😭😭R.I.P MAMAN WANJE Adrienne NAHIMANA 😭 wankunda maman sinzigera nkwibagira Genda Amahoro 😭

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 4 жов 2024
  • #ninde #burundi #adrienne #bakame #comedy #burundi #film #publicité
    Muvyeyi Wanje Adrienne NAHIMANA Iruhukire Amahoro Muvyeyi Wanje Uhoraho akwakire mubirimba vy'Ijuru we yagukunze kuturusha 😭😭 Sinzigera nibagira Amajambo wambwiye numuhezagiro wampaye incuro zose naje wamuntekerera Umuhezagiro sinzibagira Iragi wandaze Maman nzoguma ngusabira Kumana
    sinkekeranya ko ugiye mwijuru kuko iminsiyose nje kukuraba nasanga Uriko urambaza Umuvyeyi Bikiramariya nkasanga Uriko urasoma ishapure ndazi ko Umukama yamaze kukwiyegereza iburyo bwiwe Uradusabira natwe dusigaye kwiyisi 😭😭😭😭

КОМЕНТАРІ • 119

  • @Rugambamachine7714.
    @Rugambamachine7714. 8 місяців тому +3

    😢Niyiruhukire amahoro uwo muvyeyi wacu agiye twamukunda

  • @bakamecomedian
    @bakamecomedian  8 місяців тому +3

    Niwiruhukire Amahoro maman Wacu Uhoraho akwakire mubirimba vy'Ijuru we yagukunze kuturusha 😭😭😭 Sinzigera nkwibagira Genda Amahoro Muvyeyi Wanje Adrienne NAHIMANA Udusabire twe dusigaye kurugendo 😢 Umuhezagiro uherukakumpa namajambo wansezeje sinzovyibagira maman 😭😭😭😭

    • @M-du5cl
      @M-du5cl 8 місяців тому +1

      Rip ham mpore ncuti

    • @bakamecomedian
      @bakamecomedian  8 місяців тому +1

      Murakoze Cane ncuti

  • @NdayishimiyeClaudine-x5m
    @NdayishimiyeClaudine-x5m 8 місяців тому +1

    Uwomumaman kwel yagiye nkimukunda Imana ikomeze imuhiruhuko ryiza

  • @djaliairankunda3901
    @djaliairankunda3901 8 місяців тому +2

    Nzoguma ndamwibuka gushika mpfe ninde iraheze urayiryosha yigiriye 😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭

  • @duhoranimanaagnes4692
    @duhoranimanaagnes4692 8 місяців тому +1

    Niyigendere amahoro, Imana imuhe iruhuko ridashyira!! Naramukundaga cyane sinzamwibagirwa mu gikino NINDE!!

    • @bakamecomedian
      @bakamecomedian  8 місяців тому +1

      Yooooo murakoze cane twese niyonzira kweri Uhoraho yamaze kumwakira niyiruhukire mumahoro maman Wanje

  • @Good-u1u
    @Good-u1u 8 місяців тому +2

    Rip, ndababaye kweli

  • @VestineNiyikwizera
    @VestineNiyikwizera 8 місяців тому +2

    😢😢 niyiruhukire amahoro yari maman wawe bakame waramumize ijwi

  • @BigirimanaBelyse-u5k
    @BigirimanaBelyse-u5k 8 місяців тому +2

    😭😥😥😭 turababaye nukur Ark ntakundi Imana ntitwoyihaririza yasubiy kuvyayo tuzobonana mwijuru

    • @bakamecomedian
      @bakamecomedian  8 місяців тому +1

      😢😢😭😭😭😭 kwisi turi kurugendo shaaa nihatali tuzomusanga mwijuru

  • @JoëlNizigiyimana-o9k
    @JoëlNizigiyimana-o9k 8 місяців тому +2

    Wihangane Bakame 😢twarabuze kabisa😢😢

  • @Akawecomedy9144
    @Akawecomedy9144 8 місяців тому +2

    Imana Imwakire ndamukunda cane

  • @NicaiseDUSABE
    @NicaiseDUSABE 2 місяці тому +1

    Umuhungu na Mama dixi! Rest in Paradise Mum

  • @AgasobanuyeTV-e9o
    @AgasobanuyeTV-e9o 8 місяців тому +1

    Nukwihangana my brother😢😢😢😢

  • @saraumugwaneza2030
    @saraumugwaneza2030 8 місяців тому +2

    Nukuri nanjye namukundaga,sinzi ko nzongera kubona imbaraga zo gukurikirana Ninde atakiyikinamo.Kabisa bizangora.

