#Burundi

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 27 гру 2020
  • #Burundi : Amasengesho yateguwe n'Umuryango w'Umukuru w'Igihugu yatanguye kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 28 Kigarama 2020 muri komine #Mutaho intara ya #Gitega. Ayo masengesho yatangujwe n'inkuka y'imisa yabereye muri Paroisse #Gitongo, ikaba yaherejwe na Musenyeri Simoni Ntamwana, Umwungere Mukuru wa Diyoseze nkuru ya #Gitega

КОМЕНТАРІ • 5

  • @rukundoetienne4080
    @rukundoetienne4080 3 роки тому

    Imana ikomeze ibahe umugisha

  • @UbukireNyabwoTV
    @UbukireNyabwoTV 3 роки тому +1

    Gusenga k'umukuru w'igihugu ni vyiza... bigendanye no gukorera neza bose || Mukore SUBSCRIBE kuri channel UBUKIRE NYABWO TV ua-cam.com/video/FImSgZPMM6s/v-deo.html

  • @mozanasser7874
    @mozanasser7874 2 роки тому

    Mana komezigihugu cacu nabakibamwo

  • @ngendahayojeanmarie2344
    @ngendahayojeanmarie2344 3 роки тому

    Birahimbaye cane,Mana komeza guhezagira u Burundi bwacu