Uko twakuze by Happy-ric family senior
Вставка
- Опубліковано 21 жов 2024
- Happy-ric family senior turabashimira cane mwebwe mwese mwitanga kugira ubutumwa bwacu bushike kure
Mwihangane Impembo zavyo tuzozironkera mw'ijuru
Ntawakoreye Imana gwamaramare
Nkuko Happy-ric family senior twashize Imana imbere namwe turabasengera twese ububutumwa buca mundirimbo butwigishe bizotume duhinduka tugire iherezo ryiza nivyo tubasabira murakoze
Happy-ric family senior turabakunda cane.
Pr.Hope Studio
Edit.Eric Pro
Camera.Kevin pro
Audio Eric pro
Beat Delphin
Gp Happy-ric family senior
WhatsApp +257 71 386 423
Turabashimira cane mwebwe mwese mubandanya mudutera intege Imana ikomeze kubibahezagirira
Imana ibakomeze ivyomukenye ibibahe kubwo kwizera nokuyikorera kuko ivyodushaka nivyishi niduhe ivyodukenye ihaze ivyiyumviro vyacu Amen
Amen Murakoze cane Imana ikomeze kubibahezagirira
Reka mudukundire tubasabe mudufasha gusabikanya nabandi Ubu butumwa dutanga buciye mundirimbo muzoba mukoze Igikogwa c'Ivugabutumwa
Murakoze kuba mugiye kutwigorera
Gp Happy-Ric familly senior Turabakunda murabagaciro kuritwe.
Ndi Rwanda arko ndabakunda cyane,iyi ndirimbo inkoze ku mutima kuko ububuzima nibwo nakuriyemo👋👏👏👏👏👏🙏🙏🙏🙏
Yioooo Imana igukomeze ISI nikwimera Hama natwe turabakunda
Amen Murakoze cane ncuti yacu Muhezagigwe turabakunda cane
Murabantu bagaciro kuritwe
Hama tubasabe ikintu kimwe mwigore mudufashe gusabikanya nabandi iyindirimbo Muzoba mudufashije igikogwa c'ivugabutumwa
MURAKOZE
Happy-Ric Family senior ❤❤❤❤❤
Nice 👌 song 🎵 Mungu atusamehe
Amen murakoze cane Imana ikomeze kubibahezagirira reka tubasabe mudufashe gushikana ubu butumwa kure Imana izobibahembera murakoze natwe turabakunda kuba mufata aknya mukatwandikira bidutera intege .
Imana ibahezagire ikomeze nokubaziga mwuwo murimo mwatanguye
Âmen
Amen Murakoze cane ncuti yacu Muhezagigwe turabakunda cane
Murabantu bagaciro kuritwe
Hama tubasabe ikintu kimwe mwigore mudufashe gusabikanya nabandi iyindirimbo Muzoba mudufashije igikogwa c'ivugabutumwa
MURAKOZE
Happy-Ric Family senior ❤❤❤❤❤
Happy ndagukunda cane ntuze wirate ugumye uko uririmba
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahera umugisha Hama nugusengeranira Imana abariyo itwiyoborera
Ndemeye ukuntu muzi guhiga amasanamu ahuye namajambo mbega abacukuzi. Mutweretse umunenkeri nanje nama nawunguje yesu awunkurako ancisha mubirere murakoze cane ubuzima bwose mwerekanye nabunyuzemwo peee. Ntibagiye gucumba akarobe
Fafy murakoze gushima Imana ikomeze kubibahezagirira turabakunda
Nice song Imana ikomez kukwitangr imber
Amen Murakoze cane ncuti yacu Muhezagigwe turabakunda cane
Murabantu bagaciro kuritwe
Hama tubasabe ikintu kimwe mwigore mudufashe gusabikanya nabandi iyindirimbo Muzoba mudufashije igikogwa c'ivugabutumwa
MURAKOZE
Happy-Ric Family senior ❤❤❤❤❤
Imana ibahezagire kuko murumuco wiyis
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
Happy nukuriii mwarahezagiw can goose Imana ikomeze kubakuza mumpano yanyuu murakoze ni indirimb nziiza can kandiii ikora kur benqh nukuriii miraziii kuririmbaa
