Ba nyakubahwa ,abo mu Rohero baciye bahashira utwuma tuzitira pavé na poste na Onatel barimwo mubivugako iki? Ruguru ko bavyubahiriza mu gisagara binaniranye gute? Abashikiranganji batwaye intwaro yo hagati bose uko bakurikiranye ni baje kwishura ibibazo mu nama nshingamateka kuko bari babifise mu mategeko ariko barihorera.
Imyubakire ntivugururwe. Mukomereze aho.
Nukuri ndabakunda cane nne nkivyo vyoooose mwari murindiriy iki kubikora?
Abubatse nabo minsi Yama Haut tension cas Buterere bigiye kugenda gute?
Nibihangane babomore kuko nabaruguru barabikoze kandi atari mugisagara
Kuber iki igihe reta yatanga amatongo igashiraho ama bornes itababwiy ngo mwubake à 6m???
Ivyo reta yanyazwe n'isubizwe.
Uwubatse iwe naho mukazana amategeko mashsha ugasanga ariko asambura etage naw ni gut?
Leta irazi kuronder amaher mubanyaguhugu mukubabomoza
Nihatari kweli
basha nihatari kabisa
Ntibigiye koroha pe
None nuwaguze ataziko arimukibanza careta muzoca mumutangisha amande??
None nabaruguru muzobaha imizibukiro
Amahoro, oui c'est de l ordre, les espaces verts dans les quartiers ont été bâtis. Komera
Ba nyakubahwa ,abo mu Rohero baciye bahashira utwuma tuzitira pavé na poste na Onatel barimwo mubivugako iki?
Ruguru ko bavyubahiriza mu gisagara binaniranye gute?
Abashikiranganji batwaye intwaro yo hagati bose uko bakurikiranye ni baje kwishura ibibazo mu nama nshingamateka kuko bari babifise mu mategeko ariko barihorera.