BELLINE BY SALVATION CHOIR SDA NGAGARA (Official Video 2023)
Вставка
- Опубліковано 9 лют 2025
- Inyuma y'amezi abiri gusa twagiye tubona agarutse mu rugo yijiriwe mu maso afise agahinda mu mutima nk'uwahukanye mama tubona arahungabanye natwe tumubaza impamvu agarutse n'ijwi ririmwo ikiniga cinshi atwishura ko yahukanye. Mama mw'ijwi rituje ryuzuyemwo agahinda kenshi amarira adengera mu maso ati :" Mwana wanje Beline kuberiki untesheje ibanga kandi ibanga kandi nari narakoze ibishoboka vyose ngo ndaguhe imirere ibereye". Erega Mama sijewe ku vyinshi wakoze ndagushima ariko hari ivy'agaciro cane utigeze umbwira namba.
Cokimwe n'abandi twarukanye twari tuzi ko umwidegemvyo wo mu rugo uzoduherekeza mu bundi buzima natanguye kubona ko atarivyo ubwo nibwo umuvyeyi yikanguye kugira arabe arabe ko yoramira umuryango ariko ntabwo vyari bigishoboka kuko yari yaracerewe.
Bukuru banje mu birori inzoga n'itabi vyababoreje mama nawe mugahinda ko kwarura umuryango utagira Kazoza kandi yari yaratanze vyinshi ngo ahaze ivyipfuzo vy'abo yavyaye.
Inkuru ya mama beline ikwigishije iki nawe raba niba harivyo wirengagije bihambaye kurusha ivyo utanga.
Mubandanye mubikora neza nuko uwiteka abahire cyane
Imana nyagasani itubashishe kurera abana neza
Mbeg indirimbo🙆🙆🙅
Mukomeze muje imbere
birahimbaye cyane bavandimwe
Love from yesu Araje choir SDA mugina
Murampezagiye
Muhezagirwe muririmba neza cane
Nice❤❤
ku mutakura turabakurikirana
Video Nisaw ,amajwi Nisaw ,inyigisho Nisaw ,munambaye neza courage imana ibashoboze
Good song❤❤
Ooooo ninziza cane Iman ibakomez
Vyiza
❤❤❤
Muhezagigwe mwabijeko neza ❤style nayikunze kweli mukomerezaho 🤗💖
murakoze kuduterintege muvandimwe
May God help SALVATION CHOIR
❤
Well done
Indirimbo nziza iririmbwe neza kandi yuzuye impanuro
ndigishijwe
Ndabakunze canee Umwami abashoboze
Imana ibahumugisha indirimbo nziza cane yigisha abavyeyi twikebuke tureke kureresha ama Téléphone abana bacu tubigishe ibikorwa kugira bizobaherekeze mubundi buzima birababaje kwahukana haheze amezi2 kubera kutamenya ishingano zawe
Waaaaooooo indirimbo nziza cn yigisha 🥰🥰🥰🥰
Murakoz cane
Imana ibakomereze kumurimo wayo ndabakunda❤❤❤
Natwe turabishimiye cane
Indirimbo ninziza ariko sound irajwangaraye, uwayibakoreye hanyuma azokosore. Murakoze
Oh Imana Ibahezagire karateye igomwe
Imana Ibaje imbere 💕
Salvation Nyagasani abahezagire ndabakunda cane muranyubaka mundirimbo zanyu Nziza
Amen 🙏 muhezagirwe
Amen
Mbashimiye cyane iyi ndirimbo ifite message nziza cyane . uwiteka abahe umugisha.
Isabato NZIZA ❤❤❤❤❤
Nziza cane kuri twese
Murakoze cyan kundirimbo nziza muhejej kudushikiriza kand mukomerezaho nintambwe ikomeye
Murakoze cane kudutera intege
Belle chanson
Mubikora neza baririmvyi dukunda mukomeze gutera imbere❤❤
Iyo mbona mutera mujambere biranezera cane bavandimweeee! Courage.
Murakoze cane muvandimwe Nzabamwita
Murakoz cane
Chanson preferé ❤❤❤
Turashima kumihezagiro yindirimbo zanyu kakaririmbo twari turindiriye murakoze kukaduha ariko cagisabo kiracari cakindi hasigaye kamwe kigifaransa la vie éternelle Niko ngumako nkuwitanguye kubisaba 1
Turabizirikana cane
Murakoze muvukanyi vuba nako kazoshikirwa La vie Eternelle
Good song good performance be blessed brothers and sisters
Imana ikomeze kubongera ivyiyumviro byiza vyo kubwira abantu biciy mundirimbo
Amazing song ❤❤❤❤
Courage Salvation Choir
Murakoze,kundirimbo nziza itwigisha abavyeyi
Favorite song ndayikunda cane
Uwiteka abakomerez mubuntu bwayo kko mubikora neza cane
you're among
my favourite choir.Go ahead ❤❤
Nic song
Thank you so much
Ni vyiza cane ndabakunda. Mukomere k'umurimo Yesu azobageze kure cane.❤
Amen
❤❤❤ ndabakunda cane
Natwe turabishimiye cane
Good song
Thank you
Nice song keep on guyz
Thank you
Imana idufashe
I really love this choir❤❤
Good
Thank you
Nice song❤
Thanks
I appreciate your song
Murakoze caane
Nice song
Good song
Bravo!
Murakoze
Amazing song
Umusi wumunezero
Kuri twese
Mukomeze guhezagirwa kubwayamajambo yino ndirimbo
Hari indirimbo jewe nkishaka ntayo ndabona mumpe link yayo indirimbo ivuga ngo :
Ntabwo irakorwa, igihe izokorwa muzobimenyeshwa. Mukomeze kutuba hafi.
Ba beline turagowe kwel nitutahinduka
❤❤
Proud of you
Je vous encourage Salvation choir but umuntu yabakoreye amasanamu muramuheba siwe
❤❤❤
❤
Chanson preferé ❤❤❤
Amazing song ❤
❤❤❤
Nice song
Good song❤
Nice❤
❤❤❤
Nice song
Nice ❤❤
❤❤
Nice song
❤❤
❤❤
❤❤
❤❤❤❤
❤❤❤
❤❤❤
❤❤❤❤
❤❤
❤❤