Intahe ya Pastori NSENGIYUMVA Nestor//Imana yampamagaye mfise imyaka11/naciye mwishure igoye y'Imana
Вставка
- Опубліковано 5 вер 2024
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV
Imana iyo yagutoranije Iba yagutoranye.
Byose bigenda ku murongo avec Dieu!
Imana Ikomeze Ibarinde!
Imana iguhezagire mukozi w'Imana warize uramenya
Amen amen 🙏🏾 Our Lord Jesus is great God thank you
Pasteur umukozi w'!Imana atagira uburyarya nkabikigihe warabohotse ndakuzi ingene wabanye nanje muri situation mbi ntaburyarya ugira nkaba pentecote ukomere akube hafi
Past,Intahe yawe Iranyigishije kabisa.muhezagirwe canendubatswe.nivyiza gukora umuntu arongowe n'Imana muri vyose
Hanyuma kandi Umuco wera Imana Ibahezagire kukuntu muturonderera ibitwubaka
Yesu aguhezagire cane uko wafasha abantu ku ntahangwa narabibonye
Ndagukunda Past!!Imana ija ibikora igatwara uwayo kandi kuiherezo ryurugendo uzomusangayo nishule rikomeye risumba ayandi waciyemo ariko komera Yesu murikumwe!!!
Amen merci
Mpore Mukozi w,IMANA!!! Waciye mw' ishure y' IMANA ikomeye cane kandi IMANA ikuremeshe nukuri iyo uva uri umugabo IMANA izoguhemba mw,Ijuru
Ndagukunda mukozi w'Imana. Mukomeze kwihangana
Yesu azigame umukozi wayo mu bihe bigoye arimwo
Imana.ishimwe
Ndagushimiye ko utahura ko nabandi batinjira murusengero rwa pentecote ko bubaha lmana
Ukubaha lmana kuri muri wewe 🙌🙌🙏
Amen
Ukomeze umurimo
Umwami Yesu nubu ashishikare kubana namwe ,nomuribi bihe vyubupfakare akurinde za delila
Be blessed my Pastor !
Ariko ababizi bazadusigurire gukorera Imana bituma uheba akazi wahora ukora? None ko bibiliya itubwira ko Pahulo yaboha amahema nikuki bobo batashaka ibibatunga mugihe barinomugikorwa c'Imana
Akazi kose katatuma udashitsa ivyo wiyemeje karakorwa ariko agatuma utishura neza ku muhamagaro ntigakorwa;niyo mpamvu Petero atasubiye kuroba,Matayo atasubiye kubuguza...kuko bitashoboka kubangikanywa no kuba intumwa.Ariko kandi n'abo bahevye akazi ntibisobanura ko ataco bahereza amaboko,barakorera imiryango igihe bikenewe kugira baronke ibibatunga.
Akazi kose katatuma udashitsa ivyo wiyemeje karakorwa ariko agatuma utishura neza ku muhamagaro ntigakorwa;niyo mpamvu Petero atasubiye kuroba,Matayo atasubiye kubuguza...kuko bitashoboka kubangikanywa no kuba intumwa.Ariko kandi n'abo bahevye akazi ntibisobanura ko ataco bahereza amaboko,barakorera imiryango igihe bikenewe kugira baronke ibibatunga.
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Amen
Amen
Amen
Amen
Amen
Amen
Amen
Amen
Amen
Amen