Iyo magi basigaye batwiisha ko ali nkuburozi nukuyirinda, indwara zateye ni nyinshi kandi tuzikura mubyo tulya autrement merci pour le partage biralyoshye
Wororewe hehe wowe? Kugasozi ka hehe? Nta ndero ntiwarezwe. Urabona uko umwibasiye ngo numuturage nuko avuga? Nta sonic wowe munyamugi ko urumunyamisozi? Ishi we😢
Iyo magi basigaye batwiisha ko ali nkuburozi nukuyirinda, indwara zateye ni nyinshi kandi tuzikura mubyo tulya autrement merci pour le partage biralyoshye
narayihevye
merciiii❤️
Ntibagucintege madame utekaneza cane nukur ntagorane abatakwemera nishari bagufiyiye
❤️❤️❤️
Courage mama
Amen amen
Komera mwiza ❤
Urakoze mama mwiza
murakoze gushima
Vyiza cane mma ndabishimye kbx
merciiii, ♥️
❤❤❤❤Nice food
thanks
Wow
👍
Urakunda amavuta Mama!!!ikinono,ikaranga ,amamesa?!!
ntamamesa wayabonyeh
Mrciii beaucoup tura❤
nanje,♥️
Yibagiwe pavro
Poivron zirimwo
Isombe zotagira poivron ntazo noryape❤
Nipfuza kumenya gutekisombe
Sawa week end'raba ariko izindi vidéo narazitetse
Ebana uwo muvyeyi yibagiy intore hama yari nokutwereka ivyo yasekuranye nizo sombe j numvise poirreaux ,seleri,poivrot nta obergine ijamwo hama intore zigiye h?
Ico kinono bagikuyeko kirya gishato cinyuma cank kigumako??
hahaaaaa baragikurako
Mmk
♥️
Mama ndakwemeye weeeee👍🏽👍🏽👍🏽👍🏽👍🏽😘
Amen👍♥️
Merci
❤
❤️
Nabisekuranye birimwo
Ibinono byawe kweri ?
vyinka apana ivyanje
buraryoshye pe
cane❤️
Asante mama uri icitegererezo kuri benshi nda❤ mu mama mwiza
amen
Intore wazibagiye
manawe nizishizemwo ubwa mbere
KO utabitweretse
ndumva naza nkazikwaka nkazirya
yoooo karibu
Ngo ibinono vyawe😂😂😂😂?
Uze uradutumira duhonje mudamu mwiza nukuri. Ntiwirengagize ko tugukunda tugakunda nimpanuro uduha. Abaza inyuma yanje muranyihera nanje subscribes dukomezanye urugendo rwinyigisho nta myaka 100 dusigaje.Imana ibampezagirire mwese!❤❤❤
karibu ncuti yanje muba hh? muhezagirwe♥️
Uratuririyeko wumvirije nyinshi vrma unteyuburoho
yooooo,😄👍
Mugira neza Ku nyigisho z'igikoni mwama mwaturonkeje, nukuri twaraguhezagijwe.
Murakoze gushima muhezagirwa❤
Amen amen❤
Zantore zaroyeh
nazitetse
Zantore vyahereyehe isombe ntaniviringanya?
intore ncuti nazishizemwo zisubirira viringanya
Ziraryoshe
cane ncuti yanje ♥️
Ba Jeanine twubahwe😂
waouh
USA neza muvyeyo mwiza
amen n,Ubuntu Bea Ndiho,🙏
bwa Ndiho🙏
Ibinono byawe? Cg by'inka 😂
vyinka m'y dear
Nje ningusura uzakomeze uzisekure kurenza uko zinoge
okey thanks nzokwemera meneke amabvu ndazinoze gusumba aha
Ntabwo uzikuziteka pe reba ukuntu ubunyobwa aribuke ntanubwo wazinogeje urikuzisekura yewe uzigishe abatazi gutekisombe
Gusa abantu muragoye muri bantamunoza ubuse kurimo gupinga ibyoyakoze murimak wazakozibyawe ukatwemeza nishyari wamugiriye
🙏
Nta mahera umuha reka kumugayira ashobora no kuziteka kwinshi atweretse ivyo
Jeani ,epinad nazo ni bn kuzisekurana kugira tugabanye scianure yo mw isombe
Isombe ntizishabugwa iyo nteko wap
urakoze,🙏
Arko ikinono kirateba gusha mur 20min nticoba gihiye
icurwara kiroroha cane
Isombe weeeee mpa dusangire
karibu m'y wanje,♥️
Isombe ziryoshe cane ark intore zabay ubuyi
Egome nivyo nashatse❤
WA MUGORE WE.NTA MUNTU USHYIRA IKINONO MU ISOMBE NGO NURANGIZA USHYIREMO IBIYOBA.
ISHYIRAMO IBIYOBA CG UGASHYIRAMO IKINONO.NTQBWO BABIVANGA RWOSE.
UTEKA NABI.NTUZI GUTEKA.
BABANZA GUTOGOSA IKINONO.AMAZI YACYO AKABA ARIYO USHYIRAMO ISOMBE...NTUZI GUTEKA RWOSE.
URI UMURUNDIKAZI WO MUGITURAGE.NIMVUGO BIRUMVIKANA.URI UMUGAMBAKAZI KOKO.
Ufise ikibazo wew kuvuga nabi uko?gikuru nuko we bimuhimbaza mwige kuvuga neza birafasha
♥️
Abagambakazi ntibazi guteka rero?😅😂😅😂😅.bamuvuga neza
Wororewe hehe wowe? Kugasozi ka hehe? Nta ndero ntiwarezwe. Urabona uko umwibasiye ngo numuturage nuko avuga? Nta sonic wowe munyamugi ko urumunyamisozi? Ishi we😢
Nta poirron na poivron none?
Eeeeh kumbe wasekuranye ah nisawa
Poireaux na poivrons biri mu birungo avuze ko agiy kugura.
Hw ntavyo ashizemwo ndumiw
Sorry yabisekurany
@@ChachaChanynasekuranye mugenzi