You made it guys ...Ubu bumwe buze buhagume nukuri komeza mukwize ubutumwa bwa Kristo Basly nawe raba ugaruke muburundi twaragukunze kubw'indirimbo yawe NDAHIRIWE
Ahubwo mwari mwaratevye kuja Hamwe nizo mbaraga zanyu. Inguvu z Abana b Imana Ziboneka iyo bashize Hamwe. We Appreciate it 😊 Guys Courage kbisa. Much Love. Iyi ndirimbo iraryoshe cane Home tuguma tuyisubiramwo
Ni sawaa... 🙏🏾🙌🏾
Wow indirimbo y'ubwiza peeee irankoze k'umutima cane komeza mumurikire amahanga kubw'ucubahiro ca Kristo .... God bless you so much guys....🙌
Hallelujah🙌🙌
Blessed nanje ndahezagiwe cane peeee Basly nawe turagukumbuye raba uzane bishasha
Vyose ni sawa ....😭🙏 Imana ibahe umugisha .......Hama nawe Basly ndagukunda cane kubwa NDAHIRIWE narayikunze cane
You made it guys ...Ubu bumwe buze buhagume nukuri komeza mukwize ubutumwa bwa Kristo
Basly nawe raba ugaruke muburundi twaragukunze kubw'indirimbo yawe NDAHIRIWE
Much Love Basly🇰🇪
This song is full of impwemu somehow 😍🥺the last part before the last chorus is wooww😍😍😍😭😭🥺🥺🥺 Ni sawaaaaaa
Vyose ni sawwwwwwaaaaaa
Turanezerewe kuba abaririmvyi bacu barakoranye nabandi mukubaha igikorwa citeka kandi cimpwemu nkiki! #WeEmpire #RVConcept
Hallllellluyaaa Hallllellluyaaa Hallllellluyaaa Glory IKI NIGIKORWA C'IMPWEMU
UBUMWE !!!
Good song vraiment irimwo power of God idasanzwe
Ubu sinkakera vyose ni sawa🙌🙌
Yesu s'umugani peee....I ain't no long worryyyyyyyyyyyyy
Vyooose ni sawa👌👌👌
Ivy'amajambo adashobora kuvuga,umutima uranezerewe iki gikorwa n'ubutumwa bwiza,n'ubumwe n'urukundo mumubiri wa Kristo.
Ndavuze nti EGOOOOOOO.... You made it guys congratulations. N'akandi turagakeneye
Natwe turahimbawe n'iki gikorwa kiri Sawa gose.🔥🙌
Can u see this Glory on the Flock of God!! C n que l début....!! God bless you all!!!👐👐
Mama Jewe oh oh UBWAMI BW'UMWIZA zagumvu zawe zirihe kombona abizera bagiye hamwe MBEGA ISENGESHO KRISTO YESU yadusengeye nkuko vyanditswe muri Yohana 17 ntirishitse?? UBUMWE MW'ISHENGERO
Good my big brothers and sisters 🔥🔥ni #Sawa kbx
#Gifunguruzo 🔑@Aayaas
I fan you guys!! 💓iyo mugiye hamwe mekor'ikintu kizima👌 ivyo nivyo tuba dushakaa
🙌🙌ni flesh flesh ni bless bless #good job guyz
Naronse ico umutima ushaka vyose ni flesh👌👌👌
Can't get enough of this song 🥺❤️
Glad to have worked on this.. #KeepinThePassionAlive
Big up guys 👌🏾👌🏾👌🏾
The video quality is 💯. Love the creativity, muratesa!
* vyose ni sawa* god bless my fam😍
Kelos upendo 🙆🏿♀️💥💥💥💥
Yeeesss 👍👍👍👍👍
Wowowo courage guyz
🔥🔥we need more mur mwese
Birahimbaye cane #ubumwe♥️♥️♥️
Yesu sumugani Yesu sumuyaga 🇧🇮💯✌
Nice one
😍😍😍😍😍
🔥🔥🔥🔥🔥🔥 yeash
Thank you guys & God bless you. Kandi video rero 👌🏽🤩 Prince 👏🏽😃
Good job kbs nivyiza cane mugiy hamw nkuko
Zig🔥🔥❤
Big up to you👌Great
Nisawa👍👍
So good to hear 👏👏
🎶🎶🎶
Aka ka ga song niko vrmt
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
so good guys
🔥🔥🔥
Igikogwa ciza famille
Ahubwo mwari mwaratevye kuja Hamwe nizo mbaraga zanyu. Inguvu z Abana b Imana Ziboneka iyo bashize Hamwe. We Appreciate it 😊 Guys Courage kbisa. Much Love. Iyi ndirimbo iraryoshe cane Home tuguma tuyisubiramwo
🥰🥰🥰🇧🇮🔥🇧🇮
This is 🔥
What are the Artists in this?
Amazing
Egoooooooooooooo
🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Jehovah jehovah
Grâce Abondante
big up kabisa song ni ya b1 sana.
gusa iyo comparaison siyo
ngo mvuze ni'inkimana ivuze?🙄🙄🙄
🔥🔥🔥
🔥🔥🔥