Âmen murakoze cane ncuti zacu Imana ikomeze kubiguhezagirira
Murakoze yesu abampezagirire
indirimbo nziza cane vremnt irankoze ku mutima muhezagigwe ikiganza c imana kibabeko
Amen murakoze gushima Imana ikomeze kubibahezagirira
Hama n'ukwihangana kwisi turabahita
Amen Murakoze cane ncuti yacu Muhezagigwe turabakunda cane
Murabantu bagaciro kuritwe
Hama tubasabe ikintu kimwe mwigore mudufashe gusabikanya nabandi iyindirimbo Muzoba mudufashije igikogwa c'ivugabutumwa
MURAKOZE
Happy-Ric Family senior ❤❤❤❤❤
Ndabakunda caneyesu abakomeze
Amen Murakoze cane ncuti yacu Muhezagigwe turabakunda cane
Murabantu bagaciro kuritwe
Hama tubasabe ikintu kimwe mwigore mudufashe gusabikanya nabandi iyindirimbo Muzoba mudufashije igikogwa c'ivugabutumwa
MURAKOZE
Happy-Ric Family senior ❤❤❤❤❤
Wow mbega indirimbo nziza
Murakoze gushima Imana ikomeze kubibahezagirira
Mbarikiwe sana
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
Muhezagirwe kumpanuro nziza.
Bayubahe urumuntu wacu
Nukuri twari dukwiye kwibuka iyo twavuye kweri
Amen
Amen Murakoze cane ncuti yacu Muhezagigwe turabakunda cane
Murabantu bagaciro kuritwe
Hama tubasabe ikintu kimwe mwigore mudufashe gusabikanya nabandi iyindirimbo Muzoba mudufashije igikogwa c'ivugabutumwa
MURAKOZE
Happy-Ric Family senior ❤❤❤❤❤
Bensh vyukuriii twaribagiyz ariko murakoze can
Amen Murakoze cane Imana ikomeze kubibahezagirira
Mwibuke kudufasha kuyisabikanya NABANDI Muzoba mukoze cane
Imana ishimwe cane
Amen
Kabis ibihe biha ibind
Amen. Amena
Amen murakoze cane Imana ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Murakoze cane turabakunda cane
Imana izobibahembere.
Imana ishimwe cane kuko yakoze ibidasanzwe kubuzima bwacu.🙏🙏🙏
Amen
Mana ndagushima warakoze wankuye habi .Ubuntu bwawe n'imbabazi zawe zibeko 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Amen uribuka rero abo wabusizemwo
Amen nukuri ntubeshya happy nukuri
Amen Murakoze cane ncuti yacu Muhezagigwe turabakunda cane
Murabantu bagaciro kuritwe
Hama tubasabe ikintu kimwe mwigore mudufashe gusabikanya nabandi iyindirimbo Muzoba mudufashije igikogwa c'ivugabutumwa
MURAKOZE
Happy-Ric Family senior ❤❤❤❤❤
Ishimwe niry'Imana
Habwicubahiro Mana ndashumiye wakoze vyishi
Amen Murakoze cane Imana ikomeze kubibahezagirira
Reka mudukundire tubasabe mudufasha gusabikanya nabandi Ubu butumwa dutanga buciye mundirimbo muzoba mukoze Igikogwa c'Ivugabutumwa
Murakoze kuba mugiye kutwigorera
Gp Happy-Ric familly senior Turabakunda murabagaciro kuritwe.
Nange ndimurwand ndabakunda cyane.❤❤
Murakoze cane ncuti yacu natwe turabakunda kandi murakoze reka tubasabe mwibuke kudufasha gusabikanya nabandi ubu butumwa muzoba mukoze igikogwa ciza civugabutumwa
Amen ❤️♥️🖐️
Back in the days when, miss my native village
Waoooo unyeretse mzee Nahimanan ndetse nokugatumba🙏🙏🙏🙏Happy ukoze umuti kbx!!Amajambo meza kandi yigisha🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Mwubahwe kabisa aho muri hose ndabemera cyane kunyigisho mukomeza kutugezaho.
