Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Imana ikwakire mubwami bwayo musaserdoti mwiza w'umukama. Ntituzokwibagira kumazaburi meza waduhezagije akubere ikiraro co gushika kwa Yezu wakoreye
Félicitations. Uze udutere iteka muvukanyi kuko ibanga ribangirwa ingata
Uriruhukira amahoro mwenewacu Patiri Félix Manirakiza tuzoguma tukwibuka. Kandi vuba tuzohurira iwacu heza mw'Ijuru Aho uruhukiye
Yoooo Mana yanj Akira uy musavyi waw nukur.waduhishij ibanga rikomey pe,urupf ni kintu kibabaj p
Imana ikwakire patiri wacu twabuze tutanka tuzokwama tukwibuka
😭😭😭
Umukama yagusize akwakire mubwami bwiwe muvukanyi
Naho tutagisubira kukubonesha amaso y´umubiri turakubonesha amaso y´umutima kubera ivyo wigishije.ikibabaje intungane ntiziramba.ubandanye uninahaza UMUKAMA yagukunze kuturusha akwiyegereza kare
Uratubera imboneza mumuryango,umukumu Azé yamane nawe
Igice ca mbere kirihe?
ua-cam.com/video/akhBO0zKwOI/v-deo.htmlsi=55i1T6mspsCLTY30
Ngico
Umukama akwakire padiri wacu dusigaye mu gahinda