Ibintu vy'ingenzi ukeneye kuba ufise mu nzu vyogufasha mu buzima bwa minsi yose

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 1 жов 2024
  • • Ibintu vy'ingenzi uken... #JEANINE_TV #62435218 #youtube

КОМЕНТАРІ • 56

  • @jeanclaudengirishya7189
    @jeanclaudengirishya7189 20 днів тому +3

    Jeanine ugira ibiganiro byiza ariko ujye ugerageza uhite uduga kw.ijambo uratinda cyane

  • @CécileNzeyimana-w3e
    @CécileNzeyimana-w3e 12 днів тому +1

    Ibumba birya vyomunsi usiga kugihute kirayonga

  • @sylvanekabura5193
    @sylvanekabura5193 20 днів тому +1

    15:58 turangi aho babagurirauzoba ukoze 0rginari twarabibuze

  • @mirasjacks2891
    @mirasjacks2891 20 днів тому +2

    Nitwa mutarambirwa ndi murwanda warakoze cyane uzaduhe umuti uvura umuntu ukuramo India uko asamye

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  20 днів тому +2

      none ncuti sintahuye 'ukuramwo inda ubishaka? canke wuko zitovamwo nsobanurira ariko aruwuzikurayo volontairement ntawe ngira mw'izina rya yesu christu,🙏

  • @CécileNzeyimana-w3e
    @CécileNzeyimana-w3e 12 днів тому +1

    Mbega ubigirirahe kombona bitekeye neza

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  12 днів тому +1

      muba diventiste birizewe

  • @SpesNyawakira
    @SpesNyawakira 20 днів тому +2

    Bjr umucayicayi amakara yifu amavuta ya ail bigurirwahe argile verte irabikika bayibika gute ntibahave périmé

  • @chantal9550
    @chantal9550 19 днів тому +1

    Urakoze cyane mubandimwr

  • @EvanysNihereza
    @EvanysNihereza 20 днів тому +2

    Turangire aho tugurira tunguru sumi.

  • @OdetteNdihokubwayo
    @OdetteNdihokubwayo 20 днів тому +1

    Mwubahw

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  19 днів тому +1

      amen🙏❤️✍️💯

  • @UwumukizaJoselyne
    @UwumukizaJoselyne 20 днів тому +1

    Tungurusumu twoyigurirahe?

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  20 днів тому

      yarasubiye kuboneka mu ma alimentation

  • @KayorekaziBernardine
    @KayorekaziBernardine 19 днів тому +1

    Murakoze caneee,iyo ail umuntu yoyiha umwana atagira akayabagu guhra akirumwana umuntu aringinga ubu agirakwize 5ans mwoturangra icotwomufasha nahoyoba avuye kwishre ashonje gose ntiyovuga icashka gufungra nakimwe.

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  18 днів тому +2

      Sawa reka ndawurondera afise imyaka ingahe🙏

    • @KayorekaziBernardine
      @KayorekaziBernardine 18 днів тому

      @@jeaninetvmrci mugenzi,afise imyaka itanu.

  • @Tuyihayejanvière
    @Tuyihayejanvière 19 днів тому +1

    Trimerik igurirwa heh?

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  19 днів тому +1

      mubadiventiste canke kwisoko kwa siyoni canke kuri cotebu mu birungo

  • @janetmurundi5886
    @janetmurundi5886 20 днів тому +1

    Twigishe.muvyeyi

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  19 днів тому +1

      ndi kukivi ncuti❤️💯🙏

  • @FrancineNiyogushimafrancine
    @FrancineNiyogushimafrancine 19 днів тому +1

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😊

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  19 днів тому +1

      🙏❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️

  • @JosephineGahimbare
    @JosephineGahimbare 20 днів тому +2

    Ok ! Ok! Muvyeyi,Nahora nshima ibiganiro udushikiriza nkakora na like ubu hoho ndanyuzwe na gose kuko n'utubazo ugenda uratwishura systematically.Nawe uradukunda koko no uri n'uwagaciro kuri twe!

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  20 днів тому

      waouh✍️🙏❤️

  • @EvanysNihereza
    @EvanysNihereza 20 днів тому +1

    Turangire aho tugurira ayo mavuta ya tunguru sumu.

  • @janetmurundi5886
    @janetmurundi5886 20 днів тому +1

    ❤❤❤🎉🎉

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  19 днів тому +1

      ❤️❤️❤️💯

  • @WdW-d9i
    @WdW-d9i 17 днів тому

    Waratubeshe ngo nimero zaw ziba ziriko kuma vidéo. Ntaziriko ,narazibuz

  • @UwumukizaJoselyne
    @UwumukizaJoselyne 20 днів тому +1

    Hezagigwa muvyeyi,Urakoze cane

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  20 днів тому +1

      amen amen🙏❤️💯

  • @dieudonnenahishakiye3153
    @dieudonnenahishakiye3153 20 днів тому +1

    Murakoze.ku kiganiro nne ni hhe twogurira iyo Ail canke nivyo bindi hizewe

  • @VestineNdaziga
    @VestineNdaziga 20 днів тому +1

    Ego byiza yonyarutsa

  • @ElyneIRANKEJE
    @ElyneIRANKEJE 20 днів тому +1

    Mundangire ahantu hagurirwa ikinzari

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  20 днів тому +2

      mubadiventiste canke kwa siyoni mubirungo cy'umuceri

  • @UwumukizaJoselyne
    @UwumukizaJoselyne 20 днів тому +1

    Cayicayi y'ifu tuyigurirahe