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
Muhezagirwe canee murakoze🙏🙏
Amen Murakoze cane ncuti yacu Muhezagigwe turabakunda cane
Murabantu bagaciro kuritwe
Hama tubasabe ikintu kimwe mwigore mudufashe gusabikanya nabandi iyindirimbo Muzoba mudufashije igikogwa c'ivugabutumwa
MURAKOZE
Happy-Ric Family senior ❤❤❤❤❤
Nuko nuko

Ndabakda cne muhezagirwe ni mwen so musangiy urugend rwo kuj mw'ijur
Amen
Amajambo,inyigisho,amajwi,akanovera,vyuzuye mundirimbo zanyu birarenze vrmnt
Yooooo murakoze cane Imana Iguhezagire
Amen
Amen murakoze cane Imana ikomeze kubibahezagirira turabashimira cane kukuntu mudutera intege
Reka tubasabe mwigore mudufashe Gusabikanya nabandi Ubu butumwa dutanga biciye mundirimbo muzoba mukoze Igikogwa ciza c'Ivugabutumwa
GP Happy-Ric Family senior Turabakunda cane.
amajabo atukora kumutumba cane
Murakoze cane Imana Iguhezagire
❤❤❤❤❤❤
Amen murakoze cane Imana ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Murakoze cane turabakunda cane
Imana izobibahembere.
Nice song
Imana ibidushoboze
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
God bless you🙏
Amen
My story ✌️
Munyibukij vyinsh lmana lbakomez
Amen murakoze cane Imana Iguhezagire
wow, be blessed 🙌
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
Mana nguhaye icubahiro 🧎🏽♂️🧎🏽♂️🧎🏽♂️🧎🏽♂️🧎🏽♂️🧎🏽♂️mbega indirimbo inyibukije kugatumba 😭😭😭😭😭😭 ikabonga Nyanza-lac
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
Indirimbo yanshitse kumutima
Jean muhezagigwe Can Imana ishimwe
Nice song 🎵 ❤️❤️🎵🙏
Murakoze cane Imana Iguhezagire
Iyi ndirimbo inyigishij vyishi
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
Imana itubabarire kbsa😴😴😴
Wimbo mzuri kabisa
Abanditsi IMana ibahe umugishaaa mbakurikiranira hafi murashoboye ntawutoshima🙏
Muri imvuga kuri pe!🙏🏻🙏🏻
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
🙏🙏🙏🙏
Amen Murakoze cane ncuti yacu Muhezagigwe turabakunda cane
Murabantu bagaciro kuritwe
Hama tubasabe ikintu kimwe mwigore mudufashe gusabikanya nabandi iyindirimbo Muzoba mudufashije igikogwa c'ivugabutumwa
MURAKOZE
Happy-Ric Family senior ❤❤❤❤❤
Nimwirambir mubikoranex
Wow nice one
Asante sana Romeo
😭😭😭😭😭😭😭😭nubuntu nagiriwe🙏
Murakoze ncuti Imana ikomeze kubibahezagirira kuba muza gukurikirana ubutumwa dutanga mukanadutera nintege IMANA ikomeze kubibahezagirira
Tubasabe mwibuke kuzisabikanya nabandi Muzoba mukoze cane Imana izobibahembere.
J´adore

Mukomere kugikorwa ca Data wa Twese Bakundwa. Hirya y'ibicu impembo ni nyinshi cane
Amen murakoze cane Imana ikomeze kubibahezagirira reka tubasabe mudufashe kuyisabikanya nabandi muzoba mudufashije igikogwa civugabutumwa Imana izokibahembera
Happy-Ric family senior turabakunda murabagaciro kuritwe.
Amen