Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Ibendera ya Yesu Kristu irazamuye, Kristu yatsinze urupfu n’iyo mpamvu yabarinze izo mpanuka 2 fois nanjye nshimye Gitare ku bw’iyo mpamvu ❤
Iryo n'ijambo ry'Imana ...Imana irubaka ntisambura
Ukuri kwawe niko gutuma abeshi bahinduka .Umukama Imana Igumane nawe n.abawe
😭😭😭😭Amène🙏Mukoziwimana imanikumperumugisha .mwishi Utagabanije uvuzijambo Rirandijije vyukuri Yesu Akomeze Aguhumugisha ahajewe Ndumupfakazi Mfise nipfuvyi ,😭😭😭. Uziko kugiradufungure Abana.Banje Bajagukuriyarara. Iyobatarose ahobarikura twirirwubusa tukaburara kandaho nsengera muri pantikote .mbere mfise nibikorwa ndahakorera.ariko ntibazi ngombayeho gutenabanabanje ariko .bitayeko uravye umuryangomfise .bamezukunyene uvuze ibibananiye barasesa ,abanabanje kwiga namwe.barahevye..abandi ba niyobagize ngobaragiye kwiga babasavyikaye bakayobura barabirukana .amahera yishuri hoho bikabibindi.. 😭😭😭😭🙏 Imaniguhezagire irijambo Rirandijije Ariko munsengere imanincirinzira Yumve vyukuri agahinda Mfise Kuko ngeze Ahantu Ndushee Birenze Ninzu Igiribomoke kubera ntabonahonkuruburyo Kandi ntacoyaribaye Ariko igirimbo mokereko Irijombo Imaniryumve Iguhezagire
Imana yabakoreye ibikomeye kandi niyo gushimwa ariko nanone uwo mushoferi yari imborerwa canke yari umusazi birababaje kumvako kumvako urwaye abantu barenze umwe mumuduga ukagendera muri 120km/hr ntivyumvikana ukuntu wokata mwokorosi uri muri 80km/hr haribyo dukora ugasanga atari twebwe ahubwo tubiterwa nikiturimwo.Abashoferi bagire discipline mugutwaza imiduga
Ijambo ry'Imana mwigisha,muzoriheregwe umugisha
Amen amen barikiwa sana mukozi wi mana
Ese burya n’i Burundi naho haba abahanuzi b’abatekamutwe nko mu Rwanda babeshyera Imana ngo iravuze 😂😂😂
Iragahezagirwa iyo mana yabarinze🎉
UHORAHO IMANA NZIZA akurinde
Amena Amena ubarikiwe sana mushumba
Amen Amen turubakwa nijambo ry Imana muduha
Amen God bless you pasteur
Amen ububutumwa bumpaye insom
Uri umuvuga butumwa wukuri ntutinye ayo mabandi ogeze YESU.
Mweeeeese ndabakunda muragahezagirwa cane n'Iyaremye ijuru n'isi
Amen Amen vyiza cane turagushimira ukuntu wigisha 🙏🙏🙏
AmenImana igukomeze, Mukozi wayo.
Uhezagigwe Cane
Ameni
Abo mwagongana ntaco babaye??Canke Imana yarakinze cahitanye umubanyi??
Amen amen mukozi wimana
Yooo lmana yarahabaye pee
Wigishije neza
Amen Amen. Noshobora kuronka adresse y'ishengero?Ndifuza kuza kuza kuhasengera pendant mon séjour à Bujumbura.Merci bcp.Imana ihabwe icubshiro.
Ndafashijwe gooose pe
bien dit mukozi wimana
Uyumunsi Ni Libye
Amen
Amen Amen
But the speed was too much😢
Turagukunda uvunga ukuri
Ikongere kuramba mukozi w'Imana
Wavuga mugabo ntibumva
Vitesse ....mu barabara yoba nke cane.
Uradufasha cane
❤❤❤
Poresana mutumishi wamugu muguyupo satanini mubaya ntamaramara
Ntasoni afise ubuho yasaze canecane kubakozi bimana 11:06
Nari nkeneye phone number za pastor kugira nterere agafashanyo kama cahiers kabo bana bimpfuvyi
Murakoze cane , Imana izobasubirize aho mukura. Ni +257 68235604
Ibendera ya Yesu Kristu irazamuye, Kristu yatsinze urupfu n’iyo mpamvu yabarinze izo mpanuka 2 fois nanjye nshimye Gitare ku bw’iyo mpamvu ❤
Iryo n'ijambo ry'Imana ...Imana irubaka ntisambura
Ukuri kwawe niko gutuma abeshi bahinduka .Umukama Imana Igumane nawe n.abawe
😭😭😭😭Amène🙏Mukoziwimana imanikumperumugisha .mwishi Utagabanije uvuzijambo Rirandijije vyukuri Yesu Akomeze Aguhumugisha ahajewe Ndumupfakazi Mfise nipfuvyi ,😭😭😭. Uziko kugiradufungure Abana.Banje Bajagukuriyarara. Iyobatarose ahobarikura twirirwubusa tukaburara kandaho nsengera muri pantikote .mbere mfise nibikorwa ndahakorera.ariko ntibazi ngombayeho gutenabanabanje ariko .bitayeko uravye umuryangomfise .bamezukunyene uvuze ibibananiye barasesa ,abanabanje kwiga namwe.barahevye..abandi ba niyobagize ngobaragiye kwiga babasavyikaye bakayobura barabirukana .amahera yishuri hoho bikabibindi.. 😭😭😭😭🙏 Imaniguhezagire irijambo Rirandijije Ariko munsengere imanincirinzira Yumve vyukuri agahinda Mfise Kuko ngeze Ahantu Ndushee Birenze Ninzu Igiribomoke kubera ntabonahonkuruburyo Kandi ntacoyaribaye Ariko igirimbo mokereko Irijombo Imaniryumve Iguhezagire
Imana yabakoreye ibikomeye kandi niyo gushimwa ariko nanone uwo mushoferi yari imborerwa canke yari umusazi birababaje kumvako kumvako urwaye abantu barenze umwe mumuduga ukagendera muri 120km/hr ntivyumvikana ukuntu wokata mwokorosi uri muri 80km/hr haribyo dukora ugasanga atari twebwe ahubwo tubiterwa nikiturimwo.
Abashoferi bagire discipline mugutwaza imiduga
Ijambo ry'Imana mwigisha,muzoriheregwe umugisha
Amen amen barikiwa sana mukozi wi mana
Ese burya n’i Burundi naho haba abahanuzi b’abatekamutwe nko mu Rwanda babeshyera Imana ngo iravuze 😂😂😂
Iragahezagirwa iyo mana yabarinze🎉
UHORAHO IMANA NZIZA akurinde
Amena Amena ubarikiwe sana mushumba
Amen Amen turubakwa nijambo ry Imana muduha
Amen God bless you pasteur
Amen ububutumwa bumpaye insom
Uri umuvuga butumwa wukuri ntutinye ayo mabandi ogeze YESU.
Mweeeeese ndabakunda muragahezagirwa cane n'Iyaremye ijuru n'isi
Amen Amen vyiza cane turagushimira ukuntu wigisha 🙏🙏🙏
Amen
Imana igukomeze, Mukozi wayo.
Uhezagigwe Cane
Ameni
Abo mwagongana ntaco babaye??
Canke Imana yarakinze cahitanye umubanyi??