    • @bakamecomedian
      @bakamecomedian  8 місяців тому +1

      Nihatali Mon Amie twese nuko kabisa IMANA imuhe Iruhukiro ryiza

  • @esperancemukundufite3228
    @esperancemukundufite3228 8 місяців тому +2

    Murakoze nukuri kunsubiza ,ntakundi niyonzira Uwiteka yatugeneye

    • @bakamecomedian
      @bakamecomedian  8 місяців тому +1

      Twese niyonzira kweri Uhoraho yamaze kumwakira

  • @meryorndi630
    @meryorndi630 8 місяців тому +2

    ntakundi Imana imwakire turabuz urazi ingene yaryosha ninde

    • @bakamecomedian
      @bakamecomedian  8 місяців тому +1

      Nihatali Sha 😢😢😢 Niyiruhukire mumahoro

  • @swaibunzoyisaba2004
    @swaibunzoyisaba2004 8 місяців тому

    Nihatali 😢 Pole sana

  • @lamanene
    @lamanene 8 місяців тому +1

    Imana imwkire mubayo yaratunejeje cyane Mumyakaye yabayeho❤ Rip

  • @hfdsghffghu2430
    @hfdsghffghu2430 8 місяців тому +1

    Mwaraduteramisha muvyeyi Imana abahe iruhuko ryiza

    • @bakamecomedian
      @bakamecomedian  8 місяців тому +1

      Murakoze Cane gusabira Umuvyeyi wacu

  • @alineshima7033
    @alineshima7033 8 місяців тому +1

    umu Star wacu Imana imwakire mwijuru

  • @rahimaksa4422
    @rahimaksa4422 8 місяців тому +2

    Twabuze Muburundi nukuri😭😭😭😭😭😭

    • @bakamecomedian
      @bakamecomedian  8 місяців тому +1

      Nihatali Sha Nukuri 😭😭😭

    • @rahimaksa4422
      @rahimaksa4422 8 місяців тому

      Nukwihangana mwisituringenzi IMANA yaramukunzekuturusha mwihangane

  • @Claver-zt1id
    @Claver-zt1id 8 місяців тому +1

    Imana imwakire isubiye kuvyayo

  • @annociate3693
    @annociate3693 8 місяців тому +2

    Rip muvyeyi tuzokwama tukwibuka

  • @Pascaline-n6w
    @Pascaline-n6w 8 місяців тому +1

    Imana imwakire

  • @نادينمدري
    @نادينمدري 8 місяців тому +2

    Yuuwiilii iman imwakire mubayo 😢😢

  • @pascasienibona7235
    @pascasienibona7235 8 місяців тому +1

    Yooo Imana imwakire

  • @NyiragendahoLayca
    @NyiragendahoLayca 5 місяців тому

    Incwiiii imana ikomeze kumutuza aheza no mu rwanda twaramukundaga gusa imana yamukunze kuturusha so rest in peace

  • @mariamsakora2818
    @mariamsakora2818 8 місяців тому

    Twaraye duhovye kwel 😭😭😭😭imana imwakire mubayo nubwo tubabay ndasubiy gutwenga niho nkibona kinokiganiro

    • @bakamecomedian
      @bakamecomedian  8 місяців тому

      Nihatali ncutiyanj 😢😢😢 Ari mwijuru ariko aradusabira

  • @AsiaAsia-sv6ok
    @AsiaAsia-sv6ok 8 місяців тому +1

    Imana ikwakire mubwami bwayo muvyeyi 😢

  • @djaliairankunda3901
    @djaliairankunda3901 8 місяців тому +1

    😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢

  • @IreneNIHORIMBERE
    @IreneNIHORIMBERE 8 місяців тому +2

    Mais toutes condoléances 😢😢😢

  • @irishurapita1951
    @irishurapita1951 8 місяців тому +2

    Muratubarira ubuzima bwiwe yamaze kw'isi

  • @dianekamariza5174
    @dianekamariza5174 8 місяців тому +2

    Toutes mes condoléances à la familles

  • @loverylovery4514
    @loverylovery4514 8 місяців тому +1

    From usa what can tell you welcome to Jesus Christ 🙏

  • @esperancemukundufite3228
    @esperancemukundufite3228 8 місяців тому

    Arikose koko uwomukecuru yapfuye cyangwa ninjye utabyumva neza , namukundaga ,ahubwo mubwize ukuri niba atarukwishakira amafaranga ,nibura mbabare ariko igihe nikigera bishire .kuko ntawe uhora mukababaro

    • @bakamecomedian
      @bakamecomedian  8 місяців тому

      😭😭😭😭
      Yarapfuye ncuti yanj unomunsi Nyene niho tumushingura shSha ncuti 😢😢😢😢😢

