UMUTIMA YISHIMIRA BY Alvella MUHIMBARE
Вставка
- Опубліковано 1 жов 2024
- Reka ndagushimire kubwakanya kawe ufashe ukaraba, ukanumviriza iyindirimbo. ndakwifurije umwaka mushasha mwiza mwarahezagiwe cane.
please kora subscribe kuri channel yanje ya youtube niyo nkunga ndagusaba,
kora partager kugirango ushikane ubutumwa bwanje kure. urukundo gwanyu nubufasha bwanyu ndabibashimira.
Uwasosewe ampe like dukomeze ningen mbaye uwamber sasa💃💃💃courage Dear sis Umukama Ashishikare kugushigikira more💞 from 3FAFILMS
Fanny nayiguhay naw giravub uyinsubizee💪
Naguhay ntubur kungum ump bishash my Lavine
Thank u dear fanny lavine ❤️❤️
Hahaha
@@alvellamuhimbareofficial mbe basha ndaguhe iki konumva bindenz
Ninde hano yabanje gusoma commentaires imbere yukuraba indirimbo akumva ni fresh akayisubiza Inyuma munyuma ngo ayumvirize neza..mwivuge tumenyane..hahahaha
😀😀😀😀😀😀
😂😂😂😂jew nubu ndavyuts nsubiriy kuyiraba kko sindayihimba
Yoooo!hemweee! Ehe kazi nokuririmba disi...abobazinanye mumumbwirire félicitations
Murakoze cane .Imana ibishimigwe
Congract
Uhoraho agukomeze alvella indirimbo yaw ndayikunda 🥰❤️❤️❤️
Courage mwana wa MAMAN indirimbo nziza kbs 👍👍👍👌👌👌.
Urakoze cane gose
Kano karirimbo sinari bwakabone weeee courage ma chr yesu akwongereze composition nyinshi nyinshi ukomeze kuduhezagira🙏🙌🏻🙌🏻🙌🏻🙌🏻🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Waouh amen amen urakoze cane!🙏🙏
@@alvellamuhimbareofficial 😍😍😍😍
@@alvellamuhimbareofficial,abanyarwanda,turagukunda♥️♥️
Samagamboyanje gusa
Mubyukuri Alvella , amurikira umutima wanje
God bless you as you develop your talents
Amen 🙏
Ndagukunda cane ma chr .komeza kandi uririmba neza
❤️❤️❤️❤️
Arvera wagiy he kontakikubona muri rukundotv ndagukumbuy man cher
Turakwikundira akaririmbo kashikakumuti
Alvera nukuri iyi ndirimbo iraryoshe cane. Courage cane mukobwa.
Congratulations alvela
Asante Sana 😍
Wow nice this music
I like this music 😍😍😍😍🎶
Komera
Iyindirimbo irandiza Yesu aguhumugisha
Amen amen
Alvella Nice Song hama ndashaka number yawe
Urakoze cane 🙏
komerancutiyanje.ndahezagiwecaaaaane. imaaniguhezagirecaaaaan
Alivela imana igihe umugisha
Respect muhimbare
Mana uzondinde kwibagira urwo Rukudno wanyeretse mugihugu ndimwo Peee uzunyibutse kugushima Mana ninagera iwacu😢😢😢 warakoze Mana❤❤❤❤❤❤
Iyindirimbo yaryoheyesana Love you so much
Thank you 🙏
Ndagukunda cyane❤❤❤❤❤ ubufite India ibyaumwana wanjyenza mwita Alvella❤❤❤❤
Yooooo,Imana iguhezagire vrt.indirimbo nziza cane.ndayigusavy kuri whatsapp kuko nabuz aho ndayikura.79 613 425.ucumpana nirya yitwa ishimwe.terimbere uratunezera
Amajambo adashira uburyohe❤️
🙏🙏🙏🙏
God bless you so mcy Muhimbare ALvella
Dieu vient de me parler a travers cette chanson!!!Que le Seigneur vous benisse abondamment!
Imana iguhezagir igukomeze mukuyiririmbira ndagukunda
Alvella uririmba neza. Courage. Ariko muri composition muzogerageze kutavanga indimi (ikirundi+ikinyarwanda) vyiza mwojitamwo gukoresha rumwe murizo ururirimbo rugahera.
