Diamond,harmonize abo nabaririnvyi bakomeye muri Est africa baririmbiye umugambwe CCM Tanzania .Dr claude nawe yaririmbiye CNDD FDD ntakosa yakoze nakazi kumuririnvyi kujana nibihe .big up sana Dr Claude
Erega Dr Claude avant d,être Artiste, il est burundais comme tant d'autres, kandi nta umwuga n,umwe uri kw,isi ubuza umuntu kuja mu amashirahamwe ya Politique 🤔. Kuvuga ko yavanze ibitavangika nibaza mwebwe mubivuga mutazi uko ibintu bigenda canke ntago muzi icyo ijambo Politique icyo bivuga. Mbe Dr Claude abaye ari umu DD ingorane zirihe ? None kuki mutumva ko en tant que Artiste yariko arakora akazi ? Erega Dr Claude si Umugambwe wambere akoreye Indirimbo !! Na FPR Inkotanyi yarayikoreye indirimbo kandi iba Hit 👌👌👌 So les amateurs, nimureke abakozi bakore hama mwebwe mureke insaku (naho ari uburenganzira bwanyu) Dr Claude the conqueror Songa mbere mwana w,igihugu.
Mbanga abantu nagirango nijyera gukunda none Burundi banyemeye kabisa!❤❤❤❤❤
Diamond,harmonize abo nabaririnvyi bakomeye muri Est africa baririmbiye umugambwe CCM Tanzania .Dr claude nawe yaririmbiye CNDD FDD ntakosa yakoze nakazi kumuririnvyi kujana nibihe .big up sana Dr Claude
Oya ntiyajanye nibihe nawe reka gutanga insiguro nziza hanyuma ngo uhereze guhengama.
Yakoze umwuga wiwe nawo niwo umutunze anaririmba neza si tu veux✌
None uwukora umwuga wo gucapa ntakora ivyo umu client amusavye hanyuma akamuhemba🤷♀️CDD ntiyotsinda canke ngo itsindwe kubera indirimbo y'umuhanzi gusa ekaaaah.
Komer turinyuma yawe songa bere👍
Erega Dr Claude avant d,être Artiste, il est burundais comme tant d'autres, kandi nta umwuga n,umwe uri kw,isi ubuza umuntu kuja mu amashirahamwe ya Politique 🤔.
Kuvuga ko yavanze ibitavangika nibaza mwebwe mubivuga mutazi uko ibintu bigenda canke ntago muzi icyo ijambo Politique icyo bivuga.
Mbe Dr Claude abaye ari umu DD ingorane zirihe ?
None kuki mutumva ko en tant que Artiste yariko arakora akazi ?
Erega Dr Claude si Umugambwe wambere akoreye Indirimbo !! Na FPR Inkotanyi yarayikoreye indirimbo kandi iba Hit 👌👌👌
So les amateurs, nimureke abakozi bakore hama mwebwe mureke insaku (naho ari uburenganzira bwanyu)
Dr Claude the conqueror Songa mbere mwana w,igihugu.
Asante sana Dr Claude
Mwenewabo na Nziza Desire niyirambire.
Wow komera Burundi.❤❤❤❤❤
Dr Claude fire
Abwo ntimukomeye!komera bwana Dr Claude.turazi abaririmvyi rurangiranwa baririmbiy imigambw yabo
Murahaz mwarabiriye bash ahorero murahaze ntahinduka mushak iburund kobutera imbere murabasaz nka neva
Abarundi twese tukurinyuma bavuge bazimure uzokwama urinomero 1 watujejeko vyshi kandi kuva nakera intashima zarahamye abayuda barirengagije ivyo yesu yabakoreye baramubamba
sha nari umu fan wawe sana ariko ndabe decu kubera haribitavangigwa music yarikubereye cane kuvanga aho wahihendeye soit uririmbe kugira wubake abantu mumitima cnke ufate politique nabwo nuburenganzira bwumurundi wese wibuke ko aba politicien bose kwisi naba beshi
Iyo aririmb Kagame wari kunezerwa
Best song ever
Nakubari sana bro
Komera
Ubak’Igihugu Cyawe DG!
Dr Azobandanya Aterimbere Abandi mubwejagurika Ngo ntimumukunda
Nimwihanure
🇹🇿🇹🇿🇹🇿🇹🇿👏🏼👏🏼👏🏼👏🏼👏🏼👏🏼
Ukuri kurababaza
Uyu si we yaririmvye " ikijumbu gitera appétit"? Aho kuririmba izitazibagirwa kumwe kwa Canjo Amisi n'abandi, arondera icorirenza. Hanyuma azotera induru ngo ntibatera imbere.
Ariko Dr claude nu mu pro nyawe kuberako yaririmbiye RPF ubu naho aririmbiye CNDD FDD... you know the guy follows where money 😀😀 and I'd do the same.
Hahahaha 😆😆😂 aja iyo buhiye
Aho aririmba ibiki. abumva ikirundi munsigurire.
Uyu nawe araducanga hahahaha
Uramwanka Niburimana yiwe
Hahahaha voila la honte de quelqu un musicien burundais kwivanga me nubukekene ndamutahura
Mauvais choix...
abarundi ndimukomere kwibanga ivyo nibyo abanyagohugu twifuza kwisanzura iwacu mugihugu.
Mwompa nimero yanyu ndimo ndabashaka
Mutihanuye.kurizomvugu.zanyu.zizobagezahabi.tutibagiye.nogutoteza.bagenzibanyu.kandiyomubashira.namwehabarindiriya
Dr. Claude, indirimboziwe turazikurikirana cane ahozisohokeyehose.
Niyirambire nku Burundi nabarundi.
Ok
Q
Biramunaniye
N8yubahw vremt