 роки тому +1

    Uhoraho Akomeza kubagirira neza muri KRISTO YESU 🙏🧎‍♂️🙏

  • @cecilebukuru2298
    @cecilebukuru2298 2 роки тому +1

    Iteka ryiza kabisa nugusiga Izina ryiza,apana ama cars menshi.
    Barikiwa mukozi w Imana.

  • @audacenyenimana3662
    @audacenyenimana3662 2 роки тому +2

    Amen Amen...muhezagirwe pastor

  • @kabilamukombozi4868
    @kabilamukombozi4868 2 роки тому +1

    Nibaza Ko atari Sauli ahubwo ni umwami Ahabu &yezeberi!!! Yesu akongerere imigisha myishi 🙏🙏

  • @mutunzimajor3847
    @mutunzimajor3847 2 роки тому +1

    Amen ,amen Pastor.

  • @user-nu7cv3rt2w
    @user-nu7cv3rt2w 2 роки тому +1

    Haleluyaaaaaa haleluyaaaaaa hareluyaaaaa ameeeeennn

  • @sethngolo6558
    @sethngolo6558 2 роки тому +2

    Amen Amen Amen!!

  • @claverndayishimiye2852
    @claverndayishimiye2852 2 роки тому +1

    Amen amen. Imana ihabwe icubahiro.

  • @ndayizigiyeagrippine8087
    @ndayizigiyeagrippine8087 2 роки тому +1

    Uvuga ukuri pe!!!!

  • @nzitungahermenegilde9779
    @nzitungahermenegilde9779 2 роки тому +1

    Amen

  • @mariechantalkamariza8172
    @mariechantalkamariza8172 2 роки тому +1

    Ndakubwiye urigisha pe

  • @johnkarekezi8720
    @johnkarekezi8720 2 роки тому

    Imana ikomeze kuguha imbaraga nokuramba ukomeze kutwigisha ijambo ry’Imana koko ivyo utwigisha bidukoraho

  • @NiyomugaboEugene-qk6my
    @NiyomugaboEugene-qk6my 8 місяців тому

    Imana iduhe ibigirira abandi umumaro

  • @mariechantalkamariza8172
    @mariechantalkamariza8172 2 роки тому +1

    Ndakumviriza iminsi yose ndahezagirwa cane

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 2 роки тому

    Imana ikwingere ubwenge

  • @francoisndaje3377
    @francoisndaje3377 2 роки тому +1

    UBU NIBWO BUTUMWA BWARI BUKENEWE APANA BAMWE BAMA BATWIGISHA IMIGISHA NTIATWIGISHE URUKUNDO

  • @mpawenimanaaline6576
    @mpawenimanaaline6576 2 роки тому

    Mbipfurij imigisha myishi

  • @ev.diogenetuyishimiretd2965

    Amahoro pastori mutama murwanda turagukunda

  • @sethngolo6558
    @sethngolo6558 2 роки тому

    Pastor, mukozi mwiza w' Imana. nukuri ndagomba kuyaga nawe, sinzi ko mwompa inimero ya telephone yanyu?

  • @user-nu7cv3rt2w
    @user-nu7cv3rt2w 2 роки тому

    Shimwa mana icubahiro kibe icawe mana

  • @vincentkigos6499
    @vincentkigos6499 2 роки тому

    Mukomere cane bwa claver

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 2 роки тому

    abo ba cndd fdd baradusahuye baratunyanga hama baratwomora

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 2 роки тому

    nukuri urumukozi w Imana kweri uvugukuri iyaba abo ba dd bavyumva

  • @jeanmugabe881
    @jeanmugabe881 2 роки тому

    uranyubaka rwose

  • @harerimanaleonce8153
    @harerimanaleonce8153 2 роки тому

    nabo ba cndd fdd bayegeranije begeranije ayubusuma nayabakene bapoperanya uxurabahanura

  • @jeannimubona7692
    @jeannimubona7692 2 роки тому

    M