  • @HaragezeMedia
    @HaragezeMedia 8 місяців тому +1

    Pole wihangane cn😢

  • @kadogocomedian527
    @kadogocomedian527 8 місяців тому +2

    😭😭😭😥😢😭😭😭

  • @Umubyeyi
    @Umubyeyi 8 місяців тому +1

    Ooh may her saul rest in peace😭😭

  • @anithanininahazwe4589
    @anithanininahazwe4589 8 місяців тому +1

    Turabuze muburundi😢😢😢😢

    • @bakamecomedian
      @bakamecomedian  8 місяців тому +1

      Nihatali Sha ncuti yanj 😢😢😢😢

  • @niyonsabajeanrobert8435
    @niyonsabajeanrobert8435 8 місяців тому +1

    Komera muraryosh ibirori

    • @bakamecomedian
      @bakamecomedian  8 місяців тому +1

      😢yaritambukiye Sha Umuvyeyi wacu 😭😭😭

  • @zxcvbqwer1335
    @zxcvbqwer1335 8 місяців тому +2

    Uyo mu mama arambaje😭😭😭

    • @bakamecomedian
      @bakamecomedian  8 місяців тому +1

      Nihatali Sha ntutugira ayoducira nayo tumira jeho sinzibagira Amajambo yambwiye 😢😢😢😢

    • @rtyrty7795
      @rtyrty7795 8 місяців тому

      Nukwihangan twese niyonzira

  • @apolinairenintunze7145
    @apolinairenintunze7145 8 місяців тому +1

    Niyiruhukire amahoro 😢😢 tuzokwama tumwibukira kuri ww

  • @SergiyoKabura
    @SergiyoKabura 8 місяців тому +1

    Yooooooo😢😢😢 mwihanga ne😢

  • @MariechantalKWIZERA-mi7hl
    @MariechantalKWIZERA-mi7hl 8 місяців тому +1

    Toutes mes condoléances

  • @PhilbertHabonimana-o1z
    @PhilbertHabonimana-o1z 8 місяців тому +1

    Naje namukunda cane

  • @Clris.2
    @Clris.2 8 місяців тому

    😢😢😢Imana imwakire mubwami bwayo

  • @PhilemonNahabandi
    @PhilemonNahabandi 8 місяців тому

    Vyiza

  • @AliFaxi-Mille
    @AliFaxi-Mille 8 місяців тому +1

    😢😢

  • @ZainabuBukuru
    @ZainabuBukuru 8 місяців тому

    😢😢😢😢😢😢😢

  • @nshimirimanajeanne2261
    @nshimirimanajeanne2261 8 місяців тому

    RIP 😢 maman

  • @AliFaxi-Mille
    @AliFaxi-Mille 8 місяців тому +1

    Yooo muvakumwe yaradusigiy foto copy

    • @bakamecomedian
      @bakamecomedian  8 місяців тому +1

      Ego shaaaa 😢😢 urazukuntu yahoraryoherwa Turikumwe 😭😭😭😭

  • @gertrudenahimana3061
    @gertrudenahimana3061 8 місяців тому +1

    Uhoraho akomeze abasigaye .

  • @alinenzoyisaba4416
    @alinenzoyisaba4416 8 місяців тому

    Yigender amahor

  • @ednaky5150
    @ednaky5150 8 місяців тому +1

    Mes sincères condoléances 🙏🏾

  • @barakabarkey9374
    @barakabarkey9374 8 місяців тому +1

    Naruhuke Mumahoro

    • @bakamecomedian
      @bakamecomedian  8 місяців тому +1

      Egoooo IMANA yaramaze kumwakira niyiruhukire mumahoro maman

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765 8 місяців тому +1

    Yarazi gukina neza. Gusa,i abantu tuba dukwiye ku menya ko hano mw'isi atari iwacu. Umuntu agakora ategura iyo azoja. Gupfa sibibi ahubwo ikibi ni ugupfira mu vyaha.

  • @loverylovery4514
    @loverylovery4514 8 місяців тому +1

    This you mom or what

    • @bakamecomedian
      @bakamecomedian  8 місяців тому +1

      😢😢😢thank you

    • @loverylovery4514
      @loverylovery4514 8 місяців тому

      @@bakamecomedian nimama wawe none kutamutwanye kumasegensho gasuguri sikujaya

  • @irishurapita1951
    @irishurapita1951 8 місяців тому +1

    Muratubarira ubuzima bwiwe yamaze kw'isi

  • @DdfDddd-y7b
    @DdfDddd-y7b 8 місяців тому

    😢😢😢😢😢😢😢😢😢

  • @VanessaMct
    @VanessaMct 8 місяців тому +1

    😢😢😢😢😢

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 8 місяців тому +1

    😢😢😢😢