Big up sana alvella
Reach l Love God r❤🌹💐💐💐❤❤❤😭😭🌹🌹
Jeus
@@samuelsabato9045 à jour
Nkunda ibihangano byawepe
@@samuelsabato9045qqqa😊😊q😊😊😊😊❤😢
Fanny I love you
Congratulations Alvera,
Imana ihabwe icubahiro cishi cane.
Indirimbo nziza cane.
Amen
Alvella amavuta yar akir mensh vraiment urarb wongr ub nkuk War umez vraiment waririmba nez par rapport yub 2024
Ndakunda Alvella MUHIMBARE ariko film ziwe zirambabaz kuko harivyo agira akibagirabko ari umu chretienne . N’ubwo munyuma berekana kand bakongera bagasigura ariko ntishemeye pe
Iyaba yari umuririmvyi gusa biba ari vyiza .
Mugabo kandi ambabarire ca birashika Akaba ari uguca amahera gusa
Iyi ndirimbo ndayumviriza kenshi kumusi UHORAHO agukomeze akugezaho wifuza gushika
Amen amen murakoze cane😍
Alvella ndashaka kukubona plz iyindirimbo yatumye mpa undi musha plz congratulations kandi ndagukunda cane Imana ibandanye iguha amavuta
Amen amen 🙏
I like this song
Amen amen. David l' a bien dit : " J ai été jeune et j ai vieilli, je n ai jamais vu un juste abandonné ni sa postérité mendiant le pain. Sois bénie sister Alvella pour cette chanson remplie de prophéties.
Uhezagigwe sister wacu
Nice song kabixa wuuuw
Abobatavyi babe baryoherwa barek gushavura
Iyi ndirimbo iracari iyambere muri gospel❤
Love from BE CHAP TV 🇧🇮
Yooo mbe indirimb iryyosh niwirambir chr wamie ndagukund ntabang ririmwo❤️❤️n Fanny ndamwemer san nimuhezagigwe muterimber muvyany nomubany💋💋💋
Waouh urakoze cane Imana iguhe umugisha
Arahan james bright mvuka muri zone buruhukiro urashoboy
Mana jewe uyu mukobwa nomubona gute ngo mubwire ko yakoze indirimbo inshika kumutim?????
Ndaha urakoze cane gose
Indiribo yawe niziza kweri imana ikuhezagire
Courage cane Dada
Amen mwiza ndafashijwe❤🙌
Imana ibishimigwe 😍
Imana ishimwe cane Alvalla ibandanye kukuja imbere nukuri iyindirimbo ndayikunda Sana iyongiye kukazi ndayunviriza kiramusi 💟🙏
Imana ibiheregwe icubahiro 🙏🙏
Iyo nunvise indirimboyawe ndatema alver ndagukunda cane giruduh bishasha
Vuba cane biraza muvandimwe 😍
Nukuri murampezagiye birenze kuko ije mugihe canke warakoze Mana kunyishura ntco narico
Amen amen Imana ibishimigwe
Courge Imana yivange muvyawe mwiza nic song
Thank uuuu
Big up from Michopo le comédien
Your number ....
Thank uuuu❤️
"Yarabimenye s'uko watase cane; si amasengesho menshi yatumye aza aratabara; yarakumvise s'uko warize cane; si n'akaruru kenshi katumye ava mw'ijuru"
Ayo majambo arankoze ku mutima!
Imana ikomeze kugukoresha ibikomeye Alvela!
Ameeen IMana.igukomezeee
Tulagkunda I'love you so match👏👏👏👏❤😘😘😘😘😘🇧🇪🇧🇪🇧🇪❤❤❤❤❤❤❤
ua-cam.com/video/FrBlZCr9Wkw/v-deo.html
Dufashanye kubwira Isi ko Yesu agiye kugaruka ubugira kabiri
Isi niyankwanka menyako na Yesu yamwanse
Urashoboye mwana wimana courage ukomez gutera imbere
Amen amen merciii
Congratulation nice song God bless you
Thank u.😍😍😍
@@alvellamuhimbareofficial turagukunda cane ibikora neza Imana iguma ikuduhezagirire Amen 🙏 🙏
Mühimbare I'm understanding that you I'love asong🇧🇮🤣🤣💐
Cogratuation my little sister Our God bless u and u know I love u
Thank u dear Nana i❤️too
You really know to sing. When you are singing, you make me feel better.
Iman ikujimbere
Hezagigwa mukobwa wanje nukuri biranshimishije cyane imanikujimbere buri vyose
Amen amen urakoze cane maman
Watching you from Kampala Uganda 🇺🇬. Great talent...thanks for putting a nice block on the cosmos with your art.
Mon Dieuuuuuu.ndujujwe vrttt.mukomere bakobwa ba yesu
Amen amen
Nice song Alvella
Amazing 😍😍😍
NC alvella nik ❤❤
Amalilo-Boulex 2 056
Courg vella👏
Urakoze cane ❤️
Good to of you I hook it to the Ben is tomorrow or so much for your
Anaimba vizuri sana! Thank you Alvella
Nukuri komeza ujye mbere, Ndakwemera cyane
God bless you
Amen 😍
Warakoze indirimbo iryoshe gose 🇧🇮🇧🇮
Mulungu kusogolo Kuli owe🇿🇲🇿🇲
👍👍👍
Be blessed my dear. Keep it up.
Toop m chr
Murakoze cane bavandi
❤ alvella urimwiza
God bless you
Amen nawe mugenzi
Amen Umutima Imana yishimira. Urakoze cane sister Alvela
Uhezagirwe mukobwa wa yesu ! nic nyimb mungu akubarik sana🙏
Amen amen
Kuraje muratunezeza cyaneee
Amen amen 😍
Cool
Vyiza cane Yesu Aguhezagire
Amen amen
Amen🇷🇼🇷🇼ntukuri👍👍
Numva naje novugishwa gusa nuko ntarasirwa amavuta. Iyi ndirimbo iranyinjije muri mpwemu. Uraberewe no gukorera Imana.
#Chachou_Romantic from #BE_CHAP_TV
COurage ma grande soeur good blesse u.Tunakupenda dafa yetu mungu azd kukuwezesha
Amen amen Asante Sana kakayangu😍
Ndagukunda sana@@alvellamuhimbareofficial
Wow nice song 🎵 sweetheart. Keep doing the work of the Lord and changing the world 🌎. I love your songs
Stay blessed sweetheart
Sending much love ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Thank uuuuuu ❤️
Alvella imana ikwongere imigisha kk indirimbo zaw ziraremesha❤❤❤
terimbere Muhimbare IMANAIkomeze kuguhezagira
💞💞💞
Yoooo mbega indirimbo nziza komeza imana ikuje imbere nice soong💪👍
Murakoze cane
Indirimbo nzizacane udashobora kuturaba rimwegusa courage mwigeme wacu
Amen...... Nzinduts mpezagigwa
😍😍😍
Ndakymenye uyumunsi urazi kuririmba vrm imana igukomereze igikogwa cawe nimba ubirimwo nkuko uririmba birahimbaye
Amn
God bless you
Good work congratulation
🇧🇮🤍🇧🇮🙏🙏🙏💜💙💙💚💛🧡💖🎶🎙️🎶
AMEN!!!!!NDAGUKUNZE CANE MUKOBWA MWIZA
Amen
IMANA Ibandanye Igukomeza muntu w'IMANA, urashoboye ubandanirize ahonyene, IMANA iguhe umurinzi wokukuzitirira nukugushobozo ubugirakandi
Amen amen murakoze cane
Waouuuu....Congratulations ma chrie ukomere uteruja imbere Imana ikube hafi 🙏🏼🎉🎊💋
Amen amen merciiii bcp m chrie
❤❤respect
🙏🙏🙏🙏
Indirimbo nziza amajambo meza ,image nziza ,abantu beza .courage all the team intasho kur alvela et Fanny lavine .keep shining
Imana nyenamahoro iguhe umugishaaa 😍
😘😘😘😘😘😘😘😘👌👌👌👌👌😘😘👌👌👌😘😘😘😘👌👌👌
😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏😀😀😀😀🙏🙏🙏🙏🙏